Yes Hosy, turagukunda mupfasoni… karibu mu Rwanda, nkunda ko iyo hageze ku bibazo by’abarundi n’abanyarwanda nturya umunwa kandi ushyira mu kuri… nta matiku n’ibibazo wigirira. Keep it up girl✊🏾… Sabin ikirundi cyawe na Chita birashimishije kubyumva😅
Turagukunda cane Hosy❤️Urumurundikazi w umutima gusa abantu bari hanze ntibafasha abarundi bivanye namwe harigihe usaba ni numero nti muzitange!!!! None umuntu yofasha gute??? Ucufasha abakerebuka gutanga numero
Hozy Sabin ntumusige uze umuzanye i Buja muri show ya the Ben ubundi umunyarwanda ari muvyimyidagaduro iyi weekend azoguma hiyo i Kigali ataje i Buja muri show ya the Ben azoba ari ubukene.
Sura channel ya HOSY IRAKOZE:
youtube.com/@sirenvibestv?si=V6urWNL43AEou505
Mbakunda mwese kanini
Elle est très mignonne ❤❤❤❤
Nkunda gutega amatwi Abarundi noneho bashyiramo agafransa uuuuuh1🥰
Ewana ukunda mu Burundi nka jewe vraiment iyaba vyokunda noguhay ikiganiro ca parcours yanje peut etre ko vyokw' inspira abantu.
Hosy ubuzima nibwo bwatumye ubasha kwiyubaka.
Hubwo shima IMANA yakurinze ntucike intege ahubwo hamwe n'uko vyagushikiye ukiri muto bikaguha kuvisa loin.
Uzi abana babakobwa bakurira mu murongo mwiza bamara gushaka bagahura n'ibibazo ukuntu benshi muribo bavyakira très difficilement?
Icibagiwe co ni kwiyumvira kwiyubaka.
Hosy tu es une inspiration vraiment.Nguhaye akazina k'ubuhizi Hosy Oser👌👌👌
Hosy wacu I Burundi turagufana cane❤❤
Nubwambere mumenye ninabwo mubonye uyu murundikazi ariko mpise mwikundira❤
Abantu bakwimye akazi uzobashimire hosy cane Kuko IMANA hariho ahantu yarigushaka ,Aho yagushaka Naho nyene wahakuye umugisha .🙏🙏 Iyo uri mukibanza IMANA ishaka Vyose bicika imigisha
Hosy wacuu yashits kw'isimbi kwa Sabin shaa🎉🎉turagukunda mukobwa wacuu❤turamukiriz Sabin uti baragukunda abarundi kandi baragukurikirana❤❤
Hosy wacu❤ Sabin naw turagushaka Iburundi🇧🇮
Hosy Umurundikazi mwiza wacu dukunda hejuru cane beautiful 🇨🇦🇧🇮❤️
🇨🇦🇧🇮
Erega sabin umukeke ni commande
Nukuri turagukurikira pe kuko uganira neza
Ubu hoho vyarenze ,uriko uvuga kirundi ,bravo
Hosy, ari mubantu nabonye contents ze nsanga zirubaka pe! Ibi bihugu byacu nitwe (Abakiri bato) tuzabihuza, tukabana nk`abavandimwe. Abarundi ndabakunda cyane, mbona bari sexy!
Urakoze nukuri kudukunda arikovtwebwe abarundi urukundo tubakunda ruraruta urwo tubakunda😂😂 nubundi abana boguhera en 1990 ntamutima mubi bafs turahuza cane
Umurundikazi w'umutima ico ngukundira nuk uvuga neza igihugu cawe❤
Hosy wacu turamukunda♥️♥️sabin wakoze cane❤
Hosy buriy ntakintu kibera ubusa vrm kuk iy baguha akazi ntuba waragize ama efforts nkayo wagize yo gukora cane so Sabin wakoze kumuzana Hosy wacu❤❤❤❤
Hosy warakoze kwihanganira papa wumwana wawe wambere mwari Abana disi😊ariko turagukunda kdi turagushimira t’es vraiment un héroïne ✍🏻🤞🏼
Umurundikazi nkunda cyane @ Hosy ❤ from kgl
Sabin,naje ndagukunda.niwaza mu Burundi nzoguha umukeke😢😮😮😮
Hosy sindakuzi ariko ibiganiro vyaw ndabiraba. Komereza aho ugez ukora neza . Ndashima ukuntu uri proud yabo wavyay kandi ukabaronderera ubuzima. Keep shining darling.
Hejuru cane mukobwa w'i wacu Hosy❤Sabin wakoze kumwakira❤🇧🇮🇺🇲
Yes Hosy, turagukunda mupfasoni… karibu mu Rwanda, nkunda ko iyo hageze ku bibazo by’abarundi n’abanyarwanda nturya umunwa kandi ushyira mu kuri… nta matiku n’ibibazo wigirira. Keep it up girl✊🏾… Sabin ikirundi cyawe na Chita birashimishije kubyumva😅
Najyaga ndebe ibiganiro bye kugeza aho mbona baseka abanyarwanda ukuntu bavuga babanegura..... sinongeye kubireba hari nabandi babibonye
@@kigalirwanda8564hi
I think it was a joke
Waaaaaaaooooooo my favorite émission mbakunda cane bamenyeshamakuru banje Sabin & Hosy hejuru cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌹🌹🌹🌹🌹
Hama jewe naguhetse ma chérie, hejuru cyane
Ndamukunda hosy cane from🇧🇮🇧🇮
Sabin karibu iwacu. Hosy courage kand abarundi turakundana vrmt.
Merci hosy et sabin,muhezagirw
Bienvenue chez Sabin Hosy, tu es ma preferee sur les u tubes au Burundi.
Sabin wakoze caneee🙏🏾🙏🏾🙏🏾❤️, ikiganiro mwagiranye carimwo impanuro 👌🏾
Hoooosy Mwizaaa shn🥹🙏🏾😍,
Ter’imbere Nk’umuzingaaa shn👐🏾
Ukora ibintu vyiza cane Imana yarakoze kugushira k’unzira zacu🙏🏾, urakunzweeee Mwizaaa😍…
Uraaaambeee👐🏾.
10:57
Turagukunda cane Hosy❤️Urumurundikazi w umutima gusa abantu bari hanze ntibafasha abarundi bivanye namwe harigihe usaba ni numero nti muzitange!!!! None umuntu yofasha gute??? Ucufasha abakerebuka gutanga numero
Hosy wacu disi❤ terimbere muvyeyi mwiza utwihera Emission nziza
Sha Sabin ninamenyako ugomba kuza nzosaba i congé nze kukuraba nimba uzoboneka 😝😝😝😝🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
hosy disi akaba yishikiye kw'isimbi Sabin wakoze caaane kumwakira Bujumbura turamukunda arabazi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤
Hosy urinwiza caneeeeee kandi uciye uciyewenge ❤❤❤❤
Hozy ntiyirabura uko☹️☹️☹️☹️ariko ntaco émission iraryoshe ❤
Hosy turagukumda cyaneee
Nkunda ibiganiro vyanyu mwese kand biranyigisha cane ❤❤❤❤
Merci KO watuzaniye Hosy! Ark Hosy ubu ni Sawa biriko biraza kuma media online yomuburundi publicité ntizarikirenga🤦♀️ par exemple Iyo murwanda haruwa créer Channel Sabin abayamutumiye akatubwira ivyakora akana pininga ugasanga ugize amatsiko yokuja kuraba Ivyo Channel! Kd courage mukora neza murabogushigikirwa👌🇧🇮🇧🇮
Hosy and sabin mubandanye muturyohera chanel zanyu ndazi preferant cane gusumba izindi zose
Courage Hosy from 🇧🇮🇧🇮
Uhoraho abandanye agukoresha ibidasanzwe ur mugisha udasanzwe
Wauuu ❤ Sabin .Hosy wacu yashitse kwisimbi TV✌️✌️✌️
ndi J Marie Ngozi ,Sabin ndamwera,
Nahezagirwe
Hosy, merci! Nkunda kuvuga ngo: "Aux ames bien nées, la valeur n'attend pas le nombre des années!" Ibibi bivugwa ntibigakureho, va bon train!
Hossy my favorite TH-camr in Burundii.
Abarundi tuve ngaha turemeye Sabin gushika abonye 1M. Twagiye....🎉
Remera Bosena hosy kuri siren vibes❤Bose baronke 1M❤
@@amoranews6017cane gose urakoze kunyunganira!
Sabin jewe namye niyumvira kuyikuzanira nuko umudamu arihano womugwanda yigisha kujisha imitako mubikarito atarambwira kwavyigisha noje nyikuzaniye ndanabakunda mwese❤
Hosy irakoze 👏👏👏👏👏👏 ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🙏
Bjr. Ni we muntu gusa nkurikirana i Burundi.
Ndabakunda cane Sabin et Hosy
🔥shine brighter
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️❤️❤️Hosy wacu courage turagukundaaaa naw Sabin hezagirwa❤
Ndakwikundira canee ga chérie kacuuu❤❤
Washitse kwa Sabin shandagukunda🇧🇮😍
hosy kubera waje kwa sabin uriyongera ibindi bihumbi 1000000
Turagukunda murundikazi wacu❤❤
Najye nkunda show za hosy ❤❤❤❤❤❤🇷🇼🇷🇼
Arahambaye
Hosy courage.from Burundi 🇧🇮
Cyakoze genda Sabin ufite Camera 🎥 ❤❤❤❤❤Ikaze iwacu Kandi I wanyu Hosy wacu🇷🇼🇧🇮❤️❤️🤍🤍 komeza utere imbere ❤❤
Courage mwana w’Iwacu❤️
Wakoze kuzana hosy turamukunda sana
Ikiganiro ciza cane kabisa . Courage Hosy
Wooooa mbega ivyiza wakwetu burundi buja ❤❤❤❤❤❤❤
Hosy, I support you my lil sis. Keep up and let the sky be the limit.
Elle est sympatique
Hosy bravo ❤
Hosy Nanj nkunda ibiganiro vyaw disiiiii😍
Sabin ndakunda umutima wiwe ❤
Courage Mme Irakoze❤
Nanje ndakunda isimbi❤❤❤❤
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Hosy jewe icitegererezo cnj niwewe numva ngwaye gukora nkawe numva ngwaye kubincuti nawe naho bigoye ndabona nogukurako vyishi courage hosy
Hosy hejuru cane 🙌🙌🙌
Sabin wakoze kwakira Hosy wacu kwisimbi tv. BURUNDI n'URWANDA oyeee...!!!
Courage❤
ABA Grand frère babantu bubahwe cane❤
Hosy wnj shn❤
We are ploud of u hosy love from gtg✌️
Ego urakoze nzoza sha Rosy ndagukunda courag❤❤
Bien
Courage mukobwa mwiza hosy uzagera Kure 👍.
Courage Hosy wacu 🇧🇮
Courage Hosy, Umurundikazi wiwacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Hozy Sabin ntumusige uze umuzanye i Buja muri show ya the Ben ubundi umunyarwanda ari muvyimyidagaduro iyi weekend azoguma hiyo i Kigali ataje i Buja muri show ya the Ben azoba ari ubukene.
Hosy yashitse kwa sabin❤
Ndakuramukij Hosy nanj twariganye
🇧🇮 turamukunda cane ❤️✔️✔️✔️
Hossy courage cyane nukuri
Lov from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana ishimwe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Muburundi icyibazo cyanyu na camera zijyira ama imaje meza mujyira reba nkukuntu usaneza kwi simbi
Dusengere natwe Imana izoduhe nkuko yabahaye cane itaturengerezeho erega ntawanka ivyiza ababibuze
@@christella5092 urumuhanga wansubije neza nagutukana nkabandi. gsa muzabijyeraho namwe murimukazi kox kbx
Sabin nukuri ngyewe ndagukunda kandi ndumurundikazi ariko nagusavye kubona muri camera
Hosy wacu 🥰 🇧🇮
Love From Fresh tv257 🇧🇮
Respect Hosy&Sabin
Kure heza hashoboka hosy❤
Hosyyy ❤❤❤❤❤
Love from Burundi
Hejuruu
Keep shining Hosy wacuu❤❤
Sabin hosy turamwera sana akora neza nanje ndavyemera
Love from 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮