Reka kuzana politics mu banyagihugu, urumva umunyarwanda aba iburundi yagize ikibazo ? Ko tubibona kuma tv yishakira gutwika bakerekana ama photo ata video
@@karoprint-nb7mu uko niko kuri ababyeyi,abavukana n’abari baragiye iburundi bariko barataza kubera bimeze nabi Ababyeyi bariko barasaba go gouvernement y’uRwanda go ivugane na gouvernement y’iburundi kungira go abana babo batahe amahoro. Kandi gouvernement y’iburundi yavuze ko idashaka abanyarwanda murino minsi. Humura nago ikibazo kiri abaturange.
Ariko mureke kuza murabesha,uraza ndakwereke abanyarwanda bari buja uko bameze. Ego hari bintu vya politique,birashoboka ko hari abanyarwanda bigiriwe nabi ariko si bose kuko jewe ndabazi bari buja,barakora kandi bameze neza
Instagram yabo: instagram.com/abeza_b_akaranga Call & WhatsApp: +250722828707
❤
Ariko nitwiza bambi 😢❤❤❤ feel at home 🇷🇼beautiful ladies❤️
Aba bana banyweye amata 😍
Abeza b'Akaranga disi Abarundi turabishimiye kandi Turabakunda Chita Que Dieu Te Bénisse encore 🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️
Waouuu Chita unerej umutima wanje ❤❤ hejuru caane aba cherie 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇷🇼 🇷🇼
Mucibitoke ca rugombo twakubonye mushiki wacu we love you from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
N'ubund turi bamwe🇧🇮🇷🇼one love
Wow turibamwe rwose ntihazagire abadutatandukanya rwose ❤
Abanyamuyinga mwese yambiiiii 🎉🎉❤❤❤
Yambiii ! Urihe Naw ?
@@nadiavyukusenge4970 saudia 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Abezaaaaaaa Oyeeeeh 💞🇧🇮Ryioh @Préférée warurway?Ko wazimy😂Féliicitations kuri Bénigne &Elyza&Kelly aba derangeuse bambere 😅Hama Merci bcp Guhezagira amaso yabarundi nabanyarwanda mukutwereka ibi vyiza vy'Iburundi❤🇧🇮God Bless you @Chitaaah Magiiicc
Ako nitwiza disi Imana Ibahe umugisha bana bato abarundi abanyarwanda turi bamwe rwose Imana ihe umugisha namahoro igihugu cyurwanda nuburundi kdi izane amahoro mukarere rwose turabavandimwe p icyodupfana kiruta icyodupfa
❤
❤❤❤
Mwakoze kubatumira cane ndazi ko hari vyishi bashoboye vrmt
Chita in burundi we love you may GOD blesse you so much 🙏🙏🙏🥰🥰🥰🇧🇮💕
Wow Abeza b'akaranga keep on shining mukarere koguhimiriza umuco n'akaranga we ❤ Chita magic Oyeeee✊
🇷🇼🇧🇮💯💯
Ababana Imana Ibahe umugisha baravyina nexa gose
ubundi se ko mbona byose imico y'Uburundi n'Urwanda aribimwe turapfa iki koko
Isigireho Natwe turacabaza rata😢
Wakoze Chita ko usubiza hamwe abaturanyi utari nka bamwe bariko bakokeza urwanko.
Waratahuye ko ata kibazo kiri hagati y' abenegihugu ari abanya politiques bariko bazana inzankano.
Yooo!!!!!!chit wakoze caane kutwakirira abarundi bacu ubund uburundi nurwanda turi bamw chita urakunzw i Burundi💗💗
Wooooa natwe turagukunda abarundi ❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤🇷🇼🇷🇼❤💯✅🎉🎉🥳🥳🥳💃💃💃🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪
Natwe turabakunda caaane mur'Abantu beza
Reka nkande kunzogera kutweretse inkumi ziwacu très bien chita
Urakoze cane chita kndi ndabiziko ukunda abarundi ❤❤❤ wubahwe
Ndasuhuje muyinga ❤
URwanda dufite ubudasa niyo mpamvu n Imana idukunda. Abacu bairyo barimo kumeneshwa, ababontubafashe nkabacu turatwemga tukayaga
Reka kuzana politics mu banyagihugu, urumva umunyarwanda aba iburundi yagize ikibazo ? Ko tubibona kuma tv yishakira gutwika bakerekana ama photo ata video
Brandefilms kuva imipaka 🇧🇮bayifuga abayobozi bi Burundi bahisemo umurogo wogufata abanyarwanda nabi
babafuga kubera bavuga ikinyarwanda,
ariko nyine ikiza nuko abayobozi bu 🇷🇼 batajya mumurogogo wogufata abarundi nabi.
@@aaronbe9966
Ufise ivyiyunviro bitari En Jour Normalement
@@karoprint-nb7mu
uko niko kuri ababyeyi,abavukana n’abari baragiye iburundi bariko barataza kubera bimeze nabi
Ababyeyi bariko barasaba go gouvernement y’uRwanda go ivugane na gouvernement y’iburundi kungira go abana babo batahe amahoro.
Kandi gouvernement y’iburundi yavuze ko idashaka abanyarwanda murino minsi.
Humura nago ikibazo kiri abaturange.
Ariko mureke kuza murabesha,uraza ndakwereke abanyarwanda bari buja uko bameze.
Ego hari bintu vya politique,birashoboka ko hari abanyarwanda bigiriwe nabi ariko si bose kuko jewe ndabazi bari buja,barakora kandi bameze neza
Nabana baba boss
Canke mfit ishari🤐mutamba neza bibondo courage❤❤❤❤❤
Chita merci beaucoup kutwereka abarundi bacu
Chita wakoze kuzana bano bana b'abarundikazi.
Banyarwanda n'abarundi ntimwiteho ibibazo vy'a politique,bituma tutibuka ico dusangiye hagati yacu.ivya politique mubirekere abanyapolitique hama abanyagihugu n'abaturage turi bamwe,kandi ntakizohinduka babikunda batabikunda.
Ndashimiye chita kukintu akoze,kuko izindi mbuga nko kuri x,usanga bari gutuka bamwe canke abandi
🇧🇮❤️🇷🇼
❤❤❤❤❤
Arazi KO buca bugacana ayandi.arategerako ejo ingorane za politique ziriko zihungabanya ibihugu vyacu ejo buraca bitoregwe inyishu.Niyompamvu yanka kxiyandagaza . yubahwe ahubwo
Abanyarwanda twe tugira urukundo ntago bivuzeko Niba muburundi bafunze abacu natwe tubigenza uko
Wap ahubwo turabakira nkibisanzwe kandi mujye mumenyako turi bamwe haba mumuco ndetse nibindi.
Abanyarwanda twe tugira urukundo ntago bivuzeko Niba muburundi bafunze abacu natwe tubigenza uko
Wap ahubwo turabakira nkibisanzwe kandi mujye mumenyako turi bamwe haba mumuco ndetse nibindi.
Abeza B'akaranga hejuru cane 🇧🇮
Mbega ikiganiro ciza kitwibutsa ko turi bamwe.
Nukuri abanye politike batureke tubeho
Mutumye ndabakumbura mwese love you ❤❤❤
Wawouuu mbega ibintu vyiza nukuri Chita azobatumire kandi 😘
Mbega kuvyina weee abigeme baringaha baravyina koko❤❤❤❤
Ndabakunda
Thanks chita we love you here🇧🇮🇧🇮🇧🇮
One Love, One Nation ❤❤
Batabizi byahatari kbx ahubwo hakenewe igitaramo cyumucyo gakondo wabo
My cheilla ndabakumbuye so proud of you 😭❤️🫂
Abanyarwanda=Abarundi rwose (Turibamwe rwose)
Wakoze kutwakirira abana. Courage bakobwa beza
Waoooo Abeza b'Akaranga turabafana cane ❤️💕
MURAKOZE 🙏
Yooooh M🤗🤗🤗ana
Abanya Bwiza turagutahije❤
Ni twiza bambi du courage mugere kure cane ntimugate umuco disi
Chita Magic hejuru cane❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Bazi kubyina
Mwiririwe mwiriwe bavyeyi mwiriwe turatanze mwiririwe cita turagukunze WW ntuzana ivyinzankano❤️❤️🇧🇮turabankunze CN muzohore muza kwacita kuduteramisha
Umunya kamenge oyeee
Bajemukazi umuntuyatoranya
Umunyakanyosha heju tuvyumvakumwe❤❤❤
👍👍👍👍👍🤣
Culture👆✅
akaranga kubahwe🎀🌹🇧🇮🇷🇼✅
Burundi 🇧🇮
❤️❤️🇧🇮🇧🇮💪💪👌👌
Mugubwe neza iwacu rwose turatenanye
Ww womukamenge salam disi nanj nihomba
Ndabakunda can kk nabiwac🎉🎉🎉
Cibitoke mutakura tumenyane ❤❤ Jacquy nari narakubuze wewe ❤
Yooo ndahari mwiza bite se?
Waouh
Barundikazi bacu❤❤❤
Chita thx wacuu we love you🇷🇼🇸🇪
Arabona example nziza yimyambarire rwose arabo ntavuze baza on camera ubusa aribwo bararitse courage KBs
They are so beautiful 🥹❤️🥰🥰🥰nukuri ndabakunze cne 💝
Ikirundi nsanze neza gihuye ni kinyamulenge iyo mihango abanyamulenge nabo barayikora
Bose nibamwe
Erega abanyamurenge mpora numv ngo harimw aba rundi n'abanyarwanda
Hejuru caneeeeee
Nice to see our Sisters, Kanyosha oyeee
Wa kamenge 🎉
Mr6 chita
🇧🇮🇧🇮
Merci chita 🙏🌹🌹🇧🇮
Cheilla 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mbega kuvyina weee abigeme baringaha baravyina koko
Icwiiiiiiiiiiiii mbega utunyambo twiza
Courage🔥🔥🔥
Santa ndakuramukije
We love you so much❤
Cibitok oyeeee
🎉🎉🎉🎉❤❤cbc hejuru cane
🙏❤🇧🇮
Chita yubahwe
Babanyokuro abana babakecuru gusa ni bon biryoshe kuba mutataye akaranga abomu cibitoke carugombo Mumpe like twaserukiwe
😂❤❤
Sha ntimuz nokuririmb amaka muyatamvy nab kbx
❤❤❤
Hhh mukama ❤❤❤❤❤ chita kumutina
😂 Murabo harimo uzambera umugore
❤❤❤❤❤❤❤❤
GWOD ndababona 😂😂😂😂
Babuze ingoma.
😂😂😂😂😂ndagagaye
Turi fresh Chita 🇧🇮 nawe umeze neza?
NI fresh sana 😊
@@CHiTAMAGIC7 aho ni sawa Caneee Karibu mu kigobe naho(niyo quartier numvise utavuze😁)
Lynca vs Grace🎉🎉🎉
Nabarundi bakaranga kbx
❤️ 🙏
Nibyo nibeza
❤️🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ariko mwabuze imvutano barundikazi ?
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍👍👍👍👍❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Nudusazi😂😂😂
Ababana Imana Ibahe umugisha baravyina nexa gose
🇧🇮🇧🇮
❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤
Ababana Imana Ibahe umugisha baravyina nexa gose
Ababana Imana Ibahe umugisha baravyina nexa gose