pst DENISE NKURUNZIZA mugiteramo ca LOPEZ muri NTIBESHA Concert Amajambo yinkoramutima avugiyeyo

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 ต.ค. 2024
  • #Ntibesha #Burundi #lopeze

ความคิดเห็น • 44

  • @edmondniyonsavye2485
    @edmondniyonsavye2485 13 วันที่ผ่านมา

    Vyiza cane Kandi Yesu ni umwami w'Uburundi hallelujah 🙏🙌🙏🙏

  • @jmc2196
    @jmc2196 2 หลายเดือนก่อน +3

    Mama buntu turaguaavye muvyeyi 2027 uzitoze kugiti cawe Abarundi nabarundi kazi tuzokurundako amajwi

  • @GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y
    @GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y 2 หลายเดือนก่อน +5

    Maman Buntu ntakuntu mûri 2027 wokwitoza kugiti cawe ukaba président nukuri??😂😂😂😂❤❤❤❤

    • @ahishakiyeemmanuella501
      @ahishakiyeemmanuella501 หลายเดือนก่อน

      Nimureke kumukwegera sha noneho nawenyene ntiyovyemera

  • @christella5092
    @christella5092 2 หลายเดือนก่อน +4

    Ahubwo Maman Buntu uzodutegurire igikorane nukuri ntuherutse

  • @Alcadeniyonzima-uh5fw
    @Alcadeniyonzima-uh5fw 2 หลายเดือนก่อน

    Mwaramutse muvyeyi nanjembenkahandi nukuritugusabe uzewitozetuguhunde amajwi mumatora ya 2027

  • @mukamparayesolange3271
    @mukamparayesolange3271 2 หลายเดือนก่อน +5

    Mwabantu niba hari umubyeyi wubaha Imana ikanayubahisha na mama Buntu arimo❤❤❤

    • @christella5092
      @christella5092 2 หลายเดือนก่อน

      @@mukamparayesolange3271 nukuri pe ntubeshe

  • @lisndikuman6470
    @lisndikuman6470 2 หลายเดือนก่อน +5

    Amen amen umukoz wayo atashiz imbere amahera muriyimis afise ibanga rya kristu muri we😭😭 Yarahay amahigwr nabadafise. Baze guhimbaza 💃ndaziko kuber atashiz amaher imber Uhoraho yamuhay abamushigikir bensh kubury bwab kuko Uhoraho niwe mutunz ico kint caranejerej umutim.wanje ah ubon aband atamaher utokwishir😭😭

  • @AaNn-x1y
    @AaNn-x1y หลายเดือนก่อน

    Mama Buntu warukwiy kuzokwitoza tukakweraka k tugukunda mukuguhunda Amajwi

  • @odetta289
    @odetta289 18 วันที่ผ่านมา

    Mama pastor jewe ndagukunda pe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @ArletteKamanyana
    @ArletteKamanyana หลายเดือนก่อน

    Imana iguhezagire cane Muvyeyi❤❤❤❤❤❤

  • @LanguideManirambona-pd8ux
    @LanguideManirambona-pd8ux 2 หลายเดือนก่อน +3

    Haleluya! Ntakuntu maman buntu yokorigikorane

  • @NiyonkuruSamuel
    @NiyonkuruSamuel หลายเดือนก่อน

    We love you mama buntu♥️♥️♥️♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @alphonsesezibera18
    @alphonsesezibera18 2 หลายเดือนก่อน +3

    Imana ibandanye imuzigama

  • @DismasNkunzimana-f9j
    @DismasNkunzimana-f9j 11 วันที่ผ่านมา

    Amen🙏🙏🙏

  • @FezaKaluta-g6d
    @FezaKaluta-g6d 12 วันที่ผ่านมา

    Ndabakunda cane

  • @LovelyBirdNest-kk7rq
    @LovelyBirdNest-kk7rq 2 หลายเดือนก่อน +2

    Mama bunting Yesu azaguhe ijuru

  • @Oman-ju7xd
    @Oman-ju7xd 2 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ikuzigam muvyeyii ❤

  • @BernisseBmrng
    @BernisseBmrng 2 หลายเดือนก่อน +2

    Yesu ni mwza 🙌

  • @elianemushiranzigo
    @elianemushiranzigo 2 หลายเดือนก่อน

    Har'Imana mw'ijuru ikora ibimenyetso n' ibitangaza. Amavuta yayo abe ku mukozi wayo. Icubahiro kibe kuyicaye ahera h'ahera ubu n'ibihe bitazoshira. Amen.

  • @JeanpierreNdahigeze-eo2pd
    @JeanpierreNdahigeze-eo2pd 2 หลายเดือนก่อน

    Murasizwe amavuta nukuri kuzima, n'uwubahwe muvyeyi

  • @annicknyange7
    @annicknyange7 2 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

  • @ParvineBwitonzi
    @ParvineBwitonzi 2 หลายเดือนก่อน

    We love you mama Buntu

  • @BlessingMuco
    @BlessingMuco 2 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤ Gorly ti GOD

  • @DamasBigirimana-h6g
    @DamasBigirimana-h6g 2 หลายเดือนก่อน

    Love you Maman Buntu

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 2 หลายเดือนก่อน

    Hezagirwa pasteur Lopez

  • @nduwimanaalice1467
    @nduwimanaalice1467 2 หลายเดือนก่อน

    Mama buntu vrma,umuvyeyi wa benshi

  • @KidzoneBurundi
    @KidzoneBurundi 2 หลายเดือนก่อน

    😂❤❤❤❤❤❤amen

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 2 หลายเดือนก่อน

    Hezagirwa maman pasteur

  • @GhgVvgh
    @GhgVvgh 2 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @placidehitimana77
    @placidehitimana77 2 หลายเดือนก่อน

    Mama buntu

  • @clementineningabire9698
    @clementineningabire9698 2 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen

  • @ناصرعايض-ج8ت
    @ناصرعايض-ج8ت 2 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤Amen

  • @omansa8171
    @omansa8171 2 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @clementineningabire9698
    @clementineningabire9698 2 หลายเดือนก่อน

    ❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 2 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 2 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 2 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen 🙏🙏🙏🙏

  • @ThamarNdacayisaba
    @ThamarNdacayisaba 2 หลายเดือนก่อน

    Mama bant turagukunda cn

  • @ArianeNikuze
    @ArianeNikuze 2 หลายเดือนก่อน

    Yesu araganje

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 2 หลายเดือนก่อน

    Amen 👏👏👏

  • @LéonclaudeItangishaka
    @LéonclaudeItangishaka 2 หลายเดือนก่อน

    🎉