JC AVUZE AMANYANGA YA MO'W KANZIE BELGIQUE😭LEE CHARON ATEJE INDURU🔥 ABADIASPORA BARARUCIYE
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 25 ม.ค. 2025
- "No matter where you're from, your dreams are valid"
----------------------------------------------------------------------------------
#FulgenceMika #mowkenzie #burundi #leecharon #bujumbura #diasporandundi #burundiartist #monnawalda
Bana natwe umenye kandi wige vyinshi!
Wibukuke gukora Subscribe Like Comment na share maze dukomeze kubana 5/5
Ukeneye kwamamaza twandikire kuri: (+257) 69 241 403 / (+57) 79 395 900 canke ku mbuga dukoresha: Faceboo|Twitter|Instagram|Tiktok
_________________________________________
Follow Us On:
INSTAGRAM: / iamfulgencemika
TWITTER: / fulgence_mk
TIKTOK: www.tiktok.com...
Mur'iyi video JC PROMOTER avuga ko Mo'W Kenzie yabeshe kuri video iheruka gusohoka! Abasanzwe bamenyereye ibi binyu rero nka BORIS EVRARD hari ivyo bavuze kugira ibintu nk'ibi bihagararae! Utaravye video yose ushobora kudatahura!
Like, share na comment dushike kure🙏❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮✌️
@@FulgenceMikaOfficial hanyuma n'a kigingi yarabeshe non kuri commentaires yagize?
Lee charon arababaje..polee kweli urarushe
Délinquance naho muri en occident mwayijanyeyo umwanya mufata mutukana iyaba mwawukoresha mugukora mwogaruka mwararenz none raba ivyo mwirirwamwo😢
🔥🔥🔥
Moi je crois Mona à 100% reo ntiyaraj kub imbohe yaw non k uvug mona gus bary bandi bakuvuze k umez nabi barakubeshey nab nyene
Mu ba partipants nihenze ni: Boris Evrard
Eeeuuhhhh😂😂 i
Ibintu vyose ni time ivyo bazobihera bongere bahuze,knd turabisengera inshaAllah
Karyenda na Alvin ni ibigugu Atari ibigugu Naho Bari Bisinye gushigikira Monna .Boris nae yavuga ukwo babikora iwabo Canada
🤝🤝🤝❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥
Muramutahura numunyagihugu cane contract ntibazi icivuze nakamaro kayo so ukoze contract nabi ubihomberamwo.
Bigana yamaz kwerekana aho ahagaze knd numunyensaku crazy Boy
Mumveko Mona numusani yize ntakumukandamiza ngonuko mumuhamagaye,iyukurikiza amategeko ya contrat ivyontivyarikuba
None ko muguma muharira kuri Visa ngaha ni Visa visiteur
Wumvirije ikiyago uraza kwumva aho avuga ko ari VISA de TRAVAIL.
Ba lee bashaka kuvumira kuri Monna nibavaho baranadushisha
Gabanya amayanga di ntimuzosubira gufata abantu nabi kandi muzi ko mwanditse mukurikiz ibiri muri contrat c'est tou kandi n'abandi barabavuze ko mufis ibibazo n'abantu muzana hiyo monna rero atemey amafuti yanyu n'uburenganzira bwiwe
Ngontiyari kuresilia kugirajegukora yarikwicara,ahoyicara WW warikumugaburira kwarivyavuga,reka gufatanabi umuntu ngonuko wamuhamagay mubigabanye