Mama wa YAMAHASA ya GASORE atubwiye kuvya Mariage ya BUTOYI na CYCY ubwambere || Inkwano..
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 18 ก.ย. 2024
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Number4 nguma 😳😳 nkirindiye kbs uwemera Isaac Tv uburyo arikanakora like nuinshi
Barikiwa sana mama yetu. ALLAH AKUHIFADH
Namba 1 uwabonyeko uyumuryango uhimbawe mumpe like
Isaac ndakunda ukuntu witanga vert 💞💞💞💞💓💓💓💖💖
Yooooo masikin cycy courage Can Isaac 😍😍😍😍🔥🔥🔥👏👏🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
Isaac ndagukunda uratangurikintu ukagisoza cycy waratomboy kugira mabukw nkuyo💖💖
Isaaaaac nukuri ndagushimiye naho abantu tudashima, urakora akazi bien kandi iciza nuko udashavura. Courage bro
Mm. Subira.. Imana. Ikuzigamee. Urumuvyeyi. Mwiza
Ikiganiro kiratesa saaana👌👌♥️♥️♥️♥️ maman waba Butoyi nciye mukunda caaane
Wallah iki kiganiro kiratesa😂😂😂😂🥰🥰🥰
Cane kabx m zebede yirabur ati pol Ati ronder mukorogo
Iyi episode ya 10 ni🔥iramara
Mama wa bo imana imworohereze kbx numuvyeyi mwiza yarabony ko uduhungu twiwe dukubagana
Hama sisi non. Ko ushaka kubana na butoyi kand nyina wabo nkaba mbona ari umuntu widini muzobana gut ata ndoa ko indoa bayungisha aba ntu babibiri bose araba musilman aha ndavuga umugore numugabo sisi raba rero ube umwisilam mwunge indoa twe twiyorere cank urindiriy ubanze uvyare niho uzoca winjira idini
Urazi ingene sisi aberewe ni jilbabu vyomubera abay umu musilmane
Gusa je birantunguye ubuhose narinzi sisi ko ari umwislam
Isaac plz next 🙏
Mama turakwemer Bukur yarahindutse ubuamfise utujambo can
Sysy yavyibushe kubera ubu umutima uri munda disi🤩🤩🤩
Ikiganiro kiraryoshe kbs mukomere ndakeney nimero za Gerard 😘😘😘
Nice my
Big up sana Isaac
Ok
Ndatwanze ndumye zebedeubwirabure
Bwaww burakubereyendagukunze
Ndabakundasanta
Isaac usigaye uryosha ibintu courage ubikora neza
👍👍👍👍👍👍👍👍
Ndabakunda pe
Cysy uraberew nokwitandira pee uzokwampuko ...ham issac dushak rurabe ubuzim bwabe ntumugore wawe plus🙏''turabikejey
Ndabakunda cane 🇧🇮🇸🇦🥰
Uyu maman nampenda kwaajili Ya ALLAH😘😘😘
Maman nagupenda sana
Ndabakunda cane gose
Mabukwe wa cycy niyubahwe iyo nabandi bamabukwe barukuba nkuyo muvyeyi
Ntibirabura nka zebedeee haaa maman weee namekupenda
Wawooo imanibajimbere
Uwukunze Maman wamahasa uburyo aryoshinkuru anatwenza😂😂 like
ubu ndazi kubatandukana vraiment
Bukuru and Butoyi👌💪
Merci nawe isaac
🤣🤣🤣mbavu zangu muranryohey Isaac hezagirwa mutama
Reka nbanze nu nvirize munwanya nzo.bangiye guteka icayi 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Vyiza cne kubiganiro vyanyu🥰🥰
Ayo makuru ya Mutama jerrard ko muyatunyegeza wabonye umuntu yiyahura kubera uwundi 😆😆😆mwubahwe 👉❤😍
Maman ngo :afise inda yabo😂😂😂
Cycy usa neza wa vyibushe yooh ndakwikundira ukuntu mwimereye na toyi murakundana uguma umubwira utuntu mumatwi yooh urampimbaye
Nukuri muri ibimararungu umuntu yoguma abumviriza mama uzohorane umutima wubuvyeyi Imana ikuzigame cane
Mansha Allah cycy yikwije yobandanya yambara uko vyoba sawa
Cycy rero aho ni sawa wabaye umugore yisoney ba wikwiza mwanamke kujistiri na kujitunza kwa ajili ya mme wake irya mishatsi wanikira hejuru yereke butoyi wawe munzu kniwe ayigenewe
Murantwengej bukuru na butoyi
Mutama Gerard ndamwikundira n'amahasa tower.Nari narayanse hamwe bihakana Sisi,bakagutera Aho ukorera.Muga ndabona baravyitwayemwo Neza.Isaac warakoze kuturonkera abandi bakinyi Beza Inyuma y'isambuka ry'ihumiro TV.Nibakomeze nakore Ama serie tubashigikire.Isaac bandante udutohoreza turakunda TV yawe
Mana murantwengeje sana ndapfuye
Komera
Hhh nawakubali murankura irungu
Jewe. Nzosara kubera iyi kupre gusa ndabakunda cane😀😀😀😀
Muraduteramisha peeeee turabakunda caneee🥰🥰🥰❤❤❤👍🌹🌹🌹🚕
Bukuru niwe avuga cane kndi aca umengo arakankama uka me ngo yashavuye bukuru sivyiza
Oyaaaaa Ka Bukuru nagasazi😂😂😂😂karanyegura pe
Yoo Butoyi nta moral agifise umenga atekewe nubwoba nahungu iyo ibabere inyigisho mwirinde gutera inda mutari mwiteguriye
Nukuri muranyishe 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ikikiganiro ndagisubiyemwo gatatu nicogituma nzobagwinyuma🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲
Isaac ubandaye unduha ivya butoyi nasisi kugeza kumpera twebwe twabitanguye kundango tugomba tubone iherezo vyabo
Zebede ubu bwirabure bwawe ndabukunda sana urimwiza
Salama mwebwe mwese
Namba 2 munipe fire km zote 🔥🔥🔥🔥
Nipow
Safi
Mutamajerari ndagukunda
None namugore ufise unware
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Izako. Ndakwemera
😀😀😀😀😀😀👍
Isaac ikiganiro kiramezeneza🤣🤣👍👍👍
Iyo nacerew 😒 ndamwey uyo muvyeyi kwer araryosh inkuru 🥰🥰🥰🇧🇮🇲🇴
Muranyishee sanaa nagatwego😂😂😂😂😂
Bari amakara 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Uwabonye ko bukuru yatekanye yigiz'uw'ejo ampe lik🤔🤔
Yani Bukuruu ni mwehu sana
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😃😃😃😃
Isaac Tv wew ndakwemerape
Murantwenza kabixa
Na mama araryosha inkuru. Ati si nkazebede 😄😄😄🤣🤣🤣
Nabonye arukumuntu winkuru
Mnanifuraisha sana wallih 🇴🇲🇴🇲😀😀
Kumengo Bukuru niwe avuga cane
Kila siku butoyi njoo mtundu sana na mimi Niko nawo Hassan na Hussein
Isaac urakora pee sorry wigore uzaturonderere wamukobwa emelyne yatoroka umusore buca agira ubugeni umubuze uduhigire urya muhungu benine atubwire impanvu adashaka kuvana numugore nawe atamukene please wigore uzabaduhe umwe basi muribo
Isaac ndakwinginee uturinderere Abo bantu babiri twumve icoruma IYO muhungu yihambirirz Ku mukobwa atamukeneye,woba ukoze cane
Nc👌👌❤❤❤
Hahaha na mam wabonawene numu cmd kwel ngobirabuy kuberinvur yaguye😄😄😄😄
Kuberiki imvura 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️🇸🇦🇸🇦
Toyi heba uwomukobwa Bukuru ndamwemera avugisha ukuri 🤣🤣🤣Isaac nukuri wakoze kubatuzanira ndabakunda cane nubwo Toyi avanga Cycy
Wallah muraryoheye
Muratweza nukuri muranyishe imbavu zaje. 😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️🇦🇪🇦🇪🇦🇪😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Isaac bit
Mbendakwi barize
Ko mutama jerald ninkamwe muharanira
Ngo muturabiri vyacu
Mbe natwe muzoduhemba ryari
Nana ganshimwe mwoduha nukuguma tubuzuriza gusa
Za murashirako na. MAMEGA
Nca ngwe muduha magara
Mukaduha nagafana nakabenye
Nimbwo bucuti
Hazogerahu potsinga
Muvyirabira
ZAMURA RABA NKUWU SHIRAKO KOMATERI NYINSHI MUMUHA MAGARA MUKA MUHA GANSHIMWE
MURAKOZ
Urakoze imvura yari yaguye haaaaaaa
Isaac koutakirungika kweli dhuuu unatukaudha
Mim kweli nishaga mfia mtama jérard kweli Issac 😍😍🇧🇮🇸🇦
Mucukuwe🤣🤣
Niusutwa
😂😂😂Eti mi mwenyewe sijijuwi😆😆
Hahahahaaaaaaa munatufurahisha sanaaaaaaa
I MISS CYCY AND TOYI
Turakwemeye Isaac
❤❤❤❤🇰🇼Ndabakunda kbs
Yoooooo nukuri Yara makar kweri
Mutama Gerard ndabakkunda caaaneeee
Mutama G ariho ajugumira kuberimbeho ambarikote mutama
💖💖💖
Asaac ndakunda ibiganiro vyabo bahungu kuko ndatwenga cane biratwengeje
Maman mapasa numuvyeyi mwiza caaane ubalikiwe mama
🥰🥰😍😘😘😘😘💋💋💋
Abobahungu nihatari kweli ngubwnwa ubona aribumwe
Sisi wanje oyeeeee isaac abakundurusaku twahageze
Mama ni mwiza harakantu akiri jeun yari mwiza jane ni mama yidonda ni wibereho
Yoooooo kumbe simwi slam?
Wawoooo bandany uduha ivyo vyiza
Unomus cycy amemva hidjabu Mama subira nanje ndabakunda caaaaaneee mwese
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ikiganiro caryoshe pe
Mazina wanje nyanzobe 😀😀🥰
Nyina wa babukuru numukomedienne ngwimvura yariyaguye aranyishe kweli
Ubu ndemey ko atari film
Komera wa munyarusaku we
Nkunda comments kurusha ikiganiro peee💋💋💋❣💋❣💋💙💙💋💋❤❤💋❤💋❤💝💙👌💙❣❣🥰❣🥰❣🥰❣🥰❣🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💃💃🇧🇮💃🇧🇮issac ndabakunda