ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Imana ihezagir abakiny ba film nabon anita sabas amed kamikaz sami nabandi ntibagiye nyama😂namubonye atwenZe nabandi nibagiy amazin yabo vyaribiryoshe canne fanny muzemugire urugo rwiza ❤❤❤
Imana Ibubakire bakunzi bimana ndabakunda cane❤
Abavukanyi ba Fanny nambaye nezaaaa🎉🎉Sammy Nawe yajekurubanzabyambayenabi😂impuzu twamatumubonamwo muri firme😮
Yoooooo mbega akana kanshimishije ❤
Fresh tv hejur mubiduha neza❤❤
Imana iz ibubakir vyar biryosh caaaaan💖💖💖💖
Uwabonye nyamana harariya 😂😂😂😂😂abantu ga yemwe turagoye
Erega ugiye kubiraba ntarwanko rurimwo birya nyama avuga sukuvugako abanka nivyabintu vyabo vyokumbuga kubwivyo birahimbaye umuntu nibazako abishiramwo ninzigo ni Akes Don 😂😂😂
Uwuzobarwanya ijuru rizerimurwanye yesu azabubakire
Imana izibubakire vyari bishajij
Ico yavuze aragisohoje muze mwubke Rugum Urugo gwanyu haz have ibutah Mana❤🎉
Iragisoje imana ntibesha lavine ndagukeje caaane umukama azakwubakire
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
😂😂😂😂 uyumwana ❤❤🌹🌹🤣🤣
Nivyiza bwabundi nyama namba atarurusaku rwamuzanye yaca amahera kumbe arabakunda hma ndabonye dico,sabbas,amedée nawawund maneko womuri ntahoyagiye😁😁
Imana ishimwe caaaane kuba vyabaye vrt twe bitakunze ko tuhashika twahomvye kbx
❤❤
Na nyama ndamubonye😂😂😂😂
😂😂😂😂 arih
♥️♥️♥️♥️
Parrain yambaye neza kurenza umusore
Nukuri byaribyiza sabasi namubonye yambaye neza cyane ariko sami yambaye nabi umupira wimbeho yararwayese nibanta kote rwumbukwe agira.basi iyoyihangana akarikodesha karumutunzi atabuze amahera ariko akaza mubukwe asaneza
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Fani nshuti yange nkunda rata imana izaguhezagire
Fresh TV hejuru mubicu😂😂
Ndakurikirana ivyawe vuose narakunze ukuntu ntare 6 mwabanye imana ibabe hafi muvyanyu muronke abahungu nabakobwa
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Sinarinz nanyama koyohashik akamwenyur😂😂😂😂😂😂
❤❤❤❤namamvutagusa❤❤🎉🎉
❤❤❤❤❤
Ndabona nkabose mwaje gushigira bo bacu mr Sammy King Sabbas Nyama Jedidier nabandi benshi mwubahwe pe
Abahageze ndabona vyari birori
🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳
Bandanya uduha
Bubaye ubwamber mbonye Nyama aseka sinzi uwumusekejye
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉😂😂😂
Vyari bites nukuri 😂
Muzobe amakara ntimube urubeya
abaza nyuma mump twatuntu
Kobirenz
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Imana ihezagir abakiny ba film nabon anita sabas amed kamikaz sami nabandi ntibagiye nyama😂namubonye atwenZe nabandi nibagiy amazin yabo vyaribiryoshe canne fanny muzemugire urugo rwiza ❤❤❤
Imana Ibubakire bakunzi bimana ndabakunda cane❤
Abavukanyi ba Fanny nambaye nezaaaa🎉🎉
Sammy Nawe yajekurubanzabyambayenabi😂impuzu twamatumubonamwo muri firme😮