JQ - Murabaza_DissTrack (Official Music visualizer)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 16 ต.ค. 2024
- #burundi #European #hiphop
#JQNiGGA #murabaza #bantubwoy #disstrack #isanamuentertainment #hiphop #burundi
Listen and download murabaza song: bfan.link/hejuru
Produced by Davincii & Enos The Amazing
Directed by Emery Sarkodie
Writer : JQ Nigga
Stylish: Dav d'or fashion
Labels: Isanamu entertainment & Bantubwoy entertainment
JQ Nigga booking info:
info@isanamu.com
Catch UP with JQ Nigga On:
Instagram: www.instagram....
Facebook: www.facebook.c....
Twitter: / jq_official_7
Snapchat: / jq_official7
TikTok: / jq_official7
This Game must be changed yoo
Let's gooo 🚀
T as trop bossé broda
Ur igisimbaa ndkeee🔥
Cool
Yeah bereke abobana gusa turashaka ukore freestyle battle na fab love
The only one in this game✊I must support you ❤ till i'll die 🙅
😰
Ngo wacimvye hehe?
😂😂😂Izi Flow mama yangu zirarenze Ntawe wibagiye nababihevye bose wabazanye
Oe habuze iki ngo mumupromoting kweri ntanumurappeur banganya no muri barya bamurusha izina ariko mugapromotinga stylosophe asigaye asumvya izina fabilove 😂
Yes i agree…HIP HOP is not dead…
Kizigenza 🙏🏾❤️
Abantu baguma bayisubiramwoO mumpe like 🔥🔥🔥🔥🔥musibaneee
Wow you really took yo time big up and courage 🔥🇧🇮💪🏽
Tnx Legend🙏🏾❤️
NDACABAZA 😂😂😂🙌🙌🙌 Hiphop stand up 🆙
Big bro👊🏾😁❤️
Nyaruk mumwishure abafana twiryohererw
Nawe vyuka muhu
We Ngoro, wumvis ko usigay uri igiporoporo 🤭🤭🤭😀😀😀😀.. Gus turacagufis ✌️
@@jq_tf7ngo ngwiki?kakaraperi kubuhanza😂😂
ewana wakubuye imicafu yose kabisa
Abaguma bagaruka kuyiraba nimugire j'aime👍🎉numv ndyohew😂
Yebagabooh 🔥🔥🔥🔥🔥
Ningorane😁
Welcome musaza ukoze correction, mpa like wemeye ko akosoye🎉🎉🎉
ica abantu memagura
Wwwwww ndabonye master abandibo baduha umuyaga turabonye abaduha ivumbi American 🇺🇸 numbers one
Yemwe yemwe yemwe naho nakagendeye naza nabona akataraboneka🎉🎉🎉🎉
💥💥💥💥💥 need things like this
Daamn🤯🤯 this is a genuine rapper…! Burundian version of Papa Jones👌🏾👌🏾
🙌🙌🙌🙌ubahwa bruh
Mamaweeeeeeee ntanico naje noronka ndenzako ufise impano iteye ubwoba wallah
Imbere yokukuvuga babanze bacishe cologate mukanwa😂😂😂❤best raper wamusore womur mukaza😮😮🎉
Nkabafana turasavye freestyle yaw n fab love 🙏murakoze
Uyu niwe mu rappeur twaritubur mur buja fleva
Kuva uburundi bwabaho✅✅✅✅
Amaboko ndayamanitse.
Courage
Ghaii uratesaaa boy rap niyi jay cobra in kenya umwitege mwarimu wiwe uvuze
Sha man sindumufana wa bantu boy ariko uranyemeje urakaze cane
Aho hoho kabisa na kataraboneka 2pc wiburundi kabisa ni Goat
Mpizo like siho nari
Brooo!!!!!chapeau bas!!!!..U deserve a respect!💯🔥🇧🇮 Amazina yabo NDAYAHOZE nzoyavuga muyindi EDITION(Edisson)😂😂😂
Kimwe mubisasu kirimbuzi tugiye kwifashisha ngah muburundi icambere ngiki cabonetse!! Nice music MA big brother jq NiGGA
Uy Mu Gee azotwicha nkeeu
You really deserve my comment bro✌️✌️✌️✌️ Uri hejuru cane✌️✌️✌️✌️
Iyi mood iri hot sana 🔥 😂😅
bro ndacayi feelinga🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Oya oya oya uralenze men🐉🇧🇮
Ushaka Urabaza TuNeJaM💯!
Game Changer 🚀🚀🚀
G naw ndakwemera work hard 🔥💪🏆
Bantu bwoy forlife abazana old school nibaryame baruhuke new school irabaziye
Iyi ndirimbo naguma ndeka kuyumviriza kumbe ni 🔥
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz ✊✊✊
Broo unatisha💪💪💪🔥🔥🔥🔥
Kuna watu wamehama mji
Hii ni zaidi ya darasa
Let's make this Guy in Another Level
#DaGameChanger
Yeee 🔥🔥🔥nind yokwubahuka avug ko utar king 💪 murabaza 👻
Agatwengo karanyishe kweri nibakwishure ndabe 👊JQ niggiz
Turasavye corabo mwena fabilove umwiyegerez fabilove
Kabisaaaaaa 10min😂😂😂😂😂 bro wubahwe nkeuuu
We the rap state🔥🔥🇧🇮🇧🇮 this is the Real Hipop hejuru cane
noma sanaaah
Man do you even exist??🙄🙆🙆 You the best bro♥️🙌 keep it up 🔥🔥
10 minutes,imirongo yo guhara nonstop !!Charged up kabisa umubile nta blague🔋🔋🔋
Love from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🔥🔥🔥
Baba nakubali sana pambana mbele nipazuri
Bro keeping going urakaze🔥🔥🔥🔥
Oo Kazee
Kbx i salut this is the type of hip hop we want 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 keep it up my boy
This song just made yo career coz it's a hit ov all the time 🌟🌠 Rap mi fav style u don't download U 're made in it bro❤🌠✍️🔥🌠
🤴🏿of #Rap
Urakora kbsa keep working
Wallah ndemeye peee numuriro🔥🔥🔥🔥
Another hit song 🔥🔥
Big up young legend
I promise you bro i gonna do reaction for this songo i like it from south Africa 💪
None uwo nu murundi cank nike juru 🤤
Flow,🔥🙆💯
Uho usa nuwukoze kumurizo wingwe, barahita bikangura
Urandenz bro
Babwire baba nakubari kabisa
Ongera bro umetisha sana 🎉🎉🎉🎉
Zimya zimya le dernier de la classe 🇧🇮🇧🇮👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾100%%%% king ndariguhay na ngangari wamwubashe mugabo muhuriy kur batttoo womuzimya naw nyene bro hejuru canne...
Bloo niyyo
Abafana iyiniyo rap tubatwipfuza bro ubaHwa nzoza ndayisaba kumaradio
Aba rappeur mube makini urumva uyumuhungu
Mur edeni haratesa❤❤❤😂😂😂😂😂😂
Big up brother wangu urafuse kabisa ariko b-face ni ntare mwako gakino ashoboye style zose
Uryanaje
Kurya
Ibiraya
Imatongo
Ndemey kbs
🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙏🙏
Don’t know this nigga bro ariko kabisa ntanumwe azamuja imbere maana uzamwishura azomwica kabisa tuba dukeneye rip nkiyi nyene uyu ni Lion rapper Buja put hands 🙌 uyu kiretse 19th kuko niyo twumva acana nkuku congratulations bro rapper goat ndibaza aba rapper bose bariko barajugumira 😂 nka 2pc New York bose barajugumie kuko ya pize hose 😂😂😂
Courage bro
Ntubona rero👌 keep it up kndi
We need a respon7 blooda
Asha uranyemeje vmrt muburundi abaraper nzi ni ww naw fab lv babahe amashugw yanyu thx san jQ niga⚽⚽⚽⚽⚽🥀❤️💐☔🌹🌳🔥🇧🇮👍
The number one burundian rapper on this things ... ✍ no one be like you bro keep it up 😤😤😤😤🇧🇮🇱🇷 Next level abatabizi nimuze mumbaze 😂
Mbega impano murabaza weeee urakaze kabisa
Hoboneka Batatu nkawe Africa mwoca muyishira hasi 👊🔥🔥🔥
Abasanganguzi
Kwr n number uduha tugusapotinge #Mwishwanje
B faaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaci urihe fabilooooooooooooove urihe who is the king 🤴
Bro urashoboye byukuri nuwanka urukwavu aremera kogwiruka new school woe uraje kuzamura hip yu Burundi
ab promoters basunik ibiduga bishaje ukaz wumv ng philosofiscripa this banger deserv 1m views 💥💯✈️🚨
Iyi ni Hi em up ya 2pac ndazi Buja abaririmvyi bose barikobajugumira kuko haje King of rapper ni goat kweli iyiniyo twariturindiriye kabasa kweli arazi icamuzanye mumuziki bajanjagure bose bavyuke bakanure uyoyumva bibabaje yandike ahubwo aha ntaho boca kabisa kuko hip hop yiwe niyiri mumaraso kabisa
Noma sana. Ukiweza nicheki inbox
B face ngo garuka nuri rap song uyishikane hejuru abumvise ako kantu luke hano
yavuze aze bashikane Rap hejuru apana bface ngo ashikane hejuru iyi song
Top kbs☝️
Hit song m'y bro nakuball
Man courage kbs 👌
JQ on top
bro hejur kbx uranyemeje🔥🔥🔥🔥
Yooooh ubundi Rapp niyo mama yanguu fabi love ndamukeney twumve rap iyariyo
😀😀😀💪💪🇧🇮🇧🇮💯🙏
Urya ntabishasha atarugukoma induru aririmba b face album yose ukamengo nicokiraro ciwe b face nawe arigiti kiturirwa umuhangaye ntuva ahuri niyo mpamvu ubona fabilove amaze plus de dix ans muri game akiri umu mineur mumuziki umugani wa el pro ibaze asigaye arushwa ABA followers na stylosophe amaze amezi abiri mumuziki😀😀
Umewapiga moja zero wamebaki kimya
Barihe 😂nibaze bavuge ulibafunika wallh
The Game Changed is Back✍🏾💥🙌🏾🌍
Ni kweri hit ‘em up yatupake avuye muri prison yavuze bose sukubanka muri biremewe kuvuga ivyo ushaka 2pac ,irya ndirimbo ya jugumije New York yose ntanumwe yarikumuhangara atari BIG gusa ya goat none nuyunawe arakubita numutwe agahonyora 😂😂😂 ariko ntarwanko kabisa hit pop yari yarazimiye Burundi reka abashushe game izishuhe Dj vuza indirimo ziwe nyie ikitwishe iwacu tuvuza ibiziki vyibindi bihugu ntamafaranga bitwinjiriza Tz bakunda ivyabo na NGR bavuza ivyabo ahubwo turakwiye kuba patriotic ataruburyarya dukunde ivyacu ikindi tugasaba Mukuru wigihugu akandikira TH-cam hiyo New York ibihembo biza bidusanga iwacu Muburundi ntakurinda kuja Kenya na handi ikindi tugashigikira impano kuko hariho ibihugu tutazwi narimwe vyirirwa biza kuyora amafaranga ngaho aho aritwebwe twoyariye tuha ama taxes bobo bakayabaha bataba nahano iwacu ikampani zirakwiye kuza ziraha aba ririmvi bazitangarize ikindi namwe baririmvyi andika neza imirongo kuburyo ikampani zibashorako amafaranga ikindi mukorecane,JQ yaje namwe mwishure umwe yiyita King BL mwishure utamwishuye ubu King turabukwaka hanyuma abugumane ace yitwa King A K A Goat ryoryo twarimuhaye 🎉
Boooom
Urandenze kwl
Méchant ✨🔥🔥🔥🔥🔥🪐
Finally we get first rapper to present our country in all languages 🙌👏🙏😤