ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Abashakako bayibandanya mukande hano please
Oya nibayiheze baduhe iyindi
Mwaduhay ep 11 kuel gukomez♥️♥️♥️turabakunda
Abakunzi ba Don't force Love abari bayirindiranye igishika nkanje abaza nyuma mushikira muri commentaires musige like muri gwarukundo ❤❤❤🎉🎉Abo twayitanguranye kuyiraba tukaba tugeze kuri final like nyinshi dukwize 300k
Number one murabe mundemere twatu like❤❤❤
Karikaryoshe vrt courage gira mudutemwakandi ndabakunda cn birenze
Mwarakoze cyane kutudyohereza imisii
Iyi film irigisha cne😢but nah ibabaje ntugahate urukundo😢kber ntiruhatwaa mercii bcp Iseke Film😊we love u nukuri❤ mudutemwo akandi turakarindiriye❤
Mbakund kubii❤❤❤
Mwabikoz neza urukundo ntiruhatwa inyuma haza ingaruka mbi courage mwes kunyigisho nziza 🎉🎉❤❤
Iheze nabi vrt yar yatanguye neza😢 nyene zoé baramuhamvye akiri mwisi yabazima shn nihatali gus vrt courage murashoboye ❤😊
Nakuntu wakumva ukuntu narimbategereje
❤❤❤❤
Number one mur mbwabumw nyen mump ❤❤❤
Mwakinye neza gx muguhamba ntimwar kuvuga nizina yyyy ng zoe kandi akiriho gayemw haaa! Gx mwarakoze iratwigishij❤❤❤🎉🎉🎉
Nice Season🎉
Yoooooo ndisabiye muyibandanye vrmnt 💪, ndabakunda cane mukina neza❤❤❤❤
Abakunzi ba Zoe n'a Chris mumpe like
Mwubahwe
Iy film irangiy ibabaje 😢😢
Mwubahwe cane🎉
Mwarimwaradutebej kuduh final muduh na like❤❤❤🎉🎉🎉
😮😮😮😮😮nomukaburi ngopa😮😮manawe
Ibintu vyose bibaye vyihuse mumwanya muto Koko???arko ndabona ibabaje
🎉🎉❤
Urukundo rwa lei kumbenuburyarya
Ndabakund ibind Iman izabankomerez❤
Hhhhhhhuriko uricuza cha😂😂😂😂😂❤❤❤😂
❤❤❤ Kari gateguye kwl nimudutemwo akandi
Ndahashitse
Yoooooh ngo final😢ntakundi ariko mwumvengo narabakunze pe mwakinye neza cane❤❤❤❤ariko nuko bidakund mwoyibandanij pe
Final muyikinye nabi yuuuuuuuuuuuu😢😢😢😢
Zoe dis 😭😭😭😭😭😭😭😭
Yoooooo yoooooo🤭🤭🤭😲😲😲😲😲 iheze nabi cane gose Zoé ntabwo warigupfa 💔💔💔😭😭😭😭🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️ reyi yagukunda. Kandi yakoze ukwashoboye kugira akugwanirire yemwe mwubahwe
Ndabikundira diiiisiii muranryohera
Turarindiriye iyindi nshasha muyidutemwo,Courage ❤❤
Iheze nabi iteye ubwoba yooo gus nyn ndabakunda mutegure iyindi vyihuse
Ndakangutswe kubona don't force love nyuma yigih kirekire 😂😂😂😂😂
😮😮😮😮😮😮😮😮 oe ayomaziko kombona arayanyayo mutubwire uwomuntu muhamvye ubundibwo nkazokura na Zoë nziruka kuko azoba arumuzimu
Nukur nanj nziruk bamuhamvye mbob non iyo foto bayishinzeko nyn
😂😂😂😂
mwarakuz kuduh impanuro ndabakunda❤❤❤🎉🎉🎉 courg kwer
Nkab ndahagez kumunoto wa 18 mur bwabumwe akira amashurw yanyu 🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝
Ndabakunda cyane 🥰
Mwarimwaradutebej vrt❤❤❤
Iyo scene yoguhamba zoe 🫢🫢🫢🫢🫢
Mwarimwatwicishije inyota❤❤❤
Zoé we love you
Zoe hejuru
Nice❤❤❤❤
Akaryosh ntigaher mwitama🎉🎉🎉🎉🎉
Iheze ntashaka nukuriii
❣❣❣❣
❤ narayikunze cn ndi umunyarwanda nkunda ibíkorwa byanyu cn wow😢
Thank youuuuuuuuuuu so much🎉🎉🎉❤❤
Ndabanze kubera musoje pe 😭😭 Please muyikomeze
Ubuhoho ntavyichi nazindutse mumpe linke ndazojane 😂🎉❤❤
Gusa iy film araryoshe p gusa nimuyibandanye 😢😢😢
Karababaje pe😢
Biteye ubwoba iyi films
😢😢😢😢iraheze ntakundi muga twabakunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Yaaaa Zoé ukw nyn ngo wapfuye
Film yar nziz can mwarakoz kutwigisha!gus pasteur umunt yiyahuy ntavyizigir vyo kuzoj mwijur kwel😂mbe dave n'umu bonne bataw mumwobo😮ko habay amazik ya zoe gusa😛tnx Iseke films
😂😂😂😂😂😂😂
Mbaye uwaga5 abaribayikumbuye nanje munyaruke❤❤❤❤❤❤
Ihez nabi cane😢😢😢🎉🎉🎉🎉 guanyen nakund
Deve agiye kurugamba kwl🎉🎉🎉🎉
Murakoze
Yariryoshe ariko muyirangije nabi.irababaje.mais turabakunda ❤❤❤❤
Nice ❤️❤️
Vyiza!!
Oyaaa twar twabakumbuy😢😢GS ntc rek ntr agateb ndabe
Mubikora neza cane 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Delicia wanj baramwish😢
Ingero yicaha nurupfu gus ndabakund muyibzndany
R.I.P zoe😢😢😢😢😢
Yooooo yooooo🙊🙊
😮😮😮😮😮😮
Ahaa Grégoire gute ndabona usigaye ukomeye pasteur
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Mukina neza caaane gusa film muzih episode nke caaane .nkiyo film vyari kuryoha Iyo muyibandany gusa acteur Na actrice ntibari gushok bapfa mwaca muraba uko mubigenza.courage mubikora neza turabakunda Kandi tuguma tubashigikira
Nonenikuberiki.mutayibandanya.kandihagezehomubiryosha.ngiraheze.kuberikimutikosira.mubandanya.amasezo
❤❤🎉🎉
😢😢😢😢🥰🥰🥰🥰🥰Muzoyibandanye🎉🎉🎉🎉🎉
Mwarimwatwicishije inyota
Ntiwice uwaweee😢!Ndabira arabikoze nabi!!!!
Nokwemera ko munyica mais sinopfa nemey ko munjana kwirimbi ng mugiy kunzika huuu😢😢
Much love Izere😊but iy film ihezee nabii wllh😢n'a Zoé apfuy😢
😮😮😮😮😮
Kiki mushize hibi vrt😢😢😢😢
Uyumusi mbaye uwambere❤❤❤ ndabakunda
Uramukuyeho
Iheze nabi p😢😢😢
Amba aruburyo buke,Gusa murazi kudendendeka film ep10?Oya namwe nimuze murategur film mufise umwanya ukwiye
Abicanyi barabanye🤭🤭
Chris warabahemukiye
Yari nziza Nuko muyimaze nabi
Murakunda ivyo mukina kwl ko abandi muterekanye amaziko yabo?
Thnk u sna 🥰❤️🙏 ni cigwa gikomeye
Congratulation
🎉🎉🎉🎉❤
BARAWUCIYE NGUHEZA GUHEMUKA IBIGORI BIKERA NON BASHA MUKIBI HALIMWO INYU.NKI??????? MUBARIRE OBO TUBIHURIZAKO😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Sha inyungu yikibi nurupfu rwagihonomu
Like nah nacerew
Muyihejeje kare vrt
😅😅😅😊
Je ikintu kuntwengeje😂😂😂nari narayibagiye ham ngo final😁😁

😮😮😮😮😮nomukaburi
ngopa😮😮manawe