Mariage yambere IZIMVYE mu BURUNDI yaraye ibaye nukuri..|| KINGINGI na Israel gutamba kwabo uratweng

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 พ.ย. 2021
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

ความคิดเห็น • 173

  • @TSW321
    @TSW321 2 ปีที่แล้ว +2

    Gupfusha ubusa amafaranga yagombye guherwa ho bubaka urugo ! Ubukwe buhenze ni ibisazi kabisa ! Ubukwe ni za ndagukunda abantu baba barahanye ubundi ababiri bakundana bagasinya amasezerano imbere y'ubutegetsi n'idini. Ibikabyo abantu bashyiramo rero simbyemera. Biri kandi mubibuza abahungu n'abakobwa gushyingirwa Cyangwa bagakererwa bashaka amafaranga. Byo n'inkwano bikereza urubyiruko cyane. Ndashimira ababirenze ho bakibanira. Ndagaya ababikoze bafashe imyenda iryaguye bigatuma batangira urugo bafite ibibazo n'imyenda

  • @laurenceiradukunda3372
    @laurenceiradukunda3372 2 ปีที่แล้ว +7

    Mariage ya mbere Izimbye😳😳
    On a vu beaucoup mieux merci

    • @Sabinebazi
      @Sabinebazi 2 ปีที่แล้ว

      Ma chère, les goûts et les couleurs hahahaha

  • @esperanceiradukunda5024
    @esperanceiradukunda5024 2 ปีที่แล้ว +5

    Siyambere vraiment bamureka kubesha mais ntaco yaribaye

  • @razarondiwayezu6314
    @razarondiwayezu6314 2 ปีที่แล้ว +5

    abatimbo nibo bambere banshimisha 👍👍❤️

  • @nimbonajamilla6102
    @nimbonajamilla6102 2 ปีที่แล้ว +3

    Waooooo vyiza cane urugorwiza cane😍😍😍😍🙏

  • @safiburundi3313
    @safiburundi3313 2 ปีที่แล้ว +4

    Mashallan abatimb bararenz

  • @lmeldenduwimana8568
    @lmeldenduwimana8568 2 ปีที่แล้ว +1

    Vyza.Imana ibashigikire

  • @gilntihe4445
    @gilntihe4445 2 ปีที่แล้ว +1

    Imana ibaje imbere kuko nibatayiha ikibanza cambere,shetani ntakangwa nuko ngwizimvye ashobora kuyikubita hasi.

  • @beniebulambo1675
    @beniebulambo1675 2 ปีที่แล้ว +1

    Magnifique !

  • @tttttt879
    @tttttt879 2 ปีที่แล้ว +3

    abatimbo mwubahwe sanaaaaaaaaaaaa congratulations

  • @amanikamata9612
    @amanikamata9612 2 ปีที่แล้ว +3

    Congratulations to you guys

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 2 ปีที่แล้ว

    Ubukwe bwiza vyari 👍

  • @renatamanirakiza4906
    @renatamanirakiza4906 2 ปีที่แล้ว

    Muraberewe cyane kandi imana ibahumugislha

  • @aishaaisha248
    @aishaaisha248 2 ปีที่แล้ว

    Izinvye kur nyeney nuko abazikoz bose tutiyerekany rero ikint cose kizimb kumunt so nice

  • @kwizeraaime4779
    @kwizeraaime4779 2 ปีที่แล้ว +9

    Ntanibiryo mbonamwo ham ng yarizimvye hahaha 🤣🤣 gus Yar nziza Arik ninkizabandi iyo Nuko yasohow mwitangazamakuru har nabasumvyaho Burundi nynn nzi kweriii basumbije ngaho mariag' iyariyo yose ibizimvye daaaa kuk vyos bikoreshw amafaranga ntabipapuro bikora

    • @vianneyniyomukiza6848
      @vianneyniyomukiza6848 2 ปีที่แล้ว

      Ntanabantu bariho,ariko irazimvye pe kumu dj yagerageje hhh

  • @nourambarak6297
    @nourambarak6297 2 ปีที่แล้ว +1

    nice sana

  • @user-nu7cv3rt2w
    @user-nu7cv3rt2w 2 ปีที่แล้ว

    Magnifique vrement, trebien

  • @Alice-vl2kn
    @Alice-vl2kn 2 ปีที่แล้ว +2

    Wow congratulations😍

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 ปีที่แล้ว

    Wawoo amazing 🥰🥰🥰🥰🥰🔥🔥🔥 beautiful kbx

  • @zuzu1421
    @zuzu1421 2 ปีที่แล้ว

    Congz mes guys May Allah azabubakire

  • @vanisiaburundi5675
    @vanisiaburundi5675 2 ปีที่แล้ว +2

    Nivyamavut kbs

  • @hakizimanageorges8753
    @hakizimanageorges8753 2 ปีที่แล้ว

    Nukuri biratesa kbs urugo rwiza pe from omani

  • @fidia3824
    @fidia3824 2 ปีที่แล้ว +13

    Iyiwanje niyo izoba izimvye🤭

    • @deborahofficial6154
      @deborahofficial6154 2 ปีที่แล้ว +3

      IMANA IKUJIMBERE

    • @hadidjaniyosaba6663
      @hadidjaniyosaba6663 2 ปีที่แล้ว

      😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️bitwerek kabix ntaribi ugiraharihi gantwe rihari wapi kabix birasanzwe 🙌🙏🏾🤙

    • @hadidjaniyosaba6663
      @hadidjaniyosaba6663 2 ปีที่แล้ว

      Wallah nubwambere nryohewe ningoma nkatamba nryamye nukurii 😀😀😀😀😀😀💃💃💃💃💃💃🇧🇮💦🤝🤝🤝🙌🙏🏾🙏🏾🙏🏾🤙

  • @malicksag466
    @malicksag466 2 ปีที่แล้ว

    Ndemeye naje🙋🙋🙋😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮abatimbo bubahwe Isaac Ama Image uri number uno🙋🇧🇮🙋

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 2 ปีที่แล้ว +1

    Mwarimwakoz umuti kbx

  • @jorgettemwajuma5428
    @jorgettemwajuma5428 2 ปีที่แล้ว

    Nice

  • @kiruragracedivin5450
    @kiruragracedivin5450 2 ปีที่แล้ว

    AKEZA Hall ihari kubwanyu....ivyiza NiHo muzobisanga

  • @nananana4478
    @nananana4478 2 ปีที่แล้ว

    Shaaa iyi mariage irantesa sana ningoma kwel uranyemeje

  • @hadidjaniyosaba6663
    @hadidjaniyosaba6663 2 ปีที่แล้ว +3

    Egoo vrm so good mashallah so nice wallah 🙌🙏🏾🤙💦

  • @longlessofficiel4085
    @longlessofficiel4085 2 ปีที่แล้ว

    Vyizaa

  • @nduwimanachantal2829
    @nduwimanachantal2829 2 ปีที่แล้ว

    Br Big up sn broth

  • @arakazashabani3295
    @arakazashabani3295 2 ปีที่แล้ว

    muze mwubake rugume.

  • @neza9665
    @neza9665 2 ปีที่แล้ว

    Kabisa akabisa😂😂😂😂👍👍👍👍👍👍👌👌👌👌

  • @thathinag1349
    @thathinag1349 2 ปีที่แล้ว +2

    Kurimariage yanj ndabhabwe nukur .....mumboner ukobazunza imitwe nanj niko nazunza igitwe canj mpatse fireman to

  • @oswaldbayubahe4666
    @oswaldbayubahe4666 2 ปีที่แล้ว +1

    Abatimbo baraguruka pe

  • @nonolove1358
    @nonolove1358 2 ปีที่แล้ว +1

    Nukiri kwimana abatimbo baye Dubai basumbwa naba 😏iyohagenda aba kbsa👌🙌

  • @peninendayizeye2408
    @peninendayizeye2408 2 ปีที่แล้ว

    Harahiye

  • @babulove257
    @babulove257 2 ปีที่แล้ว +3

    Mbega ibintu binteye umunoho wa mariage whallah nanje muzoze le15

  • @yusrayusra1811
    @yusrayusra1811 2 ปีที่แล้ว

    Biraryoshe kbs vyari bibereye ijisho

  • @gerdairutingabo9954
    @gerdairutingabo9954 2 ปีที่แล้ว +3

    👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌

  • @bbbeocella8856
    @bbbeocella8856 2 ปีที่แล้ว

    Nkun😍😍😍

  • @mihigoinnocent711
    @mihigoinnocent711 2 ปีที่แล้ว +1

    Isaac urakoze canee kutwereka mariage ya DJ Israel ariko titrecwahayinkuru siyo izimvye par rapport ngira yizo wabonye Man haramamariage azimvye yabaye arutiyo ariko ishobora kuba yariryoshe nooo kuzimbaaaaaa

  • @bimpaart9258
    @bimpaart9258 2 ปีที่แล้ว

    No vyiza caneeeeeeee

  • @trinitensengiyumva8090
    @trinitensengiyumva8090 2 ปีที่แล้ว +1

    Non nkiyi izivye mubuh buryo jewe mbona arinkizindi kwer

  • @ninetteninettendayizeye4492
    @ninetteninettendayizeye4492 2 ปีที่แล้ว

    😍😍😍

  • @joselynenduwarugira6436
    @joselynenduwarugira6436 2 ปีที่แล้ว

    Imweyiwawe ga Isaac ntiyarizimvye😀😀

  • @adidjafafa3850
    @adidjafafa3850 2 ปีที่แล้ว +1

    Birahimbaye

  • @joselynenshimirimana6815
    @joselynenshimirimana6815 2 ปีที่แล้ว

    Nivyiza cane

  • @radegondenininahazwe1283
    @radegondenininahazwe1283 2 ปีที่แล้ว

    Mariage zose ziraryoshe hagoye ibikwirira

  • @najimiriatris5180
    @najimiriatris5180 2 ปีที่แล้ว +1

    Niyakarorero pe

  • @user-gn9hy5to3g
    @user-gn9hy5to3g 2 ปีที่แล้ว

    Mariage niyo kweri

  • @GG-ni1zj
    @GG-ni1zj 2 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂Hindura titre uti mariage yari iryoshe ivyo kuba iyambere izimvye uvyihoze sha

  • @Tnz_ira200
    @Tnz_ira200 2 ปีที่แล้ว

    I love the drums🥰🥰

  • @bahatidiamond2301
    @bahatidiamond2301 2 ปีที่แล้ว +1

    👌👌👌👌💯💯💯💯💯👍👍👍👍

  • @AL-hm2nv
    @AL-hm2nv 2 ปีที่แล้ว +1

    N'izindi zizabaho ikibabaje mwen'izo mariage apres 2 ans ni divorce. Mubasengere

  • @mairymairy1851
    @mairymairy1851 2 ปีที่แล้ว

    Nezaa

  • @godsown4683
    @godsown4683 2 ปีที่แล้ว

    I wonder how it feels to be wedded🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔 or how it feels to be really loved🤔🤔🤔🤔🤔🤔

  • @lumumbapatrick8529
    @lumumbapatrick8529 2 ปีที่แล้ว +2

    Ubu basigaye bavuza ingoma mu Mariage barabirekuye

  • @harerimananadia3433
    @harerimananadia3433 2 ปีที่แล้ว +4

    None icerekan KO izivye nicihe kombon Ari mariage nkizindi hhh m

  • @manasseninteretse8510
    @manasseninteretse8510 2 ปีที่แล้ว

    Kora agace kizongoma zonyene please.

  • @samsunga10s48
    @samsunga10s48 2 ปีที่แล้ว +4

    Dubai harikugenda aba kweli💪🙌💯💯💯💯💥💥💥❤

    • @nonolove1358
      @nonolove1358 2 ปีที่แล้ว +1

      Uvuze ukuri 😂😂

    • @alinaalina3089
      @alinaalina3089 2 ปีที่แล้ว +1

      Kabisa aba nibo bari bakwiy guserukira uburundi Dubai kimwe nuko nyene bakenyuy umukenyuro bagatwara abatabizi bitwaj iki cank kiriya

    • @nonolove1358
      @nonolove1358 2 ปีที่แล้ว +1

      Wap baratumaramaje abategye rurya rugendo ntibavyitondeye kk ingo zacu ziduhesha iteka mubihugu vyose ikindi nkabakobwa bwagye vraiment ntaco mvuze

    • @nenenelly1878
      @nenenelly1878 2 ปีที่แล้ว

      ✅🤣🤣🤣

    • @divineininahazwe517
      @divineininahazwe517 2 ปีที่แล้ว

      @@nonolove1358 uvuze ukuri nku kurima

  • @martinemati7969
    @martinemati7969 2 ปีที่แล้ว +1

    Top kabisa. Mais abarundi bari bakwiye kwikebura iyo ngeso yo gutondeka abantu kuntebe umengo bari mumisa....kuko batabashira autour yama table???

  • @madameba2169
    @madameba2169 2 ปีที่แล้ว

    Nickel mais binjiye mukavuyo kenshi kandi baberewe disi urugo ruhire

  • @phanuelofficial
    @phanuelofficial 2 ปีที่แล้ว +2

    Abo batamvyi bingoma bararenze vrt iburundi turashoboye bwabundi turinimpano ikomeye, niyo mariage iraryoshe can

  • @josephntunzwenayo8951
    @josephntunzwenayo8951 2 ปีที่แล้ว

    Hazinvye kuzogumya iryobanga bemey

  • @annenahumuremyi4656
    @annenahumuremyi4656 2 ปีที่แล้ว

    Birahimbaye kabisa

  • @nizigamaariella
    @nizigamaariella ปีที่แล้ว

    Agatimbo mwubahwe urugo ruhire

  • @madameba2169
    @madameba2169 2 ปีที่แล้ว

    Ingoma zirabera iyo zisize amabara tumenyereye y'igihugu cacu

  • @minanidenis9793
    @minanidenis9793 2 ปีที่แล้ว

    Abatumire umengo bari mu kuriyo

  • @gatikimanamarwa3049
    @gatikimanamarwa3049 2 ปีที่แล้ว

    Muranryohereje ijoro biramara pe

  • @evrarddukundane1062
    @evrarddukundane1062 2 ปีที่แล้ว +6

    Isaaac iyo n'imvugo y'indenza rugero! Uramaze gutaha mariage vy'ukuri zizimvye? Gusa ntacibaye muga s'iyambere

    • @gygygyslaine5016
      @gygygyslaine5016 2 ปีที่แล้ว

      Yatanze amakuru kuriwe kuk izozizimvye zitaciye kuri TV ntazabayabonye ninkuko hazoza nindi akandika uko

    • @carinemanirambona2708
      @carinemanirambona2708 2 ปีที่แล้ว

      None harico avuze kibi mwagiye muzamurana kwabandi bageze kure niterambere namwe murapinga ijambo ryumutwe ngomumukurikire muribeshi

    • @soniaingabire3134
      @soniaingabire3134 2 ปีที่แล้ว

      Yambere izinvye 🤔🤔?? Je ne crois pas. Ahubwo iyuvuga kwariyo yambere ugiyemwo yakuryoheye

    • @mistanackis8269
      @mistanackis8269 2 ปีที่แล้ว

      Nta marriage ya mbere irabaho izimvy kwisi yose

  • @iradukundamike5370
    @iradukundamike5370 2 ปีที่แล้ว +1

    Haraye hahiye🔥🔥🔥

  • @shalbec3232
    @shalbec3232 2 ปีที่แล้ว +1

    Them playing congolese music from deborah lukalu makes me feel proud to be congolese but also happy🇨🇩❤💪🏾
    Nice weddings and the braidmaids look so beautiful everyone looks happy which
    is a good thing

  • @bbbeocella8856
    @bbbeocella8856 2 ปีที่แล้ว

    Vyari biryoshe basha ewe jewe

  • @saidinzohabona57
    @saidinzohabona57 2 ปีที่แล้ว

    Urazozankwerekiyonagize.yari kari barariye baranwa noniyo ibiryo birihehe?Ntamariage isumbizindi wangu

  • @durakamil263
    @durakamil263 2 ปีที่แล้ว

    Iya Aliney shaniyo nabonye yarirebze ntayindizi sumbiya Aliney umuntuya yikoreye kufarashi nomundege yasumbije niya plezida

  • @nibampadrdenisdiderot5538
    @nibampadrdenisdiderot5538 2 ปีที่แล้ว

    IZIMBISHIJWE NIKI , KO IZIMVYE BATANGE IKORI MURI OBR

  • @AL-hm2nv
    @AL-hm2nv 2 ปีที่แล้ว

    Reka reka iyo niyo mubonye

  • @reveriennduwimana6817
    @reveriennduwimana6817 2 ปีที่แล้ว +2

    Facebook

  • @bertinsociologue5313
    @bertinsociologue5313 2 ปีที่แล้ว +1

    Oya rka iyo mariage irazimvy nuwank urukwavu aremera korunyaruka

  • @user-mg3cl8uj4e
    @user-mg3cl8uj4e 2 ปีที่แล้ว

    Ndakunda abatimbo muntegurire neza mariage yanje ntisanzwa ndabona nzabaha kumbyinir'Imana muri mariage yanjye

  • @ibanzaguserukachalom1460
    @ibanzaguserukachalom1460 2 ปีที่แล้ว +2

    Jw mbona Irasanzwe nki zindi

  • @bijoux20
    @bijoux20 2 ปีที่แล้ว

    Vyari bimezeneza kabisa

  • @hgcbj635
    @hgcbj635 2 ปีที่แล้ว

    Bitu ni mwaaaaa

  • @samiampawenimana34
    @samiampawenimana34 2 ปีที่แล้ว +3

    Ngira ntimurabona mariage zizirye iryariryo ryose nico gituma uraraba mariage ya aristote watanzania niho uzobona idandukanirizo.

    • @alinaalina3089
      @alinaalina3089 2 ปีที่แล้ว +1

      None wewe utujana muri Tanzania turi iburundi uri muri babagore batabumbwa nutwabo kubwitama vmryivyabandi kunda ivyanyueiburundi ibyohanz nivyihanzernuene

    • @mugishaburundi3146
      @mugishaburundi3146 2 ปีที่แล้ว

      Wap wew ujabuk imbibe twebwetuja iwacu iburundi heza cane🇧🇮🇧🇮🇸🇦🥰🥰🥰🥰❤🥰❤😘😘🤍🤍🤍😀🤣🤣🥰🤣🤣🥰

    • @cheillaiteriteka5074
      @cheillaiteriteka5074 2 ปีที่แล้ว

      Uzagende Kuba iwe 🙄

  • @alexisnsengiyumva2748
    @alexisnsengiyumva2748 2 ปีที่แล้ว +1

    Iyo tenue yabatimbo niyo kuva ryari?

  • @christophentungwanayo5509
    @christophentungwanayo5509 2 ปีที่แล้ว

    Kugira uvuge Ko yari izimvye wafatiye kuki? Mariage nayikoze n'indege canke ibigendajuru? Ntibayikoreye kw'isi ugira bagiye Kuri Mars?

  • @niyonkurucanesius7773
    @niyonkurucanesius7773 2 ปีที่แล้ว

    Izokire kuramba n'ay'ibindi ni billets yapfuye ubusa.

  • @chacha_chally3491
    @chacha_chally3491 2 ปีที่แล้ว

    Izimvye?

  • @fugvfgui4580
    @fugvfgui4580 2 ปีที่แล้ว

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦👍👍👍

  • @ziyadabasca4840
    @ziyadabasca4840 2 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣 vyari biberey kwer aho hanu bahita gute

  • @butoyiyannick7264
    @butoyiyannick7264 2 ปีที่แล้ว

    Congratulations Israël

  • @thewisetv3989
    @thewisetv3989 2 ปีที่แล้ว

    INGOMA ZAVUZWA KUMUGANURO HAMWE NO KUNGENDO Z'UMWAMI. UBU NAHO ZIVUGIRIZWA ABAKURU NAHONYENE KUBIKORWA VY'IGIHUGU. APANA MUMANZA ZABO...

  • @user-ci1vz1cv3w
    @user-ci1vz1cv3w 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂muranyic ngontaniniry rwirazi y

  • @francoisentahindihiye5336
    @francoisentahindihiye5336 2 ปีที่แล้ว

    Nta mariage yigera iba iyambere ni nkuko atayigera IBA iyanyuma

  • @marinaniyonsaba564
    @marinaniyonsaba564 2 ปีที่แล้ว

    Mbegibint biryosh😋😋😋😋

  • @joanaxtra2746
    @joanaxtra2746 2 ปีที่แล้ว

    Izimvye itazimvye. Aho nta nakimwe mbona. Mariage nugufungura. Pas birya vy agafanta kamwe. Gaburira abantu baryoherwe gusumba. Mu dépense ivyo vyose munanirwe no guha abantu ivyo kurya. Ishwiiiiiii daaa

  • @fdff3980
    @fdff3980 2 ปีที่แล้ว +1

    Nanje hazosha gusunvya ngaho kweri sibirori vyumunsumwe yemwe nanje nzigora bije kwitangaza makuru kabisa ndabeko itazoba isumvya ngaho🤣🤣🤣

    • @claussebaby
      @claussebaby 2 ปีที่แล้ว

      😂😂😂😂😂😂

  • @Anny-p62
    @Anny-p62 2 ปีที่แล้ว

    Yooooh🙄🙄🙄🙄 kwl abatimb

  • @fannyassiamrssuleiman328
    @fannyassiamrssuleiman328 2 ปีที่แล้ว

    Nuko utayabonyiyanj isaac niyoyarinziza kwiyo wanashim