ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Nibareke imikino ntamatora ari muburundi.
Mugisha nahora ndagufana muga wapi unomusi p,mbe uraziko urunani rutagiye mumatorako baba bahaye amahirwe umugambwe Uprona??uwudatoye cndd fdd yocatora uprona ikaba iravyungukiyemwo,ntakundi urubuzinkware reka rumvumbukane igihuna,hakwijwi ryohabwa Uprona,ryohabwa urunani .
Oya abanyepolitke benshi nabinda gusaa twarabahinyuye bosee😂😂 nibige kuroba,kurima,kucuruza ,kworora etc...
Amatora meza maze kubona ngitangura gutora,Ni amatora yararongowe na Paul Ngarambe!
Monsieur François Bizimana, porte parole de la CENI. Les Burundais de l, étranger n, ont pas été considérés... L, Exemple c, est le Canada où il y, a une grande communauté burunsaise...
Ahubwo cnl dd yo bite? Barahemuts bazopfa bangara!
Abarundi bafisubwenge yacusarara
Barabeshe ,ko muri Zambia batandirse
Buraca bugacana ayandi ngejej ariko kandi aho mwabukaranga twar musi yurujo igih numucamanza kndi kizogera ukur kuzoj ahabona rek twigumire kumavi
Bamusubize umugambwe wiwe yitoze
Vyoba vyiza urunani rugumye mumatora kandi nabanywanyi ba Rwasa bakaguma barushigikiye.
Abarundi twarachiyubwege nimureke gusarara mukorana na DD 🎉🎉🎉🎉
Reka imikino basha ntamatora ahari
Californiya muyisengere kubera umuriro wadutse
Tutaravy amaronko nkurunani rwoba rufisemwo ga Daniel burya Rwasa atarurimwo ntirwokora?burya kirazira kugira kuvyiyumviro vyumuntumw kandi ivya benshi bihari gusa ico nabony nasanz Rwasa akunda kuba umu chef mubintu vyose
None uyo CENI ifise contract yimyaka ingahe kuvaho bayibiye amatora kuki badashiraho abandi??
Reka tugume dushigikiye urunani kuko ntakundi. Ingingo gose zarondeye gukura rwasa
Politique yuburundi ntiyorosh
Non ceni ntiyokwikubitagashi ?bariye umutamaramara.
Jew ntabwo notora nukuri ntabonye Rwasa ko yitoza.
Uvuga utuje avec généralement une logique/analyse non complaisance
Ntagitangaje vous avez toujours triché et travaillé pour une seule partie
Nukwiyanda nibashake barek kuyajamwo kuk ivyombona sinziii
Kuvuga ushakakurira
Ntie mutegekanya abazocungera amatora bavuye hanzee bizomera nkakumwe abami bavukana imbuto
114 milliard 😅😅😅😅😅
Bareke bagende ikivunga nibashika kuri yorodani hazambuka intwari gusa ndakurahiye
Mugisha erega urunani iyo ruca ruvuga ngo turahevye ko Gwasa mumukuye kuri liste ntaco vyahindura... Ahubwo bovyiga ukundi...