Mukoze ikiganiro ciza. Ese hagati y'Abarundi n'Abanyarwanda abantu boza bamenya/canke bakomeza kuganira ku bibazo bibahanze, batuje, badaterana amajambo, batumbera ukuri no gutora inyishu nziza ya vyo. Hari ico vyohindura ku neza ya twese. " BUILD A BRIDGE, NOT A TUNNEL" (as to relation with other people) Bivuze ngo: "mu migenderanire n'abandi (twige) kubaka ikiráro, ntitwimbe ibinogo" No hagati y'Abarundi bo nyene, iyi mpanuro yokora! Murakoze
Mostaking and repairing are brothers. All countries can politicaly mistake for care , because human are limited, then after making sure security assured , come repairing. Let Burundi decide without refer. We can make change but we hate being dictated. Give us time. About racial issue , we know today it 's a people social poisoning at the end. Thanks.
I Burundi narahafungiwe kuko ndi umunyarwanda, nararahiye gusubira i burundi, wanashaka n'aba touristes ntibakijya i burundi. Nta munyarwanda nakwifuriza kujya mu burundi,
@flaviakezimana4596 nabaye I Burundi pendant des années, j' ai Vu les hôtels fermer les portes parce qu'il y avait plus de touristes, alors arrête de raconter n'importe quoi 😅😅😅 si quelque chose ne marche pas ça te ferai quoi d'accepter la réalité
@@nizeyimanavincent5317 donne l'exemple d'une hôtel fermée par manque des touristes ?wew ivyuvuga ufis iyindi ntumbero. Bureka kuvugira mukivunga utange akarorero gafadika ti hôtel iyi vyegenze uku.
Mbe komushaka kumenya ivyuburundi cane mudaserura namwe ivyurwanda.muga vyovyo mubivuze abaturagi banyu bobavuma kubera namabwa Gusa.uburundi burapanze kabisa.uyo mwenewacu ndamukuriye i chapeau aravuga ukuri sinkababandi.🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪💃🦸🕺🏃🤸🦹
Nonese imipaka irafunze ajabuka anyuzehe ntazenguruka mubindi bihugu bavunitse amafranga bakoresha nimenshi cyane nimvune zurugendo
Rugamba you're doing well. Go forward.
Barundi mwumva jewe maze guca mubihugu 6 nurwanda,South Africa rurimwo ubuzima bw iburundi ni 1 mukarere ndabaremesheje comments zivuga nabi beshi bari Europe nahandi rero umunyarwanda nakugana mwakire umugaburir kuko hari abozira ivyo bataz besh ntanitangaz makulu bajako iconzoco uburundi ,urwanda turibesha kuvyiterambere bene wacu,vyiza tubane neza
Uwomuntu avuze neza nuko ntamuzi nomuhaye agacupa nukuri kwimana one love brother ❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Nukuri ruga. Usigaye. Urumuntu muzimakwer. Muburundi❤❤❤❤
Mukoze ikiganiro ciza.
Ese hagati y'Abarundi n'Abanyarwanda abantu boza bamenya/canke bakomeza kuganira ku bibazo bibahanze, batuje, badaterana amajambo, batumbera ukuri no gutora inyishu nziza ya vyo.
Hari ico vyohindura ku neza ya twese.
" BUILD A BRIDGE, NOT A TUNNEL"
(as to relation with other people)
Bivuze ngo:
"mu migenderanire n'abandi (twige) kubaka ikiráro, ntitwimbe ibinogo"
No hagati y'Abarundi bo nyene, iyi mpanuro yokora!
Murakoze
Bonjour ça va comment vas-tu tu vas bien je m'appelle Éric moi j'ai baisais tu t'es expliqué pour la vie pour la
Gose uyu niwe murundi wukiri akunduburundi akabuvuga uko buri akibuka kwari impetso yacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤
Mugerageze gusemerera ibibintu vyibiterano vyamoko ingene vyoranduranwa nimizi....nacanecane.
Ucumenga murwanda buzoba ari ubuhungiro bwabatutsi bi burundi !!! Muburundi naho bube ubuhungiro bwabahutu bi rwanda !!! Nibabasabire ubuhungiro mukindi gihugu kitagiramwo abahutu nabatutsi ahandi ntitwobivamwo.
Urazovuga tugusabire uze muburundi uhatembere urabe ingene hameze
Urampa nonero yawe ndakuvugishe
Iyo uvuga ibiciro vyuburundi wafatira kubiciro vyigi TEGA ibujilumbura sivyo nikumupaka si muburundi.
Uwo ari mubegereye ubutegetsi nibisanzwe,bararinka umwavu facilement
Muburundi nihohonyene hashobora kuza ingenze zikamwakira ndetse abarundi bakiphuza ko bogumana nabanyamahanga amahoro iburundi arizuy akanarenga
Abanyagihugu nta kibazo cyano, 😮😮😮 ariko I burundi mufite gouvernent mbi pe, itabifuriza iterambere
@@nizeyimanavincent5317 hhh ahubwo niwe mubi none twebwe abarundi kotuyikunda wew kurumunyarwanda wanka leta yacu gute atariwe wayitoye atariwe itwara
Igihugu kiratekanye n abnyarwanda barahari mu Burundi abacafuza igihugu Kandi bakivukamo abo bakwiye ibihano
5000f=18,5kwaca Lusaka Zambia ayontakiro cumuceri agura ino
Babwire bro honyene ino zambia ivoka rizimbutse k10 uyasiz mumarundi usanga uri hafi 4000fb ark mugihugu amavoka barayaterana
Jewekint nankira abanyarwanda sinikind Niki cokuducaca amajambo mufise icomwigamirijegus mbegawew nabakurikirany Kuvyomwavuzevyo wewabajij ibicirivyiburundi mugararindiriye nawekuvuga ivyurwanda ukovyifash ndahebura ivyobavyita kubaza urusaku ntakindi kugiramuronk ukomucapfuza igihucacu mukivuga ukokitari kimwegusa uwomurundiwacu mwayaze ndamwemeye yishuye ibibazonez atabeshemwonakimwe👍👍👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪🙏🏾
Uramwemeye ariko nabwo ntunyuzwe ubwose wowe urumva utari ntamunoza
Ikindinaco abanyarwanda akazikanyu nakokubaza itagendanezagusa mugabo ibirikobigendanez ntamubibaza? Nonenikuberik urazombwiraho urumva umurundinumwe arigera nyinjirira Urwanda ngamenye amakuruyaho.ntamwekwer nikuberatwe turabanabeza turaba.ibiturabagusa ntabwoturaba ibitaturab nkamwebwe abanyarwanda umenga isukayanyu nakarimi 🤤 kokuvuga urusakugusa niyoransiyo ibatunze kweri🤣🤣🤣🤣
Hhhh uyu mugabo ashobora kuba agira amatiku! Niba c abanyamakuru bantu Ari abanebwe wabasimbuye ?@@EnockMpawenimana
@@EnockMpawenimanaubwo babaza ibitagenda nuko ntabigenda bihari, niba haribihari uzskore ikiganiro ubyerekane
Abarundi simbakunda p icecekere igihugu Cyanyu nikibi
Ndakwitumire: imbi iyo umugabo ivyutse agasanga imujura yivye. ACA akubita umugore n'abana?? None tuzira iki?
Hariho indomu zishizemwo
Muburundi haribitagenda neza nkahandi hose kwisi guko ntituri mwijuru. Abashaka guharabika igihugu cuburundi kenshi uzosanga batari muburundi.
Uyo mutumire avuze ukuri cane
Uburundi naho mukomeza kubukoraho Amagendereza ntabwo muzobushobora Uburundi burimaso ntimukibeshe
Mweho mugize comparaison kukijanye n'ibifungurwa iwanyu mu Rwanda vyifashe gute?
@@DiogeneMinani iwacu ufite 1000f urarya ariko aho iwanyu udafite 20,000f ntiwarya
Muzajye mureka kwihagararaho ahubwo mushake uko ikibazo cyakemuka
Kurya si ngombwa kubishyira imbere
@@pascasiemukeshimana7364 inzara irimurwanda nyene urazi iyotwuguruye imipaka abanyarwanda baza bariruka umenga bavuye mugasho
Amakuru yuburundi arakwinjirije kabisa. Tuguhe kaze uzoze udutemberere ibujumbura uzobona ibitandukanye nivyo abansi bavuga. Iburundi tumeze neza cane kiretse crise economic iri kwisi yose muri rusangi. Ifungwa ryimipaka nikibazo ca politike bazobikemura canke bigumuko ntitubura uko dutembereranira
Musemerera kwibi bintu vyitayemo vyamoko .nacanecane .urundi yitwa impunzi mu rwanda canke umunyagwanda yitwe impunzi iburundi.mugihe hakivugwa amoko..
Nta rwango kubanyarwanda nabarundi cg abarundi kwanga abanyarwanda gusa sibose harabantu bagira ingenga bitekerezo ntibabura gusa ntibe imbarutso yokubana nabi pe ubwo nuburwari mubundi mukomere🇧🇮🇷🇼🇨🇩
Ino muri kenya shiling100 rivunjwa5700 ariko ikilo kigurwa shilingi150 kora ibiharuro wumv
Ivyo nukuri kwemewe ntakosa ririmwo
We bro kugirango uzokwirabireko uburundi uko babuvuga kwatariko buri iraziyizira uvyirabire kuko ubwa abarundi harimwo benshi batanezerwa nuko uburundi bumeze nimba habaye akabazo bakominduru ngo biracitse bibagirako tutaragera mwijuru kwariho atabibazo biriyo😂😂😂😂😂.
Ntamakuru ugifitde
Mostaking and repairing are brothers. All countries can politicaly mistake for care , because human are limited, then after making sure security assured , come repairing. Let Burundi decide without refer. We can make change but we hate being dictated. Give us time.
About racial issue , we know today it 's a people social poisoning at the end. Thanks.
Dufatiye kuri Teaux de changé yi dollars uko rivunjwa mu Rwanda niburundi 5000fb ninka 1000rwf
Rekakubaza icokingungu kuko Perezida avuze aba vuze ntamuturagi yomuvuguruza kwugara umupaka nivyiza, mugihe yabonye umwasi ariho aturuka .nafunge gushika mwikosoye.,niyokubaza abaturagi canke abanyagihugu ubahwihenze. numwasiwigihugu iwanyu murwanda uvuze baguca umutwe.kura amatiku. ngaho
Ko adafunga uvira siho batera batututse mumubwire ave mumacakubiri ya moko
@salumkagame509 haaaaaaa ahiwanyu haho ivyamoko nivyomwoshe.. uzobaze Ingabire Umuhoza igisirikale cubwokobumwe abafataivyemezo muriguverenema.ubwoko bumwu aha murwanda nihatali
@@salumkagame509iyo wibutse ubwoko bwabuz ababo bivuze ngo irwanda hari ubwoko bumwe😢
Nigihumbi cyamanyarwanda
Abatanga ibitekerezo mutukana mwumva hari icyo muba mukemuye koko mujye mwigaya kuko ushobora gutanga igiyekerezo udatukanye ✅
abatukana nibene babandi barezwe nabi! des impolis! komera cyane rata Rugamba💪🏾kdi bene abo ntukabatakazeho igihe!
Uwoniwe ariko abisobanuraneza nayuwuheruka yariyabeshe abantu
Kubijanye nubwoko aho nukuri abantu batotezanya biva ye ni migambwe barimwo ni kikimenyane
Uyomuntu aratubeshe igihugu cugariye ikindi gihugu umupaka ujabukiye ahandi witwa uwukora amagendo ushobora no kwagirizwa kuri umugira nabi wumva uwo mpaka woba wugariwe iki?
Uwomugabo nibaza kwadasuma arabeshe cane inrya mubisanzwe ntizarizimvye gusa ikibazo gihari amahera ntayo kubenegihugu ikiro cigitoke jew mbona kigurea2500 umuceri uzimbutse wanyuma 4600
Kugitoro hari ikibazo umunyamahanga baje nimodoka muburundi wumva banywesha imodoka gute? Canke umuntu akora cane wumva atabohewe amaboko imugongo kuburyo iterambere ridindiye?
Hariho ama stations anywerako aba diaspora
Iryo nigendereza mwabuze ingene murikora mwinjiye mugihugu none murikurikorera kuri phone
Reka sha Izonzira,ntizorohereza,Abanyagihugu umunyarwanda ntiyemerewe kuja iburundi mumodoka ariko Abarundi bajirwanda atangorane
@@UwimanaConsolate-ur2uf eregamwe turabatiny impaba mutugemurir nigisansu natwe impamba tugemur nagakeke uwutobatiny ntabwoyobabaz kwr🤣🤣
Ibitekerezo vyubaka nivyo kwl,mukomez.muburundi ivyubwoko ntibikora kuko marriage ziraba kubwoko budasa
Mwiriwe neza Mr Rugamba ? Mushobora kuduha numéro twatangiraho ibitekerezo kuri iki kibazo cy'ifungwa ry'imipaka hagati y'u Rwanda n'u Burundi ?
Ayiguhe rugamba rwose
Kwikekwa bidakozwe igihugu vyoba ari bibi cane. Ibihugu bitegerezwa kwikeka buri muntu yinjiye mugihugu icarico cose ariko bitakubuza kwidegemvya
Ivyukuri nuku peee
Najyaga ngerageza kukumva ariko ama titre yawe nasanze avuga Ibihabanye
Ntimunyurwa niko isi Imeze
Uwo murundi ashobora kuba atari muzima.
Umutumirwa nkuwo ntukamugarure keretse niba nawe ushaka kutwumvisha politiki yabarundi
Ariko haribintu bitwengejekweri nakubwire KO isukari yabonetse akubwire idorari 100 ivunjwa 800000 none aho abobavuga ibiki ababeshigusa
Yewe Rugamba vyopfuma ukagarura urya wambere niwe aciye akenge nayo Uwo ntakigenda arikubesha umenga ntaherutse mugihugu
Ivy'igito uwo muntu arabeshe nukuri
Abarundi bakorera kumupaka bahomvye gusumba Abanyarwanda
yoo birababaje 😢
Kuki twarindira guca mubindi bihugu kandi dufite umupaka uduhuza
Uwo nimbonerakure niyo mpamvu avuga ivyatazi nareke kubesha
Reka mbibarize mignoneyankiwe gukora igiterane,harumuririnvyi yafunzwe,muri 2015 hishwe abanyarwanda benshi ubu bunyoni arafunze minitsre wambere ubu wotangara nuyu nunvise yafunzwe.izindyarya ubu igitoro kigeze kuri 8000
Ayo 8000 Baza rero abakigura mu ma dollars bakuvunjire
Hahaha kigali ntaba généraux bafunzwe?ntabanyurujwe,kizito,koffi nabandi
Mbega abarundi bazoca ubwenge dyari ko murwanda harumutekano uburundi bukaba aribwo bufise ingorane abicwa nabarundi sabanyarwanda non nimba ataruwufungura murwanda ashakayiki ?bacubwenge biukebuke bareke gucafuza igihugu cacu turizitirirako nabo nibagume iwabo kuko ntamukinzi aguherekereza umwanzi kuraguza azariwamwanzi nyene.
Ikibazo nuko bamwe bigizeko atari abarundi bataru proud yukuba abarundi bafise Ama Visa,passport
None Umuntu agufungiye umupaka ukajya gusesera ngo uranyura mubaturanyi bakaguhonda wavuga iki ???
Ese ubundi bajya gukoriki ibutundi haba iki kitari murwanda ???
😂😂😂
Ntamakuru ufise. Uburundi bufise vyishi utoharura urwanda rudafise. Urwanda rurarusha urwanko uburundi ivyo novyemera. Mugihe rero utazi uburundi uca uburundwamwo😅
uyu niwe arikubisobarura neza ari Burundi kabisa kuko ivyavuze nukuri apana bamwe baguhenda baguha amakuru atariyo
Sinzongera kureba youtube keretse film
Ivyuburundi mubironderako iki?? Abarundi bishwe nubutegetsi bubi bwankisha abenegihugu ababanyi babo ivyo ntitwobiharirako.Imana yonyene niyo izoduha inyishu ikduha indongozi ibereye nayo Neva ni never nyene rekana nawe
Ntuhende abantu ngo ntibahohoterwa natwebwe niyo turi none imbonerakure nama mbona zifata nabi abanyarwanda,iyo mipaka yuguruye wibaza ni direct kuburundi nurwand?canke nukuzunguruka mubindi bihugu?? reka kubesh abantu ntamunyarwanda atekaniye ino oyaaa ivyo wibibesha
Wew urakeneye kubaho muri freedom ahatari iwanyu oyaaa Wibesha jewe ahonaciye hose narafashwe Nabi si murwanda knd si iburundi, Africa utariwanyu barakudihaa😅
🎉
5000fb ni 1200rwf
Mubisanzwe mumisi iheze ibiciro vyarihasi gose kuburyo 10000fr wasuma nukuri mugabo murikino gihe sikobiri mugabo ntibifata umwanya mumisi iza ibiciro bizomanuka Kandi cane
Igotoki 2000fb
I Burundi narahafungiwe kuko ndi umunyarwanda, nararahiye gusubira i burundi, wanashaka n'aba touristes ntibakijya i burundi. Nta munyarwanda nakwifuriza kujya mu burundi,
Aba touristes mukuza iburundi biyandikisha iwawe ?
@flaviakezimana4596 nabaye I Burundi pendant des années, j' ai Vu les hôtels fermer les portes parce qu'il y avait plus de touristes, alors arrête de raconter n'importe quoi 😅😅😅 si quelque chose ne marche pas ça te ferai quoi d'accepter la réalité
@@nizeyimanavincent5317 ubu rero ingenzi warazibujije kuza iburundi kubera bagufunze abanyarwanda muricomora amapiles barya birirwa baraza kukibuga cindege nabaki tables ronde iryanama ya comesa yabereye burya kutababuji ntibaze iburundi ingorane abanyarwanda mwigira bakamenyi nicogituma mugiye mubihugu vyabandi babakubita amakofi kubera amanyanga yanyu raba na mozambi batangu kubirukana
@@nizeyimanavincent5317 donne l'exemple d'une hôtel fermée par manque des touristes ?wew ivyuvuga ufis iyindi ntumbero. Bureka kuvugira mukivunga utange akarorero gafadika ti hôtel iyi vyegenze uku.
@@nizeyimanavincent5317 tu as vaicu mais mois je suis sur place alors entre toi et moi qui est mieux informé que l'autre?
Abarundi. Reka Kuba ajuju. Raba ingene uyu youTuber yahisemwo kwikorera kuri content z, uburundi: Terrain vierge muri aka kazi kuko abona abarundi batabikora enough. Hanyuma ngo eheee eheee twabuze akazi Kandi ivyo gukora biri muri twebwe.
Kujya mu burundi se ukabanza ukitwikira ijoro ngo batakubona cg ukanyura mu kindi gihugu ubwo ibyo nibyo kwishimira cg ngo unyure mu ndenge ubwo bushobozi se uyu muntu wazanye nawe ni umufana gusa
Murarota
muburundi ivyokurya birazimbutse cane ugereranije nibindi bihugu 5000 vyamarundi wogura agaxupa kamazi gusa
Urumurwayi 😮
@claireuwimana9973 umurwayi niwew
Niwitwengere
Ntubesh ino Zambia agacupa kamazi ni k7 uyasiz mumarundi urafingura vraiment
I kilo cyi gitoki ni 2500
Agafuka ka kawunga ni 120,000 😢😢
Nibyo se Koko!!!
@deohabi cyane rwose
Murwanda nta mueundi uhutazwa cg umu congomani bàridegemva iburundi niho icyibazo cyiri
Ikosa ryambere ryahabaye nuko twahuje language iyo muza kuvuga ikilingara tubadukundanye cane
Abo mwanyuruje barahagije n'iyo mipaka ntizafungurwe ntacyo tuhakeneye.