Inyigisho za pasteur Marc KAGISYE mu masengesho yo gushimira Imana ariko abera mu Kirundo

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 ก.ย. 2024
  • "Burya nta kintu kibi mu buzima kigoye kandi kibabaje nk'iyo umuntu mu gukura kwiwe canke mu busaza bwiwe yuzuye agahinda no kwicuza ku bintu vyo muri kahise adashobora gukosora, kugira imvi ku mutwe ariko wuzuye kwicuza ariko udashobora gusubiza imyaka inyuma ngo ukosore ibintu utagenjeje neza". Inyigisho za pasteur Marc KAGISYE mu masengesho yo gushimira Imana ariko abera mu Kirundo

ความคิดเห็น • 25