Deniza Nkurunziza arafise vyinshi yigiye kuri Petero Nkurunziza.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ก.ย. 2024
  • #Burundi: Deniza Nkurinziza arashingira intahe Umuhisi #PeteroNkurunziza ko yarangwa n'ukwizera arivyo vyatumye arangura imigambi itari mike mu kiringo yarongoye uburundi.

ความคิดเห็น • 6

  • @NdayishimiyeAbdulkabir-u7c
    @NdayishimiyeAbdulkabir-u7c 3 หลายเดือนก่อน

    Imana iguhe kwihangana nokuramba muvyeyi mama Buntu

  • @MukankwiroPhoebe
    @MukankwiroPhoebe 3 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤

  • @Imanaiwachu
    @Imanaiwachu 3 หลายเดือนก่อน

    Wapi navyanyu muzatuvire mugihugu magambo menshi nabikobga mufite yakoreyiki abarundi tari kutuzanira ibisuma mu gihugu abanu bakeneye akazi ni terambere apana amavoka nayo dukeney navyanyu

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 3 หลายเดือนก่อน

    nirambire mama Burundi

  • @NduwayoBosco-xy1ut
    @NduwayoBosco-xy1ut 3 หลายเดือนก่อน

    ariko. Mana yanje😂😂imbavuzanje😂😂😂😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 3 หลายเดือนก่อน

    Imana ntitanga igitoro,ntitanga amahera y'agaciro.
    Ukwizera kutagira ibikorwa....
    Dukore, dukore, dukore cane,tugabanye amajambo