MU UBURUNDI HAGATI UKURI KURABATUNGUYE IBYO NDAYISHIMIYE YAKOZE BIRISOBONUYE URWANDA NTIRWIBESHYE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 8 ก.ย. 2024
  • WATERA INKUNGA IBIKORWA BYA MUHABURA TV#0783996164#BUJUMBURA#BRUXELLE#KIGALI

ความคิดเห็น • 77

  • @moshwayne2565
    @moshwayne2565 หลายเดือนก่อน +6

    Neva is intelligent he is doing diplomacy and you will see the results soon

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 หลายเดือนก่อน +1

    Mureka kuvuga umuntu mukavuga Abantu mu Burundi,
    Abatutsi i Burundi murazwi neza !

  • @viatornkunzimana4693
    @viatornkunzimana4693 หลายเดือนก่อน +3

    Uwo mutumire azi kwishurana disprinne nyishii ikirenze numunyabwenge canne

    • @theafricanhauler3396
      @theafricanhauler3396 หลายเดือนก่อน

      Nuko avanga ivy Imana na nivya Politique😊
      Muhe Amazi araruhijwe n ubutwari bwa NEVA

  • @Bigenergy94
    @Bigenergy94 หลายเดือนก่อน +3

    Prezida wa Zambia yahaye ikibanza uwi Burundi muri Lusaka co kubakamwo Embassy nuwi Burundi yahaye ikibanza uwi Zambia co kubakamwo Embassy i bujumbura so aho hari win/win.
    Uruganda rugwiza imbuto ari narwo runini muri Africa rwitwa SeedCo rwemeye kuja kubaka urwo ruganda nyene i Burundi another win for Burundi,Evariste yongeye agabirwa ton 2 zimbuto zibigori na breed zinka zakijambere zizojanwa muburundi mukurwiza iyo breed. none ga yemwe ikindi mushaka niki ?
    Niba utavyemeye genda wirabire kuri ZNBC TV iyo nayo ni national
    television yo muri Zambia 🇿🇲 ngayo makuru mfise

    • @itangishashakaphilbert7708
      @itangishashakaphilbert7708 หลายเดือนก่อน +1

      Waouh good babwire bavyumve k iyakagenda iminwe Misa ataco yar kuhakura

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 หลายเดือนก่อน

      @@itangishashakaphilbert7708 mikono tupu hailambwi ubu turi muri impa ndaguhe

  • @TonyAlcobia
    @TonyAlcobia หลายเดือนก่อน +1

    Mwayataze namwe muyiba Congo,Kuko sugukiragusa

    • @dukundepracide8032
      @dukundepracide8032 หลายเดือนก่อน

      Nabwo bibaye byaba Ari byiza kumenya gusahura Aho biri ugafasha Aho bitari haaaaaaah

    • @Akagumyebagumako25
      @Akagumyebagumako25 หลายเดือนก่อน

      Wiba uhetse ukigisha uri i mugongo!​@@dukundepracide8032

  • @kimenyivalens3309
    @kimenyivalens3309 หลายเดือนก่อน +3

    Hano iwa muburundi turiyemera Kandi nta kintu dufise

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np 25 วันที่ผ่านมา

    None abiga usesenguzi bose. Bavyigira kuburundi. Mudutera umujinya. Muzotangara ahaza

  • @fredericnshimirimana8014
    @fredericnshimirimana8014 หลายเดือนก่อน +1

    Za muravuga urwanda rwanyu uburundi mutureke.None se niba dushonje mutugaburira amagambo ?Ico gitoro tubuzeko mutarakiduha.Abarundi niba dukenye ibindi,dutunze umutima mwiza,kandi uzatuma tubaho atawe twikanga.President wacu Neva,n'umuvyeyi wacu,kandi turamukunda cane.Aradukorera neza,aradukunda kandi azotuteza imbere

    • @theafricanhauler3396
      @theafricanhauler3396 หลายเดือนก่อน

      Je barantangaza🙂‍↕️
      Toute Imbecile Rwandais asigaye yarigize Expert Analiste Sur la Politique Burundaise😢😢
      Je ngira ngo Imana y URwanda n Imborerwa🤔

  • @Victor-zk5uc
    @Victor-zk5uc หลายเดือนก่อน

    Kurimwe ivyabarundi vyose ni bibi ariko karya gahugu karabaruta ubundi mwabuze ivyiwanyu muganira tubarire ivyiwanyu

  • @UmutoniAngelique-ru6ws
    @UmutoniAngelique-ru6ws หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda cyaneeeeeeee cha abantu muge mureka gutukana pe

  • @user-sf7bi4ik9w
    @user-sf7bi4ik9w หลายเดือนก่อน

    Urakazira.uburundi.ubucyokora.goburundi.burashojye.ubugamburakaga

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 หลายเดือนก่อน +1

    Iryo ni ishari kuko mwibazako Uburundi ata co bushoboye,si vyo !
    Ivyo urwanda rwakoreye uburundi ko mutavuga ivyo Uburundi bwakoreye Urwanda ?ni inde mu rwanda afise ubutunzi bw"ikirenga ataciye mu Burundi ?
    Ntimukababajwe n'ibitari ivy'iwanyu !
    Urwanda ruha Uburundi bwashaka kubushuka ngo rubuce mu ryahumye ariko mwarabonyeko !

  • @RubinNiyoyitungira
    @RubinNiyoyitungira หลายเดือนก่อน

    Mwamihimbirimwe yabanyagwanda ivyobitwr vyanyu vyuzuye amazi umukoziwimana yivanga muri poltike ntakwij nez araza iburundi yumusengere yaraguye mwebwe muribisambo mwiba Congo mwamikoshimwe mwamaze ABA kongomani mubiba mubica ntasoni😊😂

  • @user-sf7bi4ik9w
    @user-sf7bi4ik9w หลายเดือนก่อน

    Akapfataye.umupastere

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 หลายเดือนก่อน

    Aboro ntibatanga Imfashanyo kwa Pasitori yamara Ishengero rikize kubarusha!?

  • @giftmata5308
    @giftmata5308 หลายเดือนก่อน

    Abambiya dusangiye Tanganyika mwihangane

  • @WiliamKimRgzm
    @WiliamKimRgzm หลายเดือนก่อน

    Urwanda nikibazo zamuraba ivyanyu kuko ivyacu biduhanze

  • @claudehaguma5901
    @claudehaguma5901 หลายเดือนก่อน

    Abandibatanga inka ninzu undingo udukwavu😂😂😂😂senkeavu kbs

    • @moshwayne2565
      @moshwayne2565 หลายเดือนก่อน

      Step by step makes a journey

  • @AbelSimfukwe-vt9oy
    @AbelSimfukwe-vt9oy หลายเดือนก่อน

    Vuge ayanyu ayacu muyarek se

  • @alphonseshyaka860
    @alphonseshyaka860 หลายเดือนก่อน +1

    Reverand mwavuze ijambo ry lmana mukareka politic ubu mwarangije kwihanisha abanyabyaha ibi sibyiza

    • @rugambageevariste9099
      @rugambageevariste9099 หลายเดือนก่อน

      Ninde wakubwiye ko Reverand azirana na polotic? Nokuyobora abantu mu itorero nayo ni polotice kdi nta polotike nta bu pastor

    • @user-vf6cb5ey8s
      @user-vf6cb5ey8s หลายเดือนก่อน

      Nonese iyo pasteur akanguriye abakirisitu gutanga mituel kuki mutabyumva nabi byo si politique?

  • @bigjohnnevergiveup
    @bigjohnnevergiveup 29 วันที่ผ่านมา

    GASHINO KANYOKO BUSA BWUBUSAZA BUKUSUMBA WABWAWE TUZOBAMESA TANGAZA IVYANYU ARIKO TUZOBAMESA TWARABAHINYUYE

  • @semajororubabaza3399
    @semajororubabaza3399 หลายเดือนก่อน

    Bantu mukunda gutukana mwisubireho kuko biranga uburere umuntu yahawe!

  • @user-sf7bi4ik9w
    @user-sf7bi4ik9w หลายเดือนก่อน

    Bemwambwa.zanyanda.mwamibirimwe.niba.uburundibushojye.haribyo.twajye.guhahira.iwanyu.murwa

  • @ericbikorimana6778
    @ericbikorimana6778 หลายเดือนก่อน

    Arikose hatanga uhaze gusa?

  • @giftmata5308
    @giftmata5308 หลายเดือนก่อน

    Vuga ibyiwanyu banyarwanda

  • @Musindi736
    @Musindi736 หลายเดือนก่อน

    Ninde yakubwiy ko ntabiryo bihari mwe noe muratugaburira ikintu kikigoye muburundi nigitoro kandi navyo turizeye bizova munzira

  • @djihaddndayisenga
    @djihaddndayisenga หลายเดือนก่อน +3

    Ubukene buratumaze ahubwo ndajya kuba mu rwanda

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime หลายเดือนก่อน

      Sha welcome kbx twe ntanzigo🙏

    • @user-vf6cb5ey8s
      @user-vf6cb5ey8s หลายเดือนก่อน

      Ni karibu pe nta mutima mubi

  • @FloraKaneza-bn1ik
    @FloraKaneza-bn1ik หลายเดือนก่อน

    Bonsoir😊

  • @user-wj1kz4yv3i
    @user-wj1kz4yv3i หลายเดือนก่อน

    Bsr!

    • @FloraKaneza-bn1ik
      @FloraKaneza-bn1ik หลายเดือนก่อน

      Uburundi buratunze mais habuze uburongozi bwiza

  • @uwimbabaziesperance8478
    @uwimbabaziesperance8478 หลายเดือนก่อน

    Na ba dawidi bayibayemo

  • @Jeanclaudemboma
    @Jeanclaudemboma หลายเดือนก่อน +3

    Urwanda ruturushiki mwabisizimwe mwe murakicwa numuruho

    • @pascasiemukeshimana7364
      @pascasiemukeshimana7364 หลายเดือนก่อน +1

      Ese ubwo uhesheje agaciro ababyeyi bakubyaye? Mwagiye mukizwa mukirinda gutukana ko bitabahesha icyubahiro

    • @henrytv756
      @henrytv756 หลายเดือนก่อน

      U Rwanda rubarusha byose imihanda myiza hotel nziza amazi yibitangaza company zindege amadorari ibitoro nibindi byishi tutarondoye muri make hagati yurwanda nuburundi harimo intera ndende

  • @user-sy9ul9kd1l
    @user-sy9ul9kd1l หลายเดือนก่อน

    Uko nukuri musaza

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 หลายเดือนก่อน

    Ahubwo abo banyarwanda ni abasazi ?
    Ngo mu Burundi nta vyo kurya bihari?
    Nta bwenge bagira ahubwo yatanze bike!

  • @user-sy9ul9kd1l
    @user-sy9ul9kd1l หลายเดือนก่อน

    Batureka tukikorera akazi Zambia apana Ngo m23 iri Zambia bahita batwurukna ataco tuzira

  • @FloraKaneza-bn1ik
    @FloraKaneza-bn1ik หลายเดือนก่อน

    Gufasha nivyiza

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime หลายเดือนก่อน

      Kugirure ?
      Biriya si ugufasha kuko ntiwafasha ukurusha ubushobozi. Biriya vyari ukwigaragazako abarundi batishwe ninzara kandi bendakurangira.

  • @user-sf7bi4ik9w
    @user-sf7bi4ik9w หลายเดือนก่อน

    Wamunyacyakubiwe.amaraso.yaba.congomani.musahura.mwicya

  • @user-pg2xj9jd9l
    @user-pg2xj9jd9l หลายเดือนก่อน

    Mugabanye kumoka

  • @mugishaalphonse706
    @mugishaalphonse706 หลายเดือนก่อน +1

    Yakoze neza ark icyongereza cye rwose Nako sinzi😂😂

    • @theafricanhauler3396
      @theafricanhauler3396 หลายเดือนก่อน

      Ivyo yavuze ntimubitere n ibihe?erega ntava London nkamwe!

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np 25 วันที่ผ่านมา

    Bamureka urusaka. Gufasha ntibisobanurako kuba utunze vyinshi cane

  • @UmutoniAngelique-ru6ws
    @UmutoniAngelique-ru6ws หลายเดือนก่อน

    Abantu mutanga comment mutukana nago aribyiz p?

  • @Vivi-sr7rq
    @Vivi-sr7rq หลายเดือนก่อน +1

    Si Toni ishanu ahubwo nibihumbi bitanu

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 หลายเดือนก่อน

      @@Vivi-sr7rq ntago bumva ukuntu ton ibihumbi bitanu zava muburundi

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 หลายเดือนก่อน

      nton ibihumbi 5000 Ntimuzi kuzitandukanya na toni zitanu 5 Uburundi burimbuka uburundi ntibwaremew gufashwa baremewe gufasha

  • @imanipierre6449
    @imanipierre6449 หลายเดือนก่อน

    Hh

  • @JeanMunyaneza-p1q
    @JeanMunyaneza-p1q หลายเดือนก่อน

    Murye mureba ivyiwanyu

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime หลายเดือนก่อน

      Woe se urikureba channel ziwanyu ?

    • @user-vf6cb5ey8s
      @user-vf6cb5ey8s หลายเดือนก่อน

      Ahubwo waje hano kureba iki ko atari Chanel yiwanyu

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 หลายเดือนก่อน

    Niwe akuriye government; ni Neva yahaye uburenganzira abo bakorana ko at amahera yo kubahemba, ngo nibayarondere aho bari. The top is sick and so is the body. Muvugana na respect ariko details are in the pudding. Sorry kweli

  • @BukuruEgide-b6b
    @BukuruEgide-b6b หลายเดือนก่อน

    Ariko bigodyi uwababwiye ko abarundi barikwidoga ninde??mubitegwa nuko byabananiye gufasha??tahura Burundi irahenze umutima nurukundo nibyo bituranga Rwanda abaswa gsa

    • @pascasiemukeshimana7364
      @pascasiemukeshimana7364 หลายเดือนก่อน

      Ese ujya ureba amakuru? U Rwanda rwatanze tonnes 1000
      Kandi nirwo rwabanje kubitanga
      Mwebwe muri kwifotoza gusa kudu tonnes 5 gusa
      Amagambo yabarenze
      Ikibabaje nuko yabitanze ku bandi mu rugo rwe abana bicira isazi mu maso
      Nti mukigereranye natwe twarabasize mu nzego zose
      Muze tubahe amasomo yukuntu bayobora

    • @mugishaalphonse706
      @mugishaalphonse706 หลายเดือนก่อน +1

      None ntiwatanga igitecyerezo cyawe udatukanye 😂😂nyamara ibyo bavuga nta kinyoma kirimo

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 หลายเดือนก่อน

      ​@@pascasiemukeshimana7364 5000 tons not 5

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 หลายเดือนก่อน

      Kandi gufasha ni vyiza nubwo watanga imwe ,umuntu atanga ico afise kazima uba ubikoranye urukundo ton 1000 ni nyishi ntago ari nkeya ariko na tons 5000 sinkeya so gahunda nukuzana abo muri Zambia gukora business bakoresha Tanganyika no kubaka ama embassy nikigo cy'imbuto gisanzwe ari icambere muri Africa citwa "SeedCo" so ni business na diplomacy ibindi birinyuma ni politic gusa

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 หลายเดือนก่อน

      Nihonkibona kwabanyaru bafise inzigo ntibipfuza iciza coba kuburundi ariko baribesha uburundi bwarahezagiwe urabona nkakogatutsi kirwanda ngo ni pasteur

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 หลายเดือนก่อน

    Nawe babikora nabi. Umurundi wese yifuza gutera inkings Agatha baca bamwica.
    Neva Aries ngo aBarundi ntibashonje, ariko barafa. Ama enterprises yose yaraganiye, nta sukari, nta gitoro kandi yahaye isoko umugore wiwe.
    Patritiotisme meant mwe ntibibuze. None bakore gute bad ashobora no kwiyunguruza? Ko aribo nature amaso ko, basambura amazu abantu. Sorry, ntimubitahura.

  • @user-du8ly6mp5j
    @user-du8ly6mp5j หลายเดือนก่อน

    Nimumenye ibyanyu

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 หลายเดือนก่อน

    Imbobo yose yigize Umusesanguzi k'uBdi.
    Iyo Mana wemera n iyahe???This confused English Reverend😢😢
    You can't be spiritual and Political at same time😊😊None yabeshe ?
    Hari Umurundi wInzara wabonye ga Pasito???
    Abashikiye Gutembagaza Ubutegetsi bonyene nibo bavuga ko hari Inzara😢
    Hama Ama $$$ BRB iyakura hanze.Ama Devises yaharitswe n abayatanga.ivy uBdi vyihoze kuko ntavyo uzi🤔
    Utari uri uwino none iyo Ndugumba n Iyiki???
    Les Rwandais mbe ntakindi mufise mwoteramira😂
    Emwe uBurundi bwarabahahamuye!!