Amatohoza yimbitse kw'inyuruzwa rya Chris_KABWESI yanyurujwe n'iperereza kw'itegeko rya

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 22 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น •

  • @FroduardUwiringiyimana
    @FroduardUwiringiyimana 2 วันที่ผ่านมา

    Imana imutabare Chris ivyaho mumena n'amqyobera

  • @barakanarichard8106
    @barakanarichard8106 2 วันที่ผ่านมา

    Abarundi mugire urukondo mukundane kuko mwese mwararemwe n'imana imwe umuntu agiye kwa muganga amaraso atwega ntaraba ubwoko bisingura yuko twaremwe n'imana imwe

  • @davidwolf6999
    @davidwolf6999 วันที่ผ่านมา

    Wewe urumusazi ntamakuru ufise

  • @gilbertnimubona3291
    @gilbertnimubona3291 3 วันที่ผ่านมา +3

    Oya Ari mwi perereza Niyo apfungiwe numuryango wiwe urabizi baranaja kumuraba

    • @AmusedBuffalo-ct9us
      @AmusedBuffalo-ct9us 3 วันที่ผ่านมา

      Imana ishimwe ko abiwabo Boba bamubona ariko icokigabo kigomba kwicisha benewabo nibo baba bakwiye kwicwa wew ndori nawewe uzicwaaaa

  • @davidwolf6999
    @davidwolf6999 วันที่ผ่านมา

    Ivyo bi message nimwe mwavyiyandikire mugaca muzangaha kubesha abarundi aba chinoi ntiboguha ibintu vyabo utarabishura

  • @UwamariyaDusabe
    @UwamariyaDusabe 2 วันที่ผ่านมา

    Hello fatafaka Turanbiweagasunzuguro 😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @Muhorakeye1982
    @Muhorakeye1982 2 วันที่ผ่านมา

    Reka irementanya. Uraza gutangaza inkuru zububeshi ngaho. Abandi bafunzwe baba banyurujwe?Hari umuntu anyuruzwa famille yiwe izi aho ari? Kura ubureganya ngaho.

    • @JosephSikogukira
      @JosephSikogukira 2 วันที่ผ่านมา +1

      Wibaza ko ukunda aka kagwi k'abicanyi kuruta Peter, Bunyoni, Maregos, Hafsa Mossi, Adolphe n'abandi benshi bari he ? Nawewe uraraba ingero ikurindiriye ! Igipfa caburiwe ni impongo.

    • @ndayishimiyerichard5680
      @ndayishimiyerichard5680 2 วันที่ผ่านมา

      None bamufata nkuwunyurujwe. Bamureka uraziko indandende yanyu izoruhuka ihumiye indya. Mugir mumugir nka Rodrigue Nzeyimana? Abo bitwa abagwizabatunga babarundi nabasuma abicanyi biba ivyabandi. Ni mafia yigendera. Ntaho mutaniye na Habyarimana muri 1993. Agatu gatekey amahwa karimena mwabinywamaraso mwe.nimugezaho ikibi mukora muziyimbira icobo

  • @MbaliMyeza-n4p
    @MbaliMyeza-n4p 2 วันที่ผ่านมา

    Abanyakayanza wewe ntabuzi nisuma ahubwo iyo bamwica

  • @ndayikengurukiyeclavernday59
    @ndayikengurukiyeclavernday59 2 วันที่ผ่านมา

    Ukuri kurabaho mugabo Bobo navuge nk’umuntu afise umutima.nimba yarize navuge nkuwize. Vyiza nuko uvuze uko ubibona pour dire kubivuga selon ton état de santé mentale