Réverien Ndikuriyo | Ikibuga Nkurunziza Peace Park Complex kizokwakira inkino mpuzamakungu
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
- Honorable Ndikuriyo Réverien asanzwe ariwe yashinze umugwi Aigle Noir yavuze y’uko ikibuga ca Nkurunziza Peace Park Complex kizohora cakira inkino mpuzamakungu ariko habanje kwubaka ibara bara rya Bujumbura Rumonge.
Uyu murwi nikazoza kigihugu....n'abandi bamwigireko Réverien...ibi bintu nivyo gushimwa cand
Very ambitious ✊🏾🇧🇮
Salute Reverie
Coup du pres.. ariko irimwo amahera make cane 10 millions vrmt 50 millions ni sawa
Nanje ndihanze yuburundi bwacu, nzoza kwiherijisho😳😳😳
Urintwari muzotubwire bikunze Tanzania twaramaze ku booking ama ticket
Ararivuze mutama..." NI sogo na Ndikuriyo pe😅👌
Iconsamvye mugire ubuhizi mubindi bihugu Muku gura abakinyi bazoza kura uburundi muga kengegwe
Uyu mutama yubahwe
Vyiz can mutama wacu kweri