jewe narabakiriye Zion beach ndavyibuka mwanamfashe neza mwebwe kucerekeye tip sinobidogera mwbw vrt Landry ariko uwo mujama yarigihe bazana the Ben baraje we Na team yiw muri vinotheque yari mercredi nkunumunsi Nyen ewan Kubr atamarundi Bari bafis bansigira make genre yama devise en dollar ewana ijisho ryabaye iryo nakazi karahera ndakimubwiy Ngwazoza ewana apfuye gushika Buja aciye ambloka nihatl uwomujama icubahiro narindamufitiy kiriko kiragabanuka kbs
NtitwigeraTunanigwa Abakunda IGIFI KININi🐠🐡muri hehe? Shigikira #Ryoha by Monia Fleur 👉🏽 th-cam.com/video/XrkSPcf4BZw/w-d-xo.htmlsi=l5mCA7eOAObfGcg-
Uyu muhungu numusuma ngaha Sweden bro ask anyone here in Sweden 🇸🇪
@@jeanpierreniyonkuru298wewe uba Suède? Ko atarafungwa ikitwemeza ivyuvuga nigiki? Abarundi mwabaye gute?uracira urubanza umuntu ata preuve nimwe ufise atarukubwanuka gusa
Arasubiriye?😂
Muta woduha numéro za Now Now company kugir tubaze info kuko mukiganiro ntiyazitanze
@@AdB-oe9yh yes ntuye Sweden kandi sindi umurundi 😁😁😁
Uyu mu boss ndamufana😊numu jeune azi bissiness
Wallah akakajama jendakemera foo wallh ❤
🎉🎉🎉🎉🎉 my Brother wubahwe 🎉🎉🎉
Whaou courrage vraiment,ufise iciyumviro ciza ndagushigikiye
Rema my favorite star❤🎉
Mbayeee umbere mumpe link knd mukomeze mwagura music ndundi
Komera bwana bwana jean de Dieu
Turamushaka❤❤❤lema
Namateka meza urikwandikisha ❤
Courage mutananirw bandanyirizak kbx UK nyene binashobotse uzokoresh interview n'abanyamahang
🔥🔥🔥🔥
Russia iri mu ntambara ikeneye main d’œuvre MURAGABE!
Baz ikibazo kigufi gitahurits kugira ntiturambirwe canke bitugora gutahura, introduction ibe ngufi,ugabany kubaz ikibazo kimara 1min,si non turakwemera 🇧🇮✅
Oya ntakavuyo kiwe dukeneye nukuri😏🙄Nelly Nat azohatubere, ivyabaye azana Theben ntibizongere
Nta rema mwozana mureke kutubesh
Courage muta wew urakunda igihugu naho bogupinga 🤝🏾
Abarundi no gupinga nivyo vyabo kandi harimwo nubujuju ...
Jea dodie❤❤❤❤❤
Uyumujama aracabemeza cane muranagowe ahubwo
The Ben ntazabure
Kbsa hashe
Uyu musaza ndamwemera
Hari ibihugu vyinshi vyarungitse muri Russie babemereye ubuzi hanyuma baca babajana kurwana muri Ukraine. Ibihugu vyo muri Asie comme Inde vyagize pression kuri Russie barashobora gukurayo abantu babo
Attention bagenzi
The ben nawe ntazabure
The Ben ntazahabure kbx
#Hit_top_tv muhindure Ako ka erreur de frappe "for most❌"
Aho mwayahaze
Kwataduhaye adresse n'a contact yokumutorako kugira twigire Russie
Bisaba kwitanga broo ubutaha uzatuzanire Rihanna
Rema ntawenzi 😂😂😂
Naheruka kuja mubirori kera rema akamuzana nanje ndi ready kwitabira icogiteramo .
Ingo tukuzimane ubuswage ninjanga😂
duhe number yiwe
Narinkumbuye kukumvira #umuvumbuzi
landry uramumbwirira aze arariha ama facture Mwi Bari,akazi jewe karaheze kubwiwe Na num ziw barazimpaye arambloka ntako nari namwizey Ariko uyumujama ni fo Sana narabe ahindure
Ukorera hehe? Ndabahuze nawe agutunganirize
Uyu muntu Landry koribishoboka umufashe ndaz ntuzonanirwa ni muhan contact
jewe narabakiriye Zion beach ndavyibuka mwanamfashe neza mwebwe kucerekeye tip sinobidogera mwbw vrt Landry ariko uwo mujama yarigihe bazana the Ben baraje we Na team yiw muri vinotheque yari mercredi nkunumunsi Nyen ewan Kubr atamarundi Bari bafis bansigira make genre yama devise en dollar ewana ijisho ryabaye iryo nakazi karahera ndakimubwiy Ngwazoza ewana apfuye gushika Buja aciye ambloka nihatl uwomujama icubahiro narindamufitiy kiriko kiragabanuka kbs
Sawa naze nyen
ibintu biziza
🙄🙄🙄🙄🙄🙄rema
Sat b ntazabure
Tuzanir ico camamar rema
Nukuhatwika
Landy ww none rema uzoshobor umakir kwl???????
Ce Type est un aventurier
Uyo mujama numu escroc
Turamuzi nabari muri Sweden baramuzi ..
numubeshi ... ngo bamufatire indege The Ben ! Bomurihira 150000$ ya jet privet
@@axniza3216Ninde yakubwiye ko Jet irihwa $150,000?? Iyo utazi ivyo uvuga, uba ukwiye kunuma, apana kuza ngaha wigira umuhinga!!
@@axniza3216weho ntubeshe buhoro 150000$😂😂😂
@@axniza3216weho ntubeshe buhoro 150000$😂😂😂
Mfise ikibazo kimwe c'umuntu azoja kumwakira🤣🤣
Kabos 4really wenyen niwe abishoboyee
😂😂😂😂abatavyi😂😂
Bino bintu ntibir seriously ntamuco batanze be careful
Mubwire atwubakire alena isumba iyo mu rwanda izohora yakira abaririmvyi ba vvip
Nzocanza ndamwirahira
Uburusiya nyene?hhh
Ibaze kweri
Vyose bimeze neza ariko wige gusoma neza publicité
Murakoze
Why atahiz ubuzi mubindi bihugu atari Ubu Rusiya
Poutine we azohava abatwara kurwana mur Ukraine🤭
😂😂😂
Duhe Izo nember muta
Jewe mbona uno kusore wacu atokwumviriza vyabibwa bityoza bivuga ibigambo bicafuza umuntu kuko naw ubwiwe arazi abarundi utugeso twaboko batanezereregwa iterambere ryumuntu na fabrice nuko yatanguy bamupinga aguma yikorera abicisha ibikogwa bamwe bamwe baracits integ nubwo hatabuze abaguma bamusitora😂musore korakazi urekana nabibajinga
Tanga izo numero
62855659
ako ni kakabwa kigira aka boss iyombeba
😂😂😂😂
Invugo yawe ihindura abantu ibikoko ?? Uranciriritse muvyiyunviro no munvugo
Ni boss kuko atanga akazi kubantu benshi, rero ntabwo ari akabwa
Knd nyn arumv ar fière nokubesha😂at rema umuririmvyi wa 1milliom dollar 😅nikuvug 7milliards 700millions fbu🤣🤣🤣ewe mukhamaaaaa Landry nahor mbon umeng urumunyamwug gusa uw musi ndagusuzuguy kbx ububesh nkubw vrt ukabu posta
Narinkumbuye kukumvira #umuvumbuzi
Ingo tukuzimane ubuswage ninjanga😂