ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Kunyurwa ni nkingi yo kubaka❤️❤️❤️
Urukundo rw'Imana😍
Rwose kubaka urugo nu gu considera mu bintu byose, uwo mubana ukamutumira mu nshuti zawe ni bindi ariko yesu azabidushoboza mwi zina rya yesu.
Ariko Pastor gitwaza ufite ubwenge kabisa Imana igukomeze.
ndagukunda paster icompa nimero yawe
Ameeennnn ndafashijwe rwose lmana iguhe umugisha lntumwa
Imana iziguma igufashe kugirango utwubake
ndafashijw cane nizinyigish
But Lord😭 Ndagukundaaaaaaaa❤️
URI MUBA VUGABUTUMWA BAKE BAKIVUGA Ukuri kwisi
Paster imana ibahezagire cane ishi2kare kukurongora murimwuka wera w"imana uraduhanura ver bikwiye
Apostle uvugibintu byubwenge kbs
merci bcp.Iman ibakomez
Kabisa biratwubatse
May God bless you Apotre
Ninyoni peeee
Apotre uvuga ibyubaka muburyo bwose
Transfert
ndagukunda
NDA kweme ra
Arko Urarenze pe
Birakwiye kumwemera
Ntaco nfise nokora kugira umenye uko ngushimira, Ariko ndiho akongerereze amavuta kandi akongerreze imyaka yokubaho kugira ukomeze kurokora nabandi benedata bazimiye, uranzimuruye kandi ndiyumvamwo ko ivyanje bigiye guhinduka vuba, ndagukunda ukuntu undemesha hariho ahantu havugango kugarurirwa icubahiro watakaje ndahumviriza amasaha yose kuriyose ntamusi worenga ntahumvirij kuko uvugamwo ivyanje vyose mbega umuntu yokuronka gute? Jewe mporanipfuza kukubona harivyishi numvako nkubonye vyondemurukako!
Uyu aratubeshya