TUMERE NK'IMIGEZI Y'I NEGEBU||Elie NDIKUNKIKO muri Université y'Uburundi.
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 7 ก.พ. 2025
- MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Ndagushimiye mushumba,nshimishijwe no kumenya imigezi y'inegebu,ariko n'ibindi byose ndungukiwe! Amen!
Amen 🙏💓
Amen Amen MANA HEZAGIRA UMUKOZI WAWE KANDI UMWONGERE INKOMEZI ASHISHIKARE ATUGABURIRA IJAMBO RYAWE MANA
Imana,Yesu Kristo na Mpwemu yera bahezagire Umutama wacu kwunvunva biraduhembura imitima
Amen🙏💖
Turasavy intahe y'uyu Munyakubahwa NDIKUNKIKO Elie muzomutemberere iyibahe turipfuza kuyumva atubwire.
Niyongabire samuel
🙏💖
Imana yo mwijuru ibahezagire kubwi jambo ryayo,turafashijwe
Amen 🙏💖
Amen muvyeyi
Amen 🙏💖
Uhoraho abazigame. Tumere nkimigezi yinegebu
Amen 🙏💖
MEIRRA TV Murabe muze murashika aho bari mubasabe intahe zabo zodufasha pe ntimuzozirondere bitagishoboka canke bigoranye.
Ewe mutama wacu urambany ibintu vyiza.Icompa Imana Ikazobikomeza gushika mubwami bwayo
Amen 🙏💖
Yitahiye noneho
Amen amen
Amen 🙏💓
Ndafashijwe
Yesu aguhezagire 🙏💖
Umwam abahezagir
Amen
Amen 🙏💖
Bravo papi. C'est ton petit fils ici qui t'écoute.❤🎉❤🎉😊
Que le Seigneur te bénisse !
MANA nanje umpee kumera nk imigezi yinegebu
Amen
Amen🙏💖
Mana nanje ndasha uzonshikane mubwami bwawe
Amen 🙏💖
Icompa nanj nkazoshika mwijuruuuu
Amen 🙏💖
mana uduhe kumera nkimigezi y'i negebu
Amen🙏❤️