Ukuri kwuzuye kabisa burya harya Contract uba wa sign ataco hindura kumuririmvyi Nubwo nokubwira Uti nturirimba ntaruhombo kandi harya abasani nibaza kobakwiy kuraba akarorero baha aba fan Cank inyifato bogira Imbere yabo harya kuvuga ngo je ndumu Star burya rifis insiguro rirerire can kabisa
B fac ndagukund can arik kub sat b yotah ataririmvy inkov kumutim
King
Sat b azi ivyarimwo ndamwemra yishurana ubweng abavyemera munyiher lik
Sat b 🎉😢ww nibaguh amashugwe yae knd icaguhay ntiwigez wishira hejur
Avyishuye neza adahengamye
Sat-b arakuze mumutwe sana vrt
Ingoran si b face nimwebwe nyen buja fm mwabipanz fo,,,
Banza ubashimire kuvyo bakoze vyar vyiza hama.nimba ufana b naho uwo mutype afise amanyama nubwiyemezi bwinshi araga
Ngo sat b yarahari Aho uvuziki ningene Natashe ntamubonye navuye muruziba ariwenje kuraba nkashika muhira 02h yijoro
Pole sana bro
Problem nimwe nuko babashize muririmbe Kare muca muca mugara babashize ubwanyuma babazimirizako amatara
Wishura neza kndi uriyumvira
Wewe amipro uvugira satb nkasyo waw satb turamwemer kukO arumurundi gusa ntuzuhatarisha
Sat b terimber vrt urazi kwishura ubweng ufite birakwiy kabsa
Ukuri kwuzuye kabisa burya harya Contract uba wa sign ataco hindura kumuririmvyi Nubwo nokubwira Uti nturirimba ntaruhombo kandi harya abasani nibaza kobakwiy kuraba akarorero baha aba fan Cank inyifato bogira Imbere yabo harya kuvuga ngo je ndumu Star burya rifis insiguro rirerire can kabisa
Narababaye.ntamubonye.kwel.nubu ndacarira
Sat b mubicu
Ibint vyuburofarofa kwl mubiheb nga gayeri ww guhangar B fece ngo vay sha ww gayer ntabweng ugir kwl
Sat B is matured