ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Murakoze cane Iman ibahezagire. Time mugifaransa cotwa gute? Ndi iburundi.icayi ça Time sinagitahuye.
Urakoze cane
None se ko ngewe mbabara hejuru y'umukondo ariko nkagira iseseme nkababara cyane nkafurutwa singe no kwituma
Murakoze cane!
Murakoze cyane8:52 ❤
imaniguhe umugishya mwinshi
Uzatubwire indwara sinezite
Inzuzi x umuntu azirya Ari mbisi? Nonese nyuma yo kunywa iyo miti urongera ukarya bimeze wari wararetse?
Umuti wa sinezite umuntu awuronka gt
Amen
Murakoz can
Umuntu uyirwaye mwamufasha iki?
Urakoze cyane Imana Ihimbazwe
Ibumbarisanakaci
Narisumishije igisubizo ngo mfite amibe
Murakoze
Nukuri wakoze
Nigute tworonka Imbumba ryakatsi
Nonese time iki
Uwokora ivyo vyose habuzemwo time ntiyakira
Ndabashimiye
Wakoze.kutwigisha umuti Imaniguhumugisha
Imana iguhe umugisha mwaduha number yanyu tukabasaba ubusobanuro mwaba mukoze
Urakoze kutwigisha kungwara ya amibe ariko jewe nashaka unyigorere mukumpa numéro nifuje kotuganira kunimero yawe
Uwogira numéro yuwo mwigisha mwiza yoyishirako yoba akoze cane
Ese izinzuzi niyo wabawiguriyumwungu ukikuriramo izinzuzi zabarinziza cange nimpakakugura izomwatehuye
Nonese nyuma yokunya iyo miti umuntu Arya bimwe yari yararetse nakibazo agira mubuzima murakoze kuduha umuti
hariho ivyo usabwa kureka
Umuti uvura amibe
Nonose uwo muti numugore utwite yawufata ntacyo byamutwara? Mudusubize
murakoze ndumva ntahukiwe ivya amibe
Zabulon Nshimirimana
none se uwo muti wawukoresha no kubana bato?pls munsubize
Timi nikise sibisobanukiwe
Edi Mbabazi in
ni icatsi ciza kivura
Murakoze cyane nimubwire ahomukorera nangendumuganga ese?muugira imiti itunganije ese! Murayiranguza mumpe igisubizo murakoze!
Thank you
Nonese amibe irakira
@@hategekimanafrancois3227 mbona ntabyo yigisha kuko ntabusobanuro

Murakoze cyane
8:52 ❤