ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Love from mr sammy ababona kotwoza turayinyarukan mump like
Ego shaa
Zamuranyarutsa kl iyiyariyatevy man.
Nimunzemurek kuyitevy
Ahubwo nimube muyinyarukna turayikunda sana
Love from GOGO LOVE OFFICIAL TO BURUNDI 🇧🇮
Uwamber.nyamba.warakunz iyi filim ungonge like 🎉❤
Wao wao abari bayikumbuye nkanje mumpe twatuntu.❤❤
Abantu murakunda kunyika mbega imyuka mibiiiii🎉🎉🎉 Basha mwubahwe pe murategura🎉🎉🎉❤❤❤
Courage ❤❤❤❤❤❤
Sami urashoboye courage Hama nabakinyi baw barashoboy Hama Sami ahigitega turagukunda
Mbay uwamber 💃💃💃mumpe like abaz nyuma yanje
Ooho mbegivyizaa ahohantu ihereye hazoryohaa
Mr sammy wariwadutebereje kwelli bandanya muduha ❤❤❤🎉🎉❤❤
mbay nagatadat abaz inyum yanj mump like zanj ❤❤❤😂😂😂
Congratulations ❣️ aho haaraje haashe kbx Liana naw turamutegereje hm Tura ❣️☑️mukomerezaho disi
Muri 47munutes nkaba ndahagez waaaaoooo sammy wari watunyotej twari tuyikumbuye❤❤❤courage rero Imana ikomeze kuguhezagir
Kuberiki mutatweretse ingene riyana bigenze ashitse iwe basi muzoyinyarukane❤❤❤
Love from Gloire to Gogo Love Official
LianaImani mutabare gukoBara mucyaphujeNubona bikomejeUcyewigira mumasengeshoBurya bazogutahuraIyagukuyeIkuzimu ninayoIgiy kukungwa nirira🎉
Amazon ko nkemenshi aziba matrix riyana arabuze amahoro ❤❤❤❤❤
Ndagukund can gose courage
Muradutevya sana ham courage liana mumutahure sammy naw nasenge amenye uwobarikumwe❤❤❤❤
Mwar mwaduteberej kl😊😊😊😊😊❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
Mwari mwaturyoteje courag❤❤❤
Imana cha yakoze😅😅😅
Mbaye uwambere Nashaka like❤🎉
Mbayuwa kabiri mumpe like abaza munyuma ❤❤❤
ahohantu aho liana akwiye kuzoca aja muri pwemu agasenga agasenga iryadayimoni akayitanga kuyica brauni akabona ihenuka bagasenga igaca iyonga pu shetani shindwa katika jina la YESU
Mwari mwadutebeje.courage ndabakunda cane
Imana ibahezagire ndabona muriko mwigisha neza ukuntu isi y'impwemu inyuranye n'aha tubaye mubuzima bwamisi yose
Waoooo courage Mr Sammy gusa kudutevya wap kbs🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mutunyarukiriz
Courage ariko mwari mwatunyotejep
mutunyarukirize bash turaba♥♥♥♥♥
Waoooo courage vyiza cane
Liyana courage ukinaneza peeeee
Liyana kwel akwiy gutabarw 😢kuk nubwo yokwisigur gut ntawomutahur atar mur Mpwemu 🔥💪🥰
Waaawwwoooo rekantore agatebe mwarabu ayamasa sinkeneye Tari kl😂😂😂😂😂❤❤❤❤
Ndabakunda
Waoooooo twaritubakumbuye vrt mwubahwe kure can bez murakunzwe❤
Conacerewe🎉🎉🎉
Yoooo karabaye ndabinginze riyan ntagiricaba bacebafashanyagusenganumugabowiw😅
Courage mwakinye nezaa
Muyitunyarukirize❤❤❤
Nukuri .iyi film ndayikunda .ariko nuko .mudutebereza cane❤
Murazi kuduter umunoho pe!mutunyarukirize suite❤❤❤❤Liany urabe uce usenga watur izina rya Yesu wirabire🎉🎉🎉
We are here!!!!!
Season y,ibihe vyose "Umuzi w, umusaraba" hejuru cane. Mwubahwe sana. Iminota nimike mwongereze kuko iraryoshe
Courage nacerew kbsaaa 💪💪 mwarimwaduteberej
Mump like 😂 ndabakund ❤️❤️❤️🎉🎉🎉
Turabakunda cane shishikara mutunezereza
Waooooooo!!!igez ahidyoh kbx 🙏👏🙏💪 liyan agir abonan numugabo wiw hagiy gush kl
Sammy muge muge muyiduha vuba kuko iratinda kbx tukayibagirwa abanyarwanda turabemera 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Yoooo yoooo nubwishim 🤭🤭
Twarabakunze mubandanyemusohora ❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤ ndayikunze ahubwo batunyarukirize
Ngo ndashobora kuba uwapike🤣🤣🤣🤣🤣🤣 mili nawe ayijemwo vyakomeye😅 umuzi w'umusaraba wariwauiteguye neza iraryoshe nuko mudutevya nkubu sinarinkiyibuka🤣🤣 Sammy courage urashoboye🎉🎉🎉
Tubasabe muze munyarutsa iyi film twarayikunze
Munyaruts reo kk har hagez ah iryoha❤❤❤❤❤❤❤
🎉 woow 🥰
My favorite ❤❤
Mikwiriy 💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐kuk mubikora neza cne
Harihagezehiryooh mutunyarukiriz❤❤❤❤
Courage brother❤❤❤
Thx
Waooooo nice film,gusa muratinda cne vyoba vyiza muza muyinyarukana
Courage mes frères et sœurs gusa Anitha sinarinzi koyotekereza liyana amwiketse kumugabo wiwe
Narimfatiriw Arik ndabaknd cneee ❤❤❤ knd courage 😅😅😅
Courage mes amis ndabakunda cane mbaye mubambere babipfurije ibikorwa vyiza cane
Sammy urabona nkibibintu ukoze kl nagire ndabe uko Liana agufata uriko usekura urikumwe nuwundi ARK Big up sana muduhe ikindi gice
Courage🎉
Today nkaba ndahigereye from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤
Mwari mwatunyoteje ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage vrt munyaruts iyikurikir knd mwubahw
Vyabintu vyakomey milii ubijemwo emwe nzoba mbonaà😂😂😂😂😂😂😂
❤❤❤❤Nari mbakumbuye
Wawuuuu🎉🎉🎉🎉
Courage Sammy et Kanyana
Agahinda kubuzima naho mwayihevye yari film nziza. By th way ndbakunda❤
Murakoze kuturyohereza kbx hhhh ngo Adam na evan😂😂
Yewegayeeee murabe muyinyarutse ntimwongere kudutevya
Yarikumbuwe ❤❤
😂😂😂 courage xanaa.🎉❤❤
Courage ❤
Samy oya kwli uradutevya cane😮
Curage 🥰 mudusize muburibwe ntimuz mutebe
Mr Sammy mrci sana kutuzanira yakobo turamukunda cane 🙏🙏
Courrage vraiment 🎉ma chérie❤
Nyarukan s2ep11muduteye uburyoh bwinshi nukur muyinyarukan ntimusubir kuyitevya
Tunyarukirize suite ndabasavye. Courage
Vyagenzenez🎉🎉🎉🎉🎉
Courage
Good.la suite s'il vous plaît
Ndashak kubona liyana mubuzim busanzwe bury ntavug cne😂😂
Iyi firme niyambere kwr bamutunyarukiriza iraryoshe cane
Bien joué
Ngu tura❤
Mumpe nanje liké kabisa
Next episode plz
Mwari mwadutebej kl gusa courage muduh ikind gice
courage 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mwaranyoteje nukuri nari ndabakumbuye
Wauuu umuzi wumusaraba niriwe ndidoga ngo mwayihevye NNE iciyijako❤❤❤❤
Muradutevy sana
Courage ndabakunda cane❤❤
Love from mr sammy ababona kotwoza turayinyarukan mump like
Ego shaa
Zamuranyarutsa kl iyiyariyatevy man.
Nimunzemurek kuyitevy
Ahubwo nimube muyinyarukna turayikunda sana
Love from GOGO LOVE OFFICIAL TO BURUNDI 🇧🇮
Uwamber.nyamba.warakunz iyi filim ungonge like 🎉❤
Wao wao abari bayikumbuye nkanje mumpe twatuntu.❤❤
Abantu murakunda kunyika mbega imyuka mibiiiii🎉🎉🎉 Basha mwubahwe pe murategura🎉🎉🎉❤❤❤
Courage ❤❤❤❤❤❤
Sami urashoboye courage Hama nabakinyi baw barashoboy Hama Sami ahigitega turagukunda
Mbay uwamber 💃💃💃mumpe like abaz nyuma yanje
Ooho mbegivyizaa ahohantu ihereye hazoryohaa
Mr sammy wariwadutebereje kwelli bandanya muduha ❤❤❤🎉🎉❤❤
mbay nagatadat abaz inyum yanj mump like zanj ❤❤❤😂😂😂
Congratulations ❣️ aho haaraje haashe kbx Liana naw turamutegereje hm Tura ❣️☑️mukomerezaho disi
Muri 47munutes nkaba ndahagez waaaaoooo sammy wari watunyotej twari tuyikumbuye❤❤❤courage rero Imana ikomeze kuguhezagir
Kuberiki mutatweretse ingene riyana bigenze ashitse iwe basi muzoyinyarukane❤❤❤
Love from Gloire to Gogo Love Official
Liana
Imani mutabare guko
Bara mucyaphuje
Nubona bikomeje
Ucyewigira mumasengesho
Burya bazogutahura
Iyagukuye
Ikuzimu ninayo
Igiy kukungwa nirira🎉