From USA 🇺🇸 🇺🇸 I feel blessed every time I listen to this song. This woman is very talented and knows how to use her voice. I'm coming to BDI 🇧🇮 very soon and would love to visit your church.
Tuna amani ya Mungu kwa sasa tunaishi katika ulimwengu wenye shughuli nyingi kwa sababu ya pesa ambazo shetani ametengeneza lakini shetani hawezi kulala kila wakati huleta mtindo wake mpya wa kudanganya watu wasimkumbuke Mungu Yesu atakapokuja tutakuwa na majuto.
😭😭😭😤😤numva ataco nosubizamwo Imana iduhe guhahamira ijuru kuko ivyisi ntaho tuzobijana,mana nanje ndagusavye uko biri kose uzampe iherezo ryiza😭😭😭komeza wararahezagiwe my sisi
2024 le 01 décembre indirimbo nziza cane muhezagigwe from burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Gp Happy-Ric Family Senior
Reka dufate akanya tubashimire cane kukuntu mutwandikira mudutera Intege Imana ikomeze kubibahezagirira Izobahe kugira Iherezo ryiza ikomeze kubarinda ivyo vyose vyobabuza kuja mw'ijuru
Turabakunda cane Mukomere
Mumpe insiguro y,Ijambo Nyabarenga.
Namahoro ncuti yacu
Hama Ijuru sinyabarega
Bisigura ATI Ijuru sikuburiro
Sahantu Bata ubucafu
Urunva nyabarega nabantu Bata ubucafu
Mugiswahiri ni Jarara
Nomukirundi hariho abavuga Iyarara
Insiguro niyo twashatse kwibutsa abantu Ijuru rizotaha mwabarikoreye habeho kurobanura abana bImana baduzwe abakoze nabi baturigwe
Nukuri uragahezagirwa. Imana yomwijuro ikwonger izindi nyishi
From USA 🇺🇸 🇺🇸 I feel blessed every time I listen to this song. This woman is very talented and knows how to use her voice. I'm coming to BDI 🇧🇮 very soon and would love to visit your church.
Asante sana ndugu yetu mungu akubariki
Welcome ngagara Sda church
❤ijuru sinyabarega❤
Murakoze turabakunda cane
Ufite ijui ryiza Imana iguhe umugisha
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Muhezagirwe cane ijuru sinyabarega kweli Imana idufashe cane gose 😢
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira reka tubasabe mudufashe gushikana ubu butumwa kure Imana izobibahembera murakoze natwe turabakunda kuba mufata aknya mukatwandikira bidutera intege .
Reka dufate akanya tubashimire cane mwese kukuntu mubandanya mudutera inte Imana ibakoze
❤❤❤mwarakoze cane kubwiyindirimbo yibihe vyose ❤❤❤ Imana ikomeze ibongererza amavuta
Urakoze Imana ibahe umugisha uko nukuri ijuru sinyabarega Imana ikwagure kandi igukomeze
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
My favorite song ❤❤ my big sister God bless you 😢😢😢😢
Amen
Mana mufise ijwi ryiza kbx ndabakunda cyane imana ibongerere imbarag
Amen twese murakoze cane Imana ibahezagire tubasabe mwibuke kuyisabikanya nabandi muzoba mudufashije igikogwa c'ivugabutumwa Imana izokibahembara
Kabisa niwowe wage komerezaho ♥️♥️♥️♥️♥️ from RWANDA 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Amen murakoze Imana namwe ibahumugisha
Amen lmana ibahe umugi Sha🙏🙏🙏❤
Amen murakoze cane Imana ibandanye kubiguhezagirira
Mukobwa wacu Imana iguhumugisha kwiyi ndirimbo
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Imana yomwijuru ibongereze nizindi zigisha
Amen twese ncuti
Imana ibampere umugisha
Amen Twese mugenzi
Muhezagirwe kabisa iyisi iragoye kubako.murakoze cane
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira reka tubasabe mudufashe gushikana ubu butumwa kure Imana izobibahembera murakoze natwe turabakunda kuba mufata aknya mukatwandikira bidutera intege .
Amen amen urashoboye uhezagirwe ntubeshe ntabwo ari nyabarega
Murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira
Nukuri urafash cn iyindirimb iranyubak ijuru sinyabarega pe
NAMAhoro ncuti hama urazana nimero ya whatsapp
Hallelujah hallelujah 🤲🤲🤲
😭😭😭😭 Nukur iyisi ntisakaye
🙏🙏🙏❤️❤️❤️💯💯💯💯💯🎸🎸
Jaja murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira
Hama ISI igeze habi
Urakoze cane Jaja Imana ikomeze kubiguhezagirira
I can't stop listening this song everywhere I keep see the video u so talent mom God bless you
Asante sana
Me too
Imana iguhumugisha
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira reka tubasabe mudufashe gushikana ubu butumwa kure Imana izobibahembera murakoze natwe turabakunda kuba mufata aknya mukatwandikira bidutera intege .
Ijuru Sinyabarega kweli || Mwarakoze cane kwiki gikorwa familly
Namwe mwarakoze cane kutugendera mukadufasha gushitsa ibikogwa kure biciye mukiganiro mwadukoresheje Imana ikomeze kubibahezagirira
Waririmvye neza wigisha neza tutarikoreye niko bizogenda. Yesu naguhezegire
Umuntu iyindirimbo iriza nkanje nampe like ndarira bikankomerana kuko ibyoyerekana nibyivuga nagahinda. Kazadutungura bencyi mwikigihe form America
Oooo pole sana gaudence hama Imana nigukomeze
Mwibuke gukorera Imana kuko igihe caduheranye Ijuru sinyabarega by Happy-ric family senior
th-cam.com/video/SQrLZaUVVOo/w-d-xo.html
Iyo mbony iyindilimbo amarira niyo antanga hasi Tera imbere vyose nimana
Ooooo Imana igukomeze mwizina rya Yesu
Indirimbo nziza cyane ngewe ndi mu Rwanda twabakunze
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Namahoro ncuti
Ushobora kutabiha agaciro
mugabo birababaje.
Abagabo dusigara hanze
Umuvyeyi akinjiraa muri Maternité.
Ico dukora gusa nukuvyereka Imana
Mana umufashe ahasohoke amahoro
Kuko Hariho abinjira hagasohoka umwana gusa umuvyeyi agapfirayo
Harabinjira hagasohoka Umuvyeyi gusa umwana agapfirayo
Hari nabasohoka babajanye kubabaga
Aho wunva abavyeyi bararuha
Igise Kirababaza
Bavyeyi nimwibuke uko twaronse abana bitugoye
muze tubabe hafi mukubarerera mwijambo ryImana.
Uwo numugisha ukomeye Imana yaduhaye
Ntituwukabe nogukunda amahera oya dufate akanya gakwiye kokubaaa hafi umuryango twishimane .
Murakoze MWe mugiye kuvugurura
Iman ikomeze kubiguhezagirira
th-cam.com/video/DF2vWpOWLCM/w-d-xo.html
Yesu ahaumuhisha cyane amavuta arushehokubameshi
Amen twese murakoze cane
IMANA ibamperumugish❤
Amen twese murakoze cane Imana ibahezagire tubasabe mwibuke kuyisabikanya nabandi muzoba mudufashije igikogwa c'ivugabutumwa Imana izokibahembara
Iyi ndirimbo mwayihaw hagez
Amen 🙏 Amen 🙏 Mana urampa kurangiza neza.
Amen murakoze cane Imana ibandanye kubiguhezagirira
My name is Girbert from Kigali Rwanda I love you
Amina ❤❤❤❤❤
Isi ntisakaye kabisa mugenzi
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Isi nisakaye pe namuntu kwisi imvura itanyagira byabaye ngomba👏👏👏👏
Nuko nuko ncuti yanje Niko biri Hama murakoze kudutemberera mukunva kubutumwa dutanga
Amen amen yesu bahumugisha 🙏🙏
Ooooh!!! My God bless you so much birandenze
Amina imana iguhezagire
This made me cry 😭 May God bless you mama❤️🥰
Asante
Tuna amani ya Mungu kwa sasa tunaishi katika ulimwengu wenye shughuli nyingi kwa sababu ya pesa ambazo shetani ametengeneza lakini shetani hawezi kulala kila wakati huleta mtindo wake mpya wa kudanganya watu wasimkumbuke Mungu Yesu atakapokuja tutakuwa na majuto.
Le too 😭
From Rwanda
Amen
Amen Muhezagigwe Cane
Asante sana ndugu yangu
Isi ntisakaye pe!!dukizwe neza pe!!
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira reka tubasabe mudufashe gushikana ubu butumwa kure Imana izobibahembera murakoze natwe turabakunda kuba mufata aknya mukatwandikira bidutera intege .
Amen👍👍🙏🙏🙏🙏🏆
Murakoze cane
Murakoze gushima
Every time I listen am blessed ❤❤❤❤
Amina uwuzubwenge nuwudahahamira ivyisi akarondera Imana, ivyisi akabisangira nabakene
Neza cane mugenzi urakoze kunyunganizi Imana iguhezagire iyo ndirimbo yisabikanye nabandi
Ego, Ulifanya kazi nzuri ni ujumbe mzuri wimbo umegusa moyo wangu
Uwitekawe ndafashinje ntukuri komerezaho aho impano nziza
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Imana itubabarire kubantu twanka gufasha kandi dufise nimuze dukorera lmana igihe kigeze kure🙏🙏🙏🙏
Amen
Amen this song is so beautiful and I can't stop to listening
Asante sana mungu akubariki
Urakoze cyane nukuri Imana iguhimigisha 🙏
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
God bless you for the message our friends from BURUNDI
Asante sana ndugu yangu
Asante murakoze kudutera intege
Amen ndagukunda cane uhezagigw
Amen Bella murakoze gushima Imana ikomeze kubibahezagirira
Amen🙏 .am really appreciate this choir. be blessed for they talents have
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
amashusho yiyindirimbo arakeye cyane
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
😭😭 dahhh iyi ndirimbo nukuri nayibonye kuri pag ya akes don mpita nza kuyiraba dahhh
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Vyiza caneeee Amen
Asante Evelyne
Le 2/9/2023
SDA Kabezi
Live 🔴
GP Happy-Ric Family Senior twari twagiye kurangizanya mumisi 2 nabo Ivuga butumwa Bari bamaze mwo indwi zibiri
Imana yabanye nabo habatijwe abantu beshi cane
Imana ikomeze ababatijwe mugikogwa cayo
TMI :Twese hamwe mugikogwa c'ivugabutumwa
m.facebook.com/story.php?story_fbid=pfbid026kCFoozXA95t27Gy5ZavJHLmLtHa1QxR5NWphVeDrjwZZEf1zokr7LF4CpfWSaryl&id=100063560057654&sfnsn=mo&mibextid=6aamW6
Imana iguheumugiha
Amena nukuri
Murakoze gushima Imana ikomeze kubibahezagirira
Eric courage, iyi ndirimbo ikora kumutima kbs
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Imana itweze
Good song. Isi ntisakaye kweri. ARIKO tumenye k uwuhawe n Imana atekera abantu barorera 🔥
Nuko nuko
Congo hapa tuna kufata nizurisana mama courage
Asante sana Congo
Je reste sans mot!
Kbs Mungu atuwezeshe tusije tukacokea bure! Bure, zéro.
Asante sana Eric family!
Asante sana nawewe Pia mungu akubariki
Amen thanks
Amen asante sana
Imana ikwongere inkomezi mushiki wanje
Amen murakoze cane
Ntisakaye kabisa uwutaranyagirwa arahiriwe komeza mutubwirize 🙏🙏🙏
Murakoze kutwunganira Imana ibahezagire yisabikanye nabagenzi iyo ndirimbo
amen 🙏
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Amen 🙏 Jyushima ukuri

Sha ivyowavuz nivyo
Amen amen
Amen murakoze
Imana ibahezagire indirimbo iryoshe cne
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Soyez bénie sister Happy,quel message edifiant!!!
Merci bocou
Amen, always be thankful for the little you have because somewhere, someone is merely living off 1 or even 0 of what you call little 🙏🙏🙏
Right 💯💯💯
😭😭😭😤😤numva ataco nosubizamwo Imana iduhe guhahamira ijuru kuko ivyisi ntaho tuzobijana,mana nanje ndagusavye uko biri kose uzampe iherezo ryiza😭😭😭komeza wararahezagiwe my sisi
Nuguharanira ijuru ivyisi nubusa is ihembazero😭😭
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Amen Imana itubabarire
Amen nugusenga cane
Ndabakunda cane indirimbo zanyu Imana ibahe umugisha
th-cam.com/video/CJ12MIcqI2U/w-d-xo.html
Indirimbo shasha yabashwayemwo
Ya Gp Happy-ric family senior
Vyobabera by Happy-ric family senior
Mugenzi gira umutima wurukundo wiyunvire kuriyo messg twatanze nawe wibuke gufasha bagenzawe bari hasi yawe
nivy'Ivyimana idusaba kugira tuzokwambikwe igitsibo mugenzi korera Imana tugihema kandi bigishoboka kuko harigihe tuzipfuza gukora bitagishoboka
Uhejeje kuraba iyindirimbo ibuka kuyisabikanya nabandi uzoba ukoze igikogwa ciza civuga butumwa murakoze
Happy-ric family senior turabakunda Imana nikomeze kubazigama
IMANA ibahezagire
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Ndagukunda❤
🙏💯👆Amena
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Murakoze cane turabakunda cane
Imana izobibahembere.
Wubahwe caaane uririmvye neza
Murakoze gushima Imana ibahumugisha
Ijuru sinyabarega kbs
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
That's good song my sister
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Well talented young girl🙏 , who else sees dorcas and vestine in this song! They should have at least a song together
Asante sana mungu akubariki
Isi ntisakaye kweli "Be blessed my sister "
IS ntisay kl nokwahangan
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Happy komeza kuduha ubutumwa
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira reka tubasabe mudufashe gushikana ubu butumwa kure Imana izobibahembera murakoze natwe turabakunda kuba mufata aknya mukatwandikira bidutera intege .
Isi ntisakaye kabisa
Irava murakoze kuba mukurikirana ubutumwa dutanga
God bless you 💞
Asante sana
Mungu akubariki kwa ujumbe huu
Asante sana ndugu
@@happy-ricfamilysemior9698 tunasubiri mpya, ni vizuri kusikia ujumbe wako, sauti za unyenyekevu !!!!
What a beautiful song ,these guys should keep up!!God bless ❤️
Asante sana
iyi ndirimbo ndayumviriza sindayihimba
Ooooo Imana iguhe iherezo ryiza nivyo dusabira abantu bose Happy-ric family senior turabakunda
From zambia vyukuri iyindirimbo iranezera can mwari mwatanze impanuro ndakunda indirimbo zanyu
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira reka tubasabe mudufashe gushikana ubu butumwa kure Imana izobibahembera murakoze natwe turabakunda kuba mufata aknya mukatwandikira bidutera intege .
I really love the song
God bless you
Asante sana ndugu yangu
God blessings 🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🤝
Merci
Ndakunda caneeee👨❤️💋👨
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira reka tubasabe mudufashe gushikana ubu butumwa kure Imana izobibahembera murakoze natwe turabakunda kuba mufata aknya mukatwandikira bidutera intege .
Amen👏👏
Mbega indirimbo nzizacyane we
Murakoze cane Imana Iguhezagire
Amen🙏🙏🙏🙏🙏
Âmen
Muhezagirwe caaaneee
Amen muramoze ncuti yacu reka tugusabe udufashe kuyisabikanya nabandi
Uwiteka ashimwe
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Murakoze cane turabakunda cane
Imana izobibahembere.
Bisaba usihore iyindi
Nisaw ncuti Hama raba neza. Hariko nyishiiii