Pastor wa GGC Patrick NGENDAKUMANA ashitse ku kibuga c'indege yakiriwe nk'umwami
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 23 ก.ย. 2024
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Karibu cane Muvyeyi , turiteze ibidasanzwe mugihugu nomubuzima bwabenshi
❤azt hiszem a felvételek mindent elmondanak!Csodálatos a világ,csak így tovább,Imádunk Atyánk!😂😂😂😂😂😂
Imana yatanguje igikorwa cayo ciza muri wewe mwubahwa Pastor iragushigikiye gushika kukuza kw'Umwami wacu Yesu Kristo. Abariye kumfashanyo y'abantu Imana yateretse muri wewe turatahura cane ico uriko uravuga. People of God I encourage you to come, I believe you'll never be the same after receiving and believing God's word in your life.
Ngo kutakira Yesu ubu ni old fashion , ako kantu niko gose😂😂, uwugezweho nuwufise Yesu Kritso 💪🏻
Yes Daddy Uvuga Ubwenge gusa love you so much ❤
Turahiriwe🙏🙏🙏
Kuri DUNDA ENTERTAINMENT TV turabakurikirana à 100%
Avuze Ukuri gusa 100%
Welcome Daddy
❤🎉❤❤❤❤
Tubahwe cane hari icatekereye isi
Yes daddy nta yes ntabuzima aka nakabakuze gusa
Glory glory
Amen 🙏 🙏 🙏 🙏
Welcome daddy in the house 🙌🙌❤
🥳🥳🥳🥳🥳
GGC Iranezererwa umuco yatugejejeko
,😂😂