Kigingi na Ildéphonse batwengeje Umukuru w'Igihugu n'inzego z'umutekano n'ukwivuna abansi
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 26 ม.ค. 2025
- #Burundi : Kigingi hamwe na Ildéphonse, abasore babiri basanzwe bazwi ko bakora umwuga w'ugutwenza (Comédie) bari batumiwe i #Gitega mu birori vy'aho Abajejwe umutekano n'ukwivuna abansi bariko bipfuriza Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero #NKURUNZIZA umwaka mwiza w'2020. Kurikira ibikino berekanye