NDAYISHIMIYE AKIGERA MURI AMERIKA U BURUNDI BUHUYE N'IKIBAZO FMI IRABAHAGURUKIYE| BUGABWEHO IGITERO
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 10 ก.พ. 2025
- #ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc m23 amakuru mashya uyu munsi
CONTACT US: umuzungu15@gmail.com
Join ISHAMI TV WhatsApp Group: chat.whatsapp.....
Amakuru mashya ku Rwanda na Congo, M23 amakuru mashya, Intambara ya Kongo n u Rwanda, Intambara, FDLR amakuru mashya, Intwaro
Join this channel to get access to perks:
/ @ishamitv
Find us on Facebook: bit.ly/4aZt0k0
Follow us on X: bit.ly/3SeOaDv
Follow us on Instagam: bit.ly/3O4ZQq5
Ishami TV Website: ishami.rw/
And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: bit.ly/3vEnB1W
#m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #afc, #amakuru #congo
Sha aya amaraso yabarundi neva azahishyura 😡
Utunyarwobo turipfuza kubona UBwanyaburunga buhungabanye😂
Humura burapfunywa ntibupfa😊
Bufise Umwete,burugurura Channels nyene Ibiganiro bivuga uBurundi gusa😂😂😂
Erega turakaze nimumpe Like abavyemera😂
Ahubwo ntukomeye😂😂 tekana muburundi turafise umutekano Kandi president wacu ameze neza
Uburudi bugomba kumenya ko uta hemukira URWANDA ngo bikugwe Amahoro Ni bitaribyo baza bibona😂😂😂😂😂
Iminsi yanyu iraharuye
hagataha ntagisekeje kuko umubanyi natwegwa Nawe wotegwa gusa ibikenewe nugusegera Africa kuko iyikuse mukeba urayirenzurugo
Abanyarwanda murahanzwe nuburundi kweri,ryari mwavuzengo tanzania yatwugariye imipaka,ngo indege yaritwaye perezida ngo yatemvye sha muzopfana intuntu nagahinda.
KU ifoto ari kureba nkutari kumva ibyo bavuga
Guhera 2015 kugera ubu atamfashanyo cyangwa ingurane baha uburundi bagumye bahemba abakozi bose,gukora amatora,abenegihugu bafite Ibyo barya ahubwo bibariza ko ibiyeri byabuze ,essence yabuze kubera baguma bagura imodoka n'amapikipiki byinshi
😂😂😂muratwanka muga ntaco muzokor muburundi, muguma mukuga nkimisega yikigari nyen😂😂😂
Oya ahubwo baradutinya😂
Ntibasinzira!
Je nsindabona Abarundi bakora Ibiganiro bivuga ivy uRwanda 😅
Yamara Bo,barakorana kungurukana bumenyi ngo bumve ko uBurundi bwahenutse😂😂😂
Mwahenutse cyera
@EmmanuelMunyaneza-g7h nitwaba Twarahenutse , mwebwe Mwarambaraye kera Narindi.😊
Ehe aba,ntimuraheba amakuru yububeshi se,
Muri mbwa gusa . 😂
Amahera Neva ntayabuze kwisi yose barabizi kuko yaravyivugiye ko ariwe afasha ibindi bihugu,amahera bazoza barayayora mu mashirahamwe nka FOMI na prestige.....
Vuga ibibazo vyo murwanda uno musi nyene barara babaciye imitwe
Wamushenziw urikurabesha abanyargwanda bibijuju gusa imihimbiri
Ikintu kimbabaza nuburyo dukomeza kuraba ibiganiro vyamafuti tukibagira kuja gushigikira Abarundi benewacu mubiganiro biduteza imbere😏😏😏
Yac ubesh tetWa
Nta burundi bugisaba imfashanyo.kagame afise mandat zingahe?
Emwe namwe murazi guturira
Kazibe
Tekana mwiyakire banyarwanda Iguhugu cacu kirakundwa.
Kurumunwa ngaho imyaka tumaze tudahabwa imfashanyo nizongurane haraho abakozi bareta baretse guhebwa
Nimureke ishari ubu hoba hari kibazo neva akaba afise umu nezero nkuo muze mureka inzigo barundi guma kukivi turikumwe
ooooh twebwe turinjiji peee mwe nimwebwe murabanyabwenge koko mumenya ivyigihugu cuburundi ariko ivyanyu mukabinuma
ESE uburundi bwahemukiye urwanda mubiki?
Rekana nigihugu ca batinganyi. Ubera twanse. Ubutinganyi
😂 noe mwabanyarwanda mwe nibiki ko mubesha cane😅
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 uburundi ntibuzerinze ivyobihano kuritwebwe nitsinzi turigaba ntidushaka abafufasha izolfashanyo nubukoroni
Muri ibijuju , bacumugani ngo nta rugo rwubakira urundi mbese iwanyu muri mwijuru ziba mwambwamwe.
Ahubwo Ubu bugabo burisema, ntanindero bafise, muga ndabutahura buri kuri mission
Mur imifutu vuge kugihugu canyu uburundi mubureke
ARIKO UMUSHINGA WOGUCYURA IMPUNZI KIREBA AMERICA MURABONAKO MONISCO YATAHA NAMAHORO ABONETSE IKAZONGERA KUBESHYA ISI GUTE MUTAZIVANGA NDAYISHIMIYE NUKUMUBWIRA ATI SIGAHO NAWUZAGUTERA KURA INGABO MURI CONGO,
Mwabwamwe zabanyagwanda imihibiri
Ububeshi gusa
Twebwe Io FMI nikore ivyishaka ntidutinya
Rahira , uwibwirako ahagaze yirinde atagwa
Ntakibazo gihari mwa bishegumwe
Frex biro nomugwanda ntizorohewe abazifise birigwa barabaca amande. nomugwanda abenegihugu barembejwe namakoli abantu babuguza nuwahoye inkoko mwisoko ahubwo bazabuguza nimbeba zomunzu
Mwambesiremwe uwacu yagezeyo namwe nagende turabe konzi mutanamufise😂😮😅
Gusa Urwanda rurihenda ntigwoshyobora uburundi
Mbe wakijujuwe aragahura nikibazo wenyene wakiguguwe, Mbe abarundi urabagaburira , Mbe kobwabagaburiye kumashi Ubu Niho uriko irisimbiza uvuga ibicuritse k'uBurundi.niwe ushonje urondera ico utwoboguha kurinzi mbuga kuko kubesha ivyo ubesha aha utega ivyo bandika ngo uzotonke utwo urya .wakinebwewe .
We naragukunda nkuko nkunda abanyarwanda Bose ariko iyo utari sérieux ndakwanka pe. Ariko sinanka abanyarwanda Kuko ntamurundi ntamunyarwanda Kuko twari dukwiye kubahana dusanguye vyishi.
None Aho ntiwosohora isuka ukaja kumirimo ukareka kuremera muBurundi.
We ndaguhaye 2ans we uzoba wavumwe Kandi ntuzomenya iyo akaga kaje kava kubuzima bwawe .
Uwo Clément we reka kumubesha agukurikira muvyo uvuga.narabe ivyahariya iwabo areke kukwishinga.
Abanyarwanda banyunve neza sibo navuze kuko ndabakunda. Nase akanwa kawe. Akaga wipfuriza abarundi niwe uzohura nako
Urasara rwanda
Ayo mateshwa yanyu siyo.
We bi ntabwo bibaye adahari. Vyatangajwe ejo. Nimureke rero ayo mateshwa.
Narababwiye, iyi vendredi nyuma y'inama ya sac n'a Eac, entre Ndayisjomiye 'à Tchisekedi umwe1 arahirikwa. Coup d' état
Izimbwa zinyerahe tukazimesa
Nimwe mwononye akarere none nibigiki kigize icogifasha murivyo murikurevutwa mwarigize nkabazungu ariko isintisakaye uwariwewese yonyagirwa ntaciza canyu
Toka kur kabeshi
Komanyoko
Mwabuze content sha?
Abarundi nne bogwan n'urwanda bagwanira muri congo gute kndi muvugako atabasoda b'urwanda bari muri congo?muzahinyuka namwe muzaryimenera
😂😂😂😂 aba banyamakuru banyu nakasamutwe. Kungwano yamajambo murabambere😊
Hhh umuryango wose wagiye bakunda ibiryo ngo bariye avuga icyongereza kiramunanira hhhh ashyiramo ibifwera abazungu baratembagara baraseka
Reka kubweja nkimbwa mwabanyareanda. Twebwebw i burundi turahagaz twemy mwebwe gusa kora akaz kagame yabahay.
Reka kubesha mwarabuze ivyo muvunga
None ukuri kuri muRwanda ko mutakuvuga?? Ko mutavuga ko uwuriko arahungabanya iyi economy y'Uburundi akaba ariwe avyihishe inyuma ari ya mbwa y'imbobo ariyo mucakara waba_ occidentaux????
Erega turabiziko ari plan ya Kagome ariko mumenye nezako ari hafi kuja kwa shetani, ariko ikimbabaza nuko na Shetani ashobora kutamwakira😢😂😂😂
Pole sana kubanyagwanda
Wambwawe
Komutavuga ivyiwanyu,? imitahe myishi yumugambwe urikubutejyetsi, nugizengo arose amafranga etejyerezwa kwishikana, amafranga yumugambwe,E f p E R kubaka amashure, agaciro nutundi dukori dutuma umwenegihu ibyakoze byose reta niyo iterimbere umwegihugu agumasubira inyuma, namwebwe murabanze mukosore ayomakosa.
Propaganda
Bavugayabandiiiiiî ayabo bakayicarako
Ariko mwabamenyeshamakur mugwanda gwanyu ntavyomufis mwokwivugak
Kombona namw bitorosh
Ubwoba bwarashize? Narubonye rukanura amado imbere y'abazungu. Iki kijuju umwaka urangiye cyagiye Kinshasa bacyakira nk'umwami cyivsmo kivuga gahunda bafite yo guhindura leta mu Rwanda bagashyiraho FDLR, ubu bari gukubitirwa kongo bageze sud kivu kirasara. Ubu kigiye hariya kongera guta ibitabapfu. Un con président .
😂😂😂😂😂😂😂😂 fool
Ibi bigabo n'ubwenge bwo kujya kunnya ntibakigira,aho bavuze ubuzima bw'intore izirushya kwiba no kwica ,basimbire ku Burundi.
Uburundi ntamfashanyo tumenyereye kuko ntituri ibinebwe biguma biretse amaboko bisabiriza iwacu ntawurara atariye ngo nuko ataseze ariko mwebwe mutunze no kwiba inzahabu nimfashanyo babaha twe twashize imana imbere niyo idufasha muri vyose
Ahubwo Ubu bugabo burisema, ntanindero bafise, muga ndabutahura buri kuri mission.