Ibi nivyo bibwigwa abarundi nk'ubuhanuzi muri kino gihe, ngo ntibikiri ivy'aba ny'Israël

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 9 ก.พ. 2025
  • #indundinews : Muri ya masengesho yatunganijwe n'umugambwe uri k'ubutegetsi #CNDD_FFDD , uwaserukiye umuryango w'Aba Islam mu Burundi #Sheikh_Ramadhani_Ndikumana yibukije abarundi ko ivyabwigwa kera aba ny'Israël . Ubu nibwo buhanuzi buhabwa abarundi

ความคิดเห็น • 2

  • @UMMA_TV1
    @UMMA_TV1 13 วันที่ผ่านมา

    Urimvugakuri mutama wacu imana iguhe ubuzima bwiza kwisi nejo mwijur

  • @AstereNtirampeba
    @AstereNtirampeba 13 วันที่ผ่านมา

    Komeza uhumure impunyi zabarundi ziborewe amahoro