ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Imana ibahezagire benedata Amina
Dabakunda cyana benewacyu❤❤❤❤❤ tanzania
Mugure umugisha w'Imana ❤
Hallelujah... I love this song!
NCUTI Y'IMANA, NDAGUTUMIYE WIHANGANE WUMVE INTAMBARA Y'IVYA MPWEMU IRI HAGATI YA BABURONI N'ABASIGAYE.1. Baburoni isobanura iki kandi ikomoka he:Baburoni isobanura abanse kugendera ku nama bahabwa n'Imana.Ikomoka i Shinali: Inyuma y'umwuzure Imana yategetse abantu ko buzura isi , baca baranka biyubakira umunal i Babel kugira bigumire ngaho.2. Amateka ya baburoni:ivugwa mu bihe bitatu bitandukanye:- itanguriro 1:11 Banse itegeko Imana yabahaye; bipfuza kugira izina rurangiranwa. Imana yahinduye uru rimi rumwe bari bavuga mw'indimi nyinshi zitandukanye. Uko kudahuza niko kwitwa "BABULONI".- Daniel 4:28 tuhasoma baburoni ikomeye haheshe icubahiro umwami Nebukadiza yirata ko ariwe yahubatse kubw'inkomezi ziwe: ntaco twokwigezako tudafashijwe n'Imana. Abapinga Imana bitwa Baburoni-Muvyahishuriwe yohani 8:; 17 turahaso babuloni y'imyizerere.Muri make, hariho baburoni umunara, baburoni umugwa, baburoni igizwe n'amadini yanyuranije nivyo Imana yategetse. Usomye igitabo c'Imigani ya Kristo page 50 havuga ko ishengero ryahakanye zimwe mu nyigisho z'Imana yitwa baburoni.3. Ibituma ishengero ryitwa baburoni:Ezekiyeli 16:15; 2Abami 12:9 herekana uko abisirayeri bateye intambwe yo guhakana. Iyo ishengero: - rikoze indongozi(kanuni ya kanisa canke manuei de l'eglise canke crédo) irirongora, ikaba urugero rw'ubuyobozi, gusuzuma abizera ikoresheje ivyo banditse muriyo, gutangaza ko abantu bose batemera iyo kanuni ko bayovye, guhama abo bose batayemera, izo ni intambwe i shengero riba riteye zo kwitwa baburoni. Kwandika indongozi ni ugutega umutego no kugarira amayira y'iterambere mu vya Mpwemu y'ahazoza.* Gushiraho kanuni* Kwifatanya n’ubutegetsi(ryivanga mubitariraba vya politike…)* Kwanka ukuri Imana irungikiye iryo shengero, ishengero rimeze uko ni baburoniNB.: KWIFATANYA NA LETA KW4ISHENGERO NI UKUVUGA IKI:Leta itegerezwa kwumvirwa kuko rijejwe guhana inkozi z’ibibi ; ishengero naryo ritegerezwa gukurikiza amategeko rihabwa n’Imana. Gukora ivyo Imana itegeka ukabifatanya no gukora politike kugira ukundwe n’isi umenyeka. Mubisanzwe abananiye Imana, bahanwa na Leta. Leta ni umukozi Imana yishiriyeho ngo ihane abatayumvira, ishengero rero ntiritegerezwa na gato kwinjira mu nshingano za Leta. Uko ni ukwivanga mubitariraba. Iyo ishengero rikoze inshingano Imana yarihaye, Leta iroroherwa mu nshingano yayo kuko inkozi zibibi ntizoboneka.5. Aho babuloni y’imwizerere yo muvyahishuriwe Yohana 14 na 17 bihuriye.Mw’isezerano rya kera, hariyo baburoni zibiri: iyo mu kiyaya ca Shinal niyo kwa Nebukadineza nk’ubutegetsi.Mw’isezerano rishasha, hariho baburoni yo muvyahishuwe 14:8 umugwa ukomeye. Gute:Mu gihe c’ubupapa habayeho ishengero rya katolika ryagwanya bibilia imbonankubone mu kwanka Isabato, itegeko ry’Imana rya 4 dusoma muri kuvayo 20:8-11. Hari mu kinjana ca 4. Aba vodwa nibo babaye abambere mu gutunga urutoke iryo kosa, bita gatolika BABULONI. Yarabagwanije bazira kuba bafise bibilia. Iyi babuloni yabayeho imbere y’ubugorozi.Muri make, iyi babuloni yo mu vyahishuwe 14:8 ni umugwa.Katolika imaze kuvuka, habayeho imigwi iyigwanya. Akarengenyo karabandanije bituma benshi baheba kwizera kwabo.Ubwo bugorozi bwari mu migwi myinshi nibwo bwavyaye amadini atandukanye ya giporotisanti. Umugwi wa Miller wasabi iyo migwi kugaruka kumvira amategeko yose y’Imana. Yamigwi yanka ubwo butumwa. Ubwo bari banse Ivy’Imana(ubutumwa Imana yaribahaye iciye kuri Miller y’’amategeko y’Imana) umugwa wari uguye ubaye BABURONI.NB.: UMUGWA WARI UGUYE NI AMADINI YA GIPOROTESANTI.• Impwemu z’abadayimoni zigizwe n’ibintu bitatu: amategeko y’abantu anyuranije nuko bibilia ivuga; abigisha bibinyoma, satani.• Gusa n’ibikere: inguvu z’ugukanya bw’ivya mpwemu budashobora gushuha• *Bahuruje abami bo mw’isi: kwiyambaza Leta kugira yivange mu vy’idini ikaba ariyo itanga ibihano mw’ishengero, igategeka, ikayiyambaza iyo hari ibipfuye ikoresheje inguvu zayo: iyo bari kumvira Imana, ntibaba bagora Leta.• Impwemu mbi: ni amayerekwa y’ibinyoma : anyuranya nuko bibilia ivuga. Iyo bigeze kuriy ntambwe, ivyaha vya Baburoni biba bigeze mw’ijuru• Amahanga yaranyoye: Yeremiya 51; yesaya 47.ni inyigisho zinyuranye na bibilia bigishijwe barazemera. Ivyo vyose bitumye riba icumbi ry’abadayimoni.NB. Iyo inguvu za Gatolika +inyigisho z’ibinyoma+n’ububasha bw’abantu bigakorera hamwe, izo nguvu ziba zigize BABULONI IHAMBAYE.Vyarahanuwe muri bibilia ko amahembe 10 azogwanya abera(ivyahishuw17:12-146. Gutereka inzoga kwa babuloni:Ni inyigisho abantu bishiriyeho bakazivanga n’ukuri kwa bibilia(matayo 16:12)Inzoga za babuloni zigizwe:• Kubahirza umusi w’isabato Atari samedi• Kudapfa kw’umutima• Kwanka ukuriIyi niyo myambiro yashizwe mu kwizera nyakuri. Ikiruhuka ca dimanche ntikigira inyandiko muri bibilia.7. Ububi bw’indogozi:Huzuyemwo ingingo zitari muri bibilia. Ishengero ry’Imana indongozi yayo ni bibilia n’impwemu y’ubuhanuzi yatanzwe n’Imana. Soma Yesaya 8:20; ivyahishuriwe yohani 19:10; ivyahishuwe 12:178.Abasigaye:Ni abagumye buba&hiriza ivyo Imana yategetse mu gihe abandi bibereye baburoni canke bakibera abahakanyi:• Bayobogwa n’ijambo ry’Imana• Basubiza ijambo ry’Imana ku rufatiro(baragorora ivyo baburoni yagoretse)• Bareuhuka isabato yukuri ishika ku wagatandatu wa leta (samedi) ariwo musi bibilia yita uw’indwi• Ni ishengero ryubatse ku rufatiro rw’intumwa(Yesu Kristo)• Ntibandujwe n’abagore(ayandi madini)• Bitondera amabwirizwa 10 ari muri kuvayo 20• Barihangana mu bigeragezo• Ntabumwe bagirana na babuloni9.Ico bapfa na baburoni:* Baburoni icoyinezera ni ukuboreza amahanga ibinyoma* abasiga barahiye kutazonywa kuri ivyo binyoma vyabo.* Baburoni ija kuboreza amahanga ibinyoma ntiyasavye Imana uruhusha; abasigaye bagiye kugarura ababorejwe ngo baruke ivyo binyoma ntisaba baburoni uruhusha* Abasigaye batumwe intama ziri muri babuloni kandi itagomba kubarekura ku neza.* Abasigaye bafise ubwishingizi muri zaburi ya 91 IMANA IBAHE GUSOHOKA MURI BABULONI.
Thx choral yanjye ya2007 ni mukomerezaho
NIZERE KO MUDATAMBA MU RUSHENGERO KUKO dAWIDI YATAMBIYE IWE. NTAHO DUSOMA ABANTU BIGEZE BATAMBIRA MU RUSENGERO
Amen
Manawe Imana ibahe imigisha we
Arche choir ndabemera kbs
Nivyiza
Mubarikiwe sana
Mungu awabariki sana
Imana ibahe imigisha myinshi👏👏👐👐
my fevorite song God bless you😇😇🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻
hey
Be blessed guys!!
Imana ibahezagire benedata Amina
Dabakunda cyana benewacyu❤❤❤❤❤ tanzania
Mugure umugisha w'Imana ❤
Hallelujah... I love this song!
NCUTI Y'IMANA, NDAGUTUMIYE WIHANGANE WUMVE INTAMBARA Y'IVYA MPWEMU IRI HAGATI YA BABURONI N'ABASIGAYE.
1. Baburoni isobanura iki kandi ikomoka he:
Baburoni isobanura abanse kugendera ku nama bahabwa n'Imana.
Ikomoka i Shinali: Inyuma y'umwuzure Imana yategetse abantu ko buzura isi , baca baranka biyubakira umunal i Babel kugira bigumire ngaho.
2. Amateka ya baburoni:
ivugwa mu bihe bitatu bitandukanye:
- itanguriro 1:11 Banse itegeko Imana yabahaye; bipfuza kugira izina rurangiranwa. Imana yahinduye uru rimi rumwe bari bavuga mw'indimi nyinshi zitandukanye. Uko kudahuza niko kwitwa "BABULONI".
- Daniel 4:28 tuhasoma baburoni ikomeye haheshe icubahiro umwami Nebukadiza yirata ko ariwe yahubatse kubw'inkomezi ziwe: ntaco twokwigezako tudafashijwe n'Imana. Abapinga Imana bitwa Baburoni
-Muvyahishuriwe yohani 8:; 17 turahaso babuloni y'imyizerere.
Muri make, hariho baburoni umunara, baburoni umugwa, baburoni igizwe n'amadini yanyuranije nivyo Imana yategetse. Usomye igitabo c'Imigani ya Kristo page 50 havuga ko ishengero ryahakanye zimwe mu nyigisho z'Imana yitwa baburoni.
3. Ibituma ishengero ryitwa baburoni:
Ezekiyeli 16:15; 2Abami 12:9 herekana uko abisirayeri bateye intambwe yo guhakana.
Iyo ishengero:
- rikoze indongozi(kanuni ya kanisa canke manuei de l'eglise canke crédo) irirongora, ikaba urugero rw'ubuyobozi, gusuzuma abizera ikoresheje ivyo banditse muriyo, gutangaza ko abantu bose batemera iyo kanuni ko bayovye, guhama abo bose batayemera, izo ni intambwe i shengero riba riteye zo kwitwa baburoni.
Kwandika indongozi ni ugutega umutego no kugarira amayira y'iterambere mu vya Mpwemu y'ahazoza.
* Gushiraho kanuni
* Kwifatanya n’ubutegetsi(ryivanga mubitariraba vya politike…)
* Kwanka ukuri Imana irungikiye iryo shengero, ishengero rimeze uko ni baburoni
NB.: KWIFATANYA NA LETA KW4ISHENGERO NI UKUVUGA IKI:
Leta itegerezwa kwumvirwa kuko rijejwe guhana inkozi z’ibibi ; ishengero naryo ritegerezwa gukurikiza amategeko rihabwa n’Imana. Gukora ivyo Imana itegeka ukabifatanya no gukora politike kugira ukundwe n’isi umenyeka. Mubisanzwe abananiye Imana, bahanwa na Leta. Leta ni umukozi Imana yishiriyeho ngo ihane abatayumvira, ishengero rero ntiritegerezwa na gato kwinjira mu nshingano za Leta. Uko ni ukwivanga mubitariraba. Iyo ishengero rikoze inshingano Imana yarihaye, Leta iroroherwa mu nshingano yayo kuko inkozi zibibi ntizoboneka.
5. Aho babuloni y’imwizerere yo muvyahishuriwe Yohana 14 na 17 bihuriye.
Mw’isezerano rya kera, hariyo baburoni zibiri: iyo mu kiyaya ca Shinal niyo kwa Nebukadineza nk’ubutegetsi.
Mw’isezerano rishasha, hariho baburoni yo muvyahishuwe 14:8 umugwa ukomeye. Gute:
Mu gihe c’ubupapa habayeho ishengero rya katolika ryagwanya bibilia imbonankubone mu kwanka Isabato, itegeko ry’Imana rya 4 dusoma muri kuvayo 20:8-11. Hari mu kinjana ca 4. Aba vodwa nibo babaye abambere mu gutunga urutoke iryo kosa, bita gatolika BABULONI. Yarabagwanije bazira kuba bafise bibilia. Iyi babuloni yabayeho imbere y’ubugorozi.
Muri make, iyi babuloni yo mu vyahishuwe 14:8 ni umugwa.
Katolika imaze kuvuka, habayeho imigwi iyigwanya. Akarengenyo karabandanije bituma benshi baheba kwizera kwabo.
Ubwo bugorozi bwari mu migwi myinshi nibwo bwavyaye amadini atandukanye ya giporotisanti. Umugwi wa Miller wasabi iyo migwi kugaruka kumvira amategeko yose y’Imana. Yamigwi yanka ubwo butumwa. Ubwo bari banse Ivy’Imana(ubutumwa Imana yaribahaye iciye kuri Miller y’’amategeko y’Imana) umugwa wari uguye ubaye BABURONI.
NB.: UMUGWA WARI UGUYE NI AMADINI YA GIPOROTESANTI.
• Impwemu z’abadayimoni zigizwe n’ibintu bitatu: amategeko y’abantu anyuranije nuko bibilia ivuga; abigisha bibinyoma, satani.
• Gusa n’ibikere: inguvu z’ugukanya bw’ivya mpwemu budashobora gushuha
• *Bahuruje abami bo mw’isi: kwiyambaza Leta kugira yivange mu vy’idini ikaba ariyo itanga ibihano mw’ishengero, igategeka, ikayiyambaza iyo hari ibipfuye ikoresheje inguvu zayo: iyo bari kumvira Imana, ntibaba bagora Leta.
• Impwemu mbi: ni amayerekwa y’ibinyoma : anyuranya nuko bibilia ivuga.
Iyo bigeze kuriy ntambwe, ivyaha vya Baburoni biba bigeze mw’ijuru
• Amahanga yaranyoye: Yeremiya 51; yesaya 47.ni inyigisho zinyuranye na bibilia bigishijwe barazemera. Ivyo vyose bitumye riba icumbi ry’abadayimoni.
NB. Iyo inguvu za Gatolika +inyigisho z’ibinyoma+n’ububasha bw’abantu bigakorera hamwe, izo nguvu ziba zigize BABULONI IHAMBAYE.
Vyarahanuwe muri bibilia ko amahembe 10 azogwanya abera(ivyahishuw17:12-14
6. Gutereka inzoga kwa babuloni:
Ni inyigisho abantu bishiriyeho bakazivanga n’ukuri kwa bibilia(matayo 16:12)
Inzoga za babuloni zigizwe:
• Kubahirza umusi w’isabato Atari samedi
• Kudapfa kw’umutima
• Kwanka ukuri
Iyi niyo myambiro yashizwe mu kwizera nyakuri. Ikiruhuka ca dimanche ntikigira inyandiko muri bibilia.
7. Ububi bw’indogozi:
Huzuyemwo ingingo zitari muri bibilia. Ishengero ry’Imana indongozi yayo ni bibilia n’impwemu y’ubuhanuzi yatanzwe n’Imana. Soma Yesaya 8:20; ivyahishuriwe yohani 19:10; ivyahishuwe 12:17
8.Abasigaye:
Ni abagumye buba&hiriza ivyo Imana yategetse mu gihe abandi bibereye baburoni canke bakibera abahakanyi:
• Bayobogwa n’ijambo ry’Imana
• Basubiza ijambo ry’Imana ku rufatiro(baragorora ivyo baburoni yagoretse)
• Bareuhuka isabato yukuri ishika ku wagatandatu wa leta (samedi) ariwo musi bibilia yita uw’indwi
• Ni ishengero ryubatse ku rufatiro rw’intumwa(Yesu Kristo)
• Ntibandujwe n’abagore(ayandi madini)
• Bitondera amabwirizwa 10 ari muri kuvayo 20
• Barihangana mu bigeragezo
• Ntabumwe bagirana na babuloni
9.Ico bapfa na baburoni:
* Baburoni icoyinezera ni ukuboreza amahanga ibinyoma
* abasiga barahiye kutazonywa kuri ivyo binyoma vyabo.
* Baburoni ija kuboreza amahanga ibinyoma ntiyasavye Imana uruhusha; abasigaye bagiye kugarura ababorejwe ngo baruke ivyo binyoma ntisaba baburoni uruhusha
* Abasigaye batumwe intama ziri muri babuloni kandi itagomba kubarekura ku neza.
* Abasigaye bafise ubwishingizi muri zaburi ya 91
IMANA IBAHE GUSOHOKA MURI BABULONI.
Thx choral yanjye ya2007 ni mukomerezaho
NIZERE KO MUDATAMBA MU RUSHENGERO KUKO dAWIDI YATAMBIYE IWE. NTAHO DUSOMA ABANTU BIGEZE BATAMBIRA MU RUSENGERO
Amen
Manawe Imana ibahe imigisha we
Arche choir ndabemera kbs
Nivyiza
Mubarikiwe sana
Mungu awabariki sana
Imana ibahe imigisha myinshi👏👏👐👐
Mubarikiwe sana
my fevorite song God bless you😇😇🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻
hey
Be blessed guys!!
Amen
Mubarikiwe sana