ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Uwunvise mily ngo namisi itatu yomara mump like
Twamwumvise kwer ngontihera pee😂😂😂😂🫣🫣🫣🫣
Zurayiduha burimusi Hama samy nshaka kuzokinana naw film rimwe gusa ndiyumvamwo impanoyogukina m nuko ntavyemerew bivanye numuryangombamo CK idini ariko uzunfashe nkine rimwe ryonyene
Apana namisi bavuga ntamisi
Ahumbwo biramusa kl naze ndamurangire nukuri aranyiche😅😅😅😅😅😅
❤❤❤❤
Sammy nanj urashira mir timu yawa yogukina film kuva yonakwadikiy ukanka kunyishur vraiment nukuntu nkukunda ❤ ukuntu ikina neza
Umv nkutoze imigambi Blandine Ubu baj kukubwir ubahe ibintu vyumugab waw uzoc ubafata amajwi hamw atazoharir
Uko nukuri abafashe amajwi niho vyokworoha,nayahandi Alex akize bazomubwirako wayahaye ibihabara
Eeeeeee film komuyimaz😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Manyina madame ntuzobasinyire😢😢😢😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤Fata neza itunga ryumungabo wawe
Nanj ngiz 5 abaz nyum like hano tuhatwik kuryosozi ryabrandin
Vyiza umugore wumutima arinda urugo gwiwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Darlene iryo kofii niryo kl adaciyubweng azoba atumva 😁😁🤗🥰🥰
Basha unomusi ndabaye uwambere ndasavye like
Brandine umva uzoze urabafata amajwi arik hakub imbwa woba imva izompapur ntuzitang courage ndagukund cane mwe na sammy mbipfurije kuzokwubaka urugo mubanee alwx azokir komeza kwizera
yoooo mbay wamber abaz munyum yanj mump like kbx ❤❤❤😂😂😂😂😢😢
Irimwo inyigisho nziza cane arko uwomamaudog wabrandine arambabaje cane ivyahayagra peee ahayahohotera brandine cane gusa turabakunda cane abamwabukw nkawo nibabi kwe😭😭😭🎉🎉🎉🎉
Brandine nazigame itunga ryumugabo yemere abeho nabi ariko ntibasubire kumuhenda hama ndab❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Knd mump like2basha muri bwabumwe nyene
Mbaye uwa kane❤❤
❤❤nzobafana gushika Kumpera yisi
Brandine iyikurikira nukuza wanyoy sapor kugra wikureko iyo mihimbiri ikubonera😂😂😂
Courage iyi film irigisha cne
Brandine ndagukunda ba umugore mugabo izo mpapuro ntuzitange knd uce ubwenge uze urabafata amajwi jw iyo rôle yaw ntabwo noyishobora wosanga natukanye😂😂
Hejuru can iyiyo ndabona irenze izoryoha nka kanyana❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Sammy oyakir uzutabar umugorewaw aragowe man. Tabar kanyan ntiyorohew ❤❤❤❤❤
Ariko Mana yanje Blandine ugiye kuyabon kwl gusa niwihagarareko kandi usab Imana igufashe abumugab wawe bo baguhagurukiy
Ako gakobwa nindaya mbaya ngo ntikomara iminsi itatu umurima wumugenzi mukuwucunga uwuhagararamwo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Courage bantu banje. Love From BURIKUKIYE TV
Courage bagenzi kure cne niho mbifurije❤
Kbx iryo kofe uririye bikwiye ntamuntu yokubwira kugurisha ibintu nkivyo nawe ukemera
Oya jeho na tazwe kwer,,,,❤❤❤🎉🎉🎉🎉❤❤
Courage les amies
Abagore bamezukwo barabakera sha 😂nkanje woza nkunshinga kwingohe ngo nsinyira kandi ntumbaze amahera kiretse wandoze😂😂
Reka agubite brandine urikijuju niwuriko ubimuha kuberiki uguma umusinyira ugira bizoka kugatwe kande kiwawe urikigoryi pe😢
Pôle Sana brandine waciye mubigeragezo🌚🌚
Mbay uwakan mundemer mump utwodushurwe kl🎉🎉🎉
None imana timubona 😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤😊😊❤oya reka 😊😊😊
😂😂😂nonabicaa abagore batekereza nkuko mumbonera bakibahoo😮😮iiyoo nobah itegeko ryokudasubira noguhonyora murugo rwanj uwohagaruka nomuvunira mumavi😅😅😅uko sugutekerez nubujuju
Brandine uzogende mubitaro mwibanire numugabo wawe hamwe batazozabaraza kukugora muhira Hama ugume kwibanga ntuzosambane nahobakosha ntuzokwemere ntucinyuma Alexis
Iyi film iraryoshe
Branding iyo ndahaba nanje naguha amawashi kuko urakarofa kbsBarabivuze koko nguwusambura ugwiwe bamutiza umuhoro
nanje muminota 11 ndahageze 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
Courage❤❤❤🎉🎉🎉😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Blandine,bigendagute,kugirahazimuntu,akakubwirakugurisha ibintu vyumuryango,wawe,ukemera ugasinya,kanduziko mugihe umugabo,wawe,atahari,utegerezwa,guhagararira itunga ryumuryango.wabisizemwo ubujuju
Brandine urahazwe ndakurahiy utabaye Maso urugo urarutakaje wirinde abobaz kukwoshwa nanyokobukwe ivyo akubwir vyokugurish ibint ukavyemer nakaz kaw zurabafat amajw😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉
❤❤o mbajundira mwayinyarukanye
Brandina wihagarareko ntibakurenganye. Kwel.hama uwomamudogo agirayinjire mucumba cumuhungu mana nihatari. Rekaturindire parti 3.turebe iyobizoherera
NC film courage San 🇧🇮🇧🇮🔥
Nanj nduy mushik w Sami Nar kuguh ikofi nukur😂😂😂😂 WE woshirak signature gte utaz ic amahera agiy gukoraa ah wabishizemw ubujuju😮😮😮uy mugore naw ng mmn mudogo mwikure sha Brandine .nkizo mpapuro uzitangiy iki vrmaaa?urakajuju fata amajwi WE
Numuryango wumugabo nabahimbir bifuza agapfa😮😮😮😮😢😢
Mily Bonne actrice 🎉🎉
Blandine yarakwiye , kumenya ko ivyo asohora vyose, ingaruka izoza Kuri we, reo ikihari, narondere abatwara quartier, bibaye ngombwa, yiture ubutungane, canke naho afate amajwi inabukwe , Izo mpapuro ntuzimuhe, koma induru bagutabare
Courage 🎉
Darlene aranshisha umuhungu atwara uwashatse gumyibanga mwana Blandine
Ego mama😏😏😏😏nimba noba nanyoye saporo nahonyene bongeyemwo umuti!!! Urambonera ako!!!
Brandine iyikurikira uxoze uri jesh akaje uhonyora sik?? 😂😂
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ❤❤❤❤❤guma umusengera😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Milly waravyibushe sana urasa na neza disi😊😊😊😊
😂😂😂😂😂❤❤❤❤😂😂😂😂😅😅😅ego 💯 ✍ 😌 👌 urakuze ubuhoihangarareko madame ♥️ 😄 😀 😀 ❤️ 😆 👌 ♥️ ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂musohore madame akuvire muzu
Blandine courage❤❤❤🎉
Courage brooo Sammy mubikor neza can
Milly ww uje utavyorocha 😂😂😂😂 ngo nta 2 jour utabikoze 😂😂😂😂😂😂 uramwoheje🎉🎉🎉🎉🎉
AlllooooMutunyarukiriz🎉🎉🎉🎉
Muminota mirong 30 min nkaba ndahashitse❤❤❤
Waooo muratunyarukirij mukomer
Courage ndabakunda cane
Ahubw akomets buhor konon itung ryumuryang gx❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mukomere❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Mily ndamwase caneeecane bé n'a maman arexi ndamwase uwutavuzwe wewe ni mushiki wa arexi
Nabukwe,wa Blandine,niseseme,kweri.ama rôle mumuha,nayogukunda amahera gusa.ibintu arikagirira Blandine,birambabaje,caneee
❤❤ kubamurug nukwihangan
😂😂😂😂😂Miri uvuzukuri wewe numusi ntiwohera udasambanye ibikunda nkinkoko😂😂😂😂😂😂😂
Brandine uzobafate amajwi mamudogo wawe😢😢😢😢😢😢 aje kugurishaa
Bash iratey agahind arexi nav murikom
Blandine ariko nawene ntari responsable Ntakuntu Bell famille yoguma iguhenda ukaza uremera Abagor bameze nka Blandine mungo wapiiii.be mumenya gufata ingingo
❤❤❤❤❤❤umugore mwiza kbx
Nimubandanye midutamwo Kanyana and Samy 🫶🫶🫶🫶🫶🫶🫶🥰🥰🥰🥰
Turabakunda cneee❤❤❤
Courage🎉🎉🎉🎉🎉😊
None 😂😂😂😂zurabafata amajwi BRANDINE izuronke icemeza nayahandi umugabo wawe azokumara 😂😂😂😊
Courage Mr Sammy🎉🎉🎉❤
Brandine nyokobukwe ntakubeshe kuko ingaruka zizogaruka iwawewe cubwe mukobwa. Akakira uzobugowe
Nukur Blandine ahontiwokwikurako abobantu erega bagombe kugusamburira rabuzurafata majwi yivyo nyokobukwe akubwira
Blandina ntuhendwe inyoshambi inganumurozi
Babiri nka Milly babayev murino FLM twoba tugowe urumv ukuntu ahanura nabi 😂😂😂ma mudogo ninkunguzi😅😅
Courage 🎉🎉🎉🎉 Kand cane gose
Yooooooooooiii nukuri birababaje 😢😢😢😢😢😢😢
Courage m'y family❤
Brandine mwana wa mama ntugurishe nakimwe mugihe umugabo atahari hagararira urugo rwawe mukr
Courage xanaa 🎉🎉❤
Izonama za milly😂😂😂😂😂 welcome Milly
Abantu bikundira amatungo kuruta umuntu😂😂
Gusa iryo kofe bariguhay bikwiy umugore yohendwa uko nuwahehe? Kkkk nanje ntarubak sinumvako ivyo vyobaho kbx
Sindavyumva nanje ntaw bogiruko arumurwiwe
Wawo
Brandine ntiwemere gutangimpapuro Alex azokira
Nimubandanye midutamwo Kanyana and Samy 🫶🫶🫶🫶🫶🫶🫶🥰🥰🥰🥰 18:53
Hejur cn sammy❤❤
Gusukan kbx 😂😂😂😂😂 idwimwe kwer
Very good ❤❤❤🎉🎉❤
Courage❤❤❤❤🎉🎉
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢🎉🎉🎉ego 💯 ✍ 😌 ihagarareko cha
Very good❤❤❤
Waoooo Mr Sammy official 💪💪
❤❤❤❤❤❤ndazindutse oeeeee🎉🎉🎉🎉🎉
Ariko Brandine nawe kweli ntabwenge wanshizemwo iyo ubafata amajwi bose ivyo bakora nibyo bakubwira ukanabafata na vidéo 😂😂😂
Courage❤ ❤❤❤❤❤❤
Iyo scène ya blandine ntirik iraryosh film kk nta mudame murug yemer k abiwab numugab bazakugurish amatung rer barab bashiremw ubweng kugir iryosh cane
Uwunvise mily ngo namisi itatu yomara mump like
Twamwumvise kwer ngontihera pee😂😂😂😂🫣🫣🫣🫣
Zurayiduha burimusi Hama samy nshaka kuzokinana naw film rimwe gusa ndiyumvamwo impanoyogukina m nuko ntavyemerew bivanye numuryangombamo CK idini ariko uzunfashe nkine rimwe ryonyene
Apana namisi bavuga ntamisi
Ahumbwo biramusa kl naze ndamurangire nukuri aranyiche😅😅😅😅😅😅
❤❤❤❤
Sammy nanj urashira mir timu yawa yogukina film kuva yonakwadikiy ukanka kunyishur vraiment nukuntu nkukunda ❤ ukuntu ikina neza
Umv nkutoze imigambi Blandine Ubu baj kukubwir ubahe ibintu vyumugab waw uzoc ubafata amajwi hamw atazoharir
Uko nukuri abafashe amajwi niho vyokworoha,nayahandi Alex akize bazomubwirako wayahaye ibihabara
Eeeeeee film komuyimaz😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Manyina madame ntuzobasinyire😢😢😢😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤Fata neza itunga ryumungabo wawe
Nanj ngiz 5 abaz nyum like hano tuhatwik kuryosozi ryabrandin
Vyiza umugore wumutima arinda urugo gwiwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Darlene iryo kofii niryo kl adaciyubweng azoba atumva 😁😁🤗🥰🥰
Basha unomusi ndabaye uwambere ndasavye like
Brandine umva uzoze urabafata amajwi arik hakub imbwa woba imva izompapur ntuzitang courage ndagukund cane mwe na sammy mbipfurije kuzokwubaka urugo mubanee alwx azokir komeza kwizera
yoooo mbay wamber abaz munyum yanj mump like kbx ❤❤❤😂😂😂😂😢😢
Irimwo inyigisho nziza cane arko uwomamaudog wabrandine arambabaje cane ivyahayagra peee ahayahohotera brandine cane gusa turabakunda cane abamwabukw nkawo nibabi kwe😭😭😭🎉🎉🎉🎉
Brandine nazigame itunga ryumugabo yemere abeho nabi ariko ntibasubire kumuhenda hama ndab❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Knd mump like2basha muri bwabumwe nyene
Mbaye uwa kane❤❤
❤❤nzobafana gushika Kumpera yisi
Brandine iyikurikira nukuza wanyoy sapor kugra wikureko iyo mihimbiri ikubonera😂😂😂
Courage iyi film irigisha cne
Brandine ndagukunda ba umugore mugabo izo mpapuro ntuzitange knd uce ubwenge uze urabafata amajwi jw iyo rôle yaw ntabwo noyishobora wosanga natukanye😂😂
Hejuru can iyiyo ndabona irenze izoryoha nka kanyana❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Sammy oyakir uzutabar umugorewaw aragowe man. Tabar kanyan ntiyorohew ❤❤❤❤❤
Ariko Mana yanje Blandine ugiye kuyabon kwl gusa niwihagarareko kandi usab Imana igufashe abumugab wawe bo baguhagurukiy
Ako gakobwa nindaya mbaya ngo ntikomara iminsi itatu umurima wumugenzi mukuwucunga uwuhagararamwo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Courage bantu banje. Love From BURIKUKIYE TV
Courage bagenzi kure cne niho mbifurije❤
Kbx iryo kofe uririye bikwiye ntamuntu yokubwira kugurisha ibintu nkivyo nawe ukemera
Oya jeho na tazwe kwer,,,,❤❤❤🎉🎉🎉🎉❤❤
Courage les amies
Abagore bamezukwo barabakera sha 😂nkanje woza nkunshinga kwingohe ngo nsinyira kandi ntumbaze amahera kiretse wandoze😂😂
Reka agubite brandine urikijuju niwuriko ubimuha kuberiki uguma umusinyira ugira bizoka kugatwe kande kiwawe urikigoryi pe😢
Pôle Sana brandine waciye mubigeragezo🌚🌚
Mbay uwakan mundemer mump utwodushurwe kl🎉🎉🎉
None imana timubona 😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤😊😊❤oya reka 😊😊😊
😂😂😂nonabicaa abagore batekereza nkuko mumbonera bakibahoo😮😮iiyoo nobah itegeko ryokudasubira noguhonyora murugo rwanj uwohagaruka nomuvunira mumavi😅😅😅uko sugutekerez nubujuju
Brandine uzogende mubitaro mwibanire numugabo wawe hamwe batazozabaraza kukugora muhira Hama ugume kwibanga ntuzosambane nahobakosha ntuzokwemere ntucinyuma Alexis
Iyi film iraryoshe
Branding iyo ndahaba nanje naguha amawashi kuko urakarofa kbs
Barabivuze koko nguwusambura ugwiwe bamutiza umuhoro
nanje muminota 11 ndahageze 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
Courage❤❤❤🎉🎉🎉😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Blandine,bigendagute,kugirahazimuntu,akakubwirakugurisha ibintu vyumuryango,wawe,ukemera ugasinya,kanduziko mugihe umugabo,wawe,atahari,utegerezwa,guhagararira itunga ryumuryango.wabisizemwo ubujuju
Brandine urahazwe ndakurahiy utabaye Maso urugo urarutakaje wirinde abobaz kukwoshwa nanyokobukwe ivyo akubwir vyokugurish ibint ukavyemer nakaz kaw zurabafat amajw😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉
❤❤o mbajundira mwayinyarukanye
Brandina wihagarareko ntibakurenganye. Kwel.hama uwomamudogo agirayinjire mucumba cumuhungu mana nihatari. Rekaturindire parti 3.turebe iyobizoherera
NC film courage San 🇧🇮🇧🇮🔥
Nanj nduy mushik w Sami Nar kuguh ikofi nukur😂😂😂😂 WE woshirak signature gte utaz ic amahera agiy gukoraa ah wabishizemw ubujuju😮😮😮uy mugore naw ng mmn mudogo mwikure sha Brandine .nkizo mpapuro uzitangiy iki vrmaaa?urakajuju fata amajwi WE
Numuryango wumugabo nabahimbir bifuza agapfa😮😮😮😮😢😢
Mily Bonne actrice 🎉🎉
Blandine yarakwiye , kumenya ko ivyo asohora vyose, ingaruka izoza Kuri we, reo ikihari, narondere abatwara quartier, bibaye ngombwa, yiture ubutungane, canke naho afate amajwi inabukwe ,
Izo mpapuro ntuzimuhe, koma induru bagutabare
Courage 🎉
Darlene aranshisha umuhungu atwara uwashatse gumyibanga mwana Blandine
Ego mama😏😏😏😏nimba noba nanyoye saporo nahonyene bongeyemwo umuti!!! Urambonera ako!!!
Brandine iyikurikira uxoze uri jesh akaje uhonyora sik?? 😂😂
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ❤❤❤❤❤guma umusengera😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Milly waravyibushe sana urasa na neza disi😊😊😊😊
😂😂😂😂😂❤❤❤❤😂😂😂😂😅😅😅ego 💯 ✍ 😌 👌 urakuze ubuhoihangarareko madame ♥️ 😄 😀 😀 ❤️ 😆 👌 ♥️ ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂musohore madame akuvire muzu
Blandine courage❤❤❤🎉
Courage brooo Sammy mubikor neza can
Milly ww uje utavyorocha 😂😂😂😂 ngo nta 2 jour utabikoze 😂😂😂😂😂😂 uramwoheje🎉🎉🎉🎉🎉
Allloooo
Mutunyarukiriz
🎉🎉🎉🎉
Muminota mirong 30 min nkaba ndahashitse❤❤❤
Waooo muratunyarukirij mukomer
Courage ndabakunda cane
Ahubw akomets buhor konon itung ryumuryang gx❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mukomere❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Mily ndamwase caneeecane bé n'a maman arexi ndamwase uwutavuzwe wewe ni mushiki wa arexi
Nabukwe,wa Blandine,niseseme,kweri.ama rôle mumuha,nayogukunda amahera gusa.ibintu arikagirira Blandine,birambabaje,caneee
❤❤ kubamurug nukwihangan
😂😂😂😂😂Miri uvuzukuri wewe numusi ntiwohera udasambanye ibikunda nkinkoko😂😂😂😂😂😂😂
Brandine uzobafate amajwi mamudogo wawe😢😢😢😢😢😢 aje kugurishaa
Bash iratey agahind arexi nav murikom
Blandine ariko nawene ntari responsable
Ntakuntu Bell famille yoguma iguhenda ukaza uremera
Abagor bameze nka Blandine mungo wapiiii.be mumenya gufata ingingo