Umu cameraman wuyumusi ni fek yabakata ya zoomy canee hama alvin courage vrmnt jew ndumu fan wawe ahubwo il faut k ugira chaîne yaw ya tv j sais kuhora ugira ama blog mais ibi ugira muma tv yabandi vyigirire muri tv yawe Kuko ufis Impano nyishi cane ww uzoshika kure caneeeee
Alvin avuga amajambo menshi cane, il coupe la parole les invités na Carla c'est désagréable, nabe areka nabandi bavuge... Kandi ibintu vyose aguma yivuga, il ramène tout à lui, moi je moi je moi je ibintu vyose aca yivuga, aranduhisha 😂😂😂😂 Avuga gusumba umutumire ce n'est pas normal... Nabe areka abantu bavuge baheze , ikiganiro ntakigire iciwe 😅😅😅
😂😂😂ngo après nije ncandazataka Alvin vraiment aranduhura👌
Duo ya Alvin na lysa irasaraaa 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Alvin émission yakagaaaa🔥🔥🔥 duo magic carla muratesaa
Alvin muzotumire monia fleur 🙏🥰
Umu ex nuwo mwavyarany abasigay ninkina mico😅😅😅😅😅
Alvin kuel 😂😂 uruwamber ubu naho mutuzanir b face
🤣🤣🤣🤣🤣nukuri iyi emission yari itesa nukuri
Dukeneye monia naw❤
Monia ntakiba mu Burundi shaa, aza afise busy ya danger
Alvin kamanaa😂😂 urarenzee kbsaa😂
Alvin iki kiganiro cari icawee nyene ntawundii😂😂😂urabiryoshaaa fooo😂😂😂
Ngubuzima bwabikukiy 😂😂 iy emission Yar saw cn
Umu cameraman wuyumusi ni fek yabakata ya zoomy canee hama alvin courage vrmnt jew ndumu fan wawe ahubwo il faut k ugira chaîne yaw ya tv j sais kuhora ugira ama blog mais ibi ugira muma tv yabandi vyigirire muri tv yawe Kuko ufis Impano nyishi cane ww uzoshika kure caneeeee
😂😂😂😂😂😂😂😂alvin ndagukunda kabisa
One love
Dukeney b face😂😂😂😂
Carla duza ijwi.
Kabisa Nella de Matt nuwakera ahubwo natwibutse ivyiwe na masterland
We Alvine butangumwanya wabandi
Abarundi vrt muri makazi koose couragee Iki kiganiro kirateusa❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ariko mwakuyeh ko abantu bose bafise umunt banka? Ivyo sukuri vrm kuko nkanj sindaronk umunt nanka😂
Iki Kiganiro gitore amashurwe yacl🎉🎉
Alvin nareke kuza arivanga mubibazo atarivyiwe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Alvin avuga amajambo menshi cane, il coupe la parole les invités na Carla c'est désagréable, nabe areka nabandi bavuge... Kandi ibintu vyose aguma yivuga, il ramène tout à lui, moi je moi je moi je ibintu vyose aca yivuga, aranduhisha 😂😂😂😂 Avuga gusumba umutumire ce n'est pas normal... Nabe areka abantu bavuge baheze , ikiganiro ntakigire iciwe 😅😅😅
Numva umvugiye ibintuuu
Ukuntu aguma yinjirira Carla nahoo tubivugeko?
Murakoze kuri opinion yanyu tugiye kwikosora. Ariko rero ayo majambo menshi nyene ntayavuze ikiganiro nijewe nzi ukwo vyogenda kuko ivyonkora nije ndabizi ibiryohera abankurikirana ndabizi rero jewe nkora akazi kanje neza ariko wewe nimbubona ko aramajambo menshi cank kwivuga cane ni sawa niwewe ubibona donc ryohegwa nikiganiro cank usimbishe ahubona ko ndiko ndavuga cane 🧘🏾🙏🏻
Urazi ko Alvin ariwe atuma icokiganiro kiryoha?? Imagine iyaba gikoresha Carla wenyene Aho mwoba mukiraba tutabeshanye???? Rek shn umuntu wese agira ivyo akunda je nkunda ivy Alvin aguma avuga niyanayiheba nzoba ndayisezey iy tv
Sikazima atavuga ibitamuraba y'ivuga avuga ivyiwe
🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳
Ikiganiro cari kiryoshe kandi merci kuba mwaduhaye Ikiganiro kirekire😄😄😄
Alvin iyo fone itaha yamenetse uguma uyikubita hasi
Hanyuma ni b face
Ako kantu k'ingwizamurongo 😅😅 kabay ingeso 😎
Why do women like flirting 😏
Hama ndamaze kubona iyo mwatumiye abakobwa bakundinda baguma bavuga ngo impa ipiripiri kugirango babe bararya izo sambusa kuko mwenabo ipiripiri ntaco ibabwiye ntinakibababa😀
Muratuzanira na Monia fleur shn turamushaka
Tura Shaka muze muraduha ibindi biganiro kare
Oya namwe. Singombwa ngo abantu bose bagire umuntu banka. À moins que tudatahura ijambo "kwanka umuntu ico bisigua".
Murahindura mu ibibazo ivyo bibazo twarabihaze
Akunda agapiripiri
Dushak b Face
Uzamuzane
Non uwatazi French arahira gute? Ewee 😂😂😂😂😂😂
Nta 20.000Usd bamuhaye baba baje kwiyemera 20.000usd ni muma 80.000.000fr aho yotwereka urupangu afise ngaha Buja?aho usanga agipanze ngo yarose 20.000usd😀