ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Vyiza cane
th-cam.com/video/R08yGbSbkL4/w-d-xo.htmlsi=KwnL62bB31vykEu4 1:06 Dr Rusa arabisigura neza
Nn bagomba ivya kiranga bigumeho?
Vyogumaho bitakirihoAhubwo bigaruke !!!
@@eliasniyomwungere4792 nihatal
Noe waruzi yuko Aya madini turimwo ngo niyo yukuri ? Vyawap reka tubandanye dukurikira ubwije ngo turi namashengero Y'IMANA turimwo 😂😂 muta ndazi uraza kuntuka ariko ntaco bimbwiye kuko jeho gusubira gusenga sindimwo mugabo kubaha IMANA nivyanje mugabo gusenga ngo mwidini sinzosubira nkeeeu 😢😢
@@eliasniyomwungere4792bigaruke kweli burimuntu asenge ico yizeye karimana isumba vyose abo bagabo baba katorike kuva mugihe ca cubwami bwa Romaine empire, urazi kobari bakomeye cane , babonye bugire busambuke baciye bahitamwo gushinga Ako kadumbi dumbi katorike KUGIRA bagume kubwami knd urabona ko Umugambi wabo wakoze kbs😢 natwe INO ngo Mariya mweranda 😰 Jew ndubaha IMANA numutima wanje wose ariko ntadini fise sengamwo 😰😰
Vyiza cane
th-cam.com/video/R08yGbSbkL4/w-d-xo.htmlsi=KwnL62bB31vykEu4 1:06 Dr Rusa arabisigura neza
Nn bagomba ivya kiranga bigumeho?
Vyogumaho bitakiriho
Ahubwo bigaruke !!!