The guy Stylozoff yakoze aka video ariko ararimba that song ivuga how he was living a hard life but still having hope that tomorrow might be better, akagera no kubindi vyinshi, haca habaho abagakunze baca baramu supportinga bamurihira studio arayisohora.
Mbaye uwambere impa likee🎉🎉
I like how you support Burundian talent
Ukuntu uyi vibinz biratesa sana utumye ndayikunda xna❤
Stylozoff aragezweho umwami waba Poils(Aba poils nabiga cank bize muri Universite du Burundi)Scriii Paaa😂😂😂🤣
😂😂
scriiiiiii paaaaaaa 😍😍😍😍😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮📡📡💪💪📺🤞
🔥🔥🔥
Chris hoza I like your vibes 🇧🇮🇧🇮 ariko uze uradushirirako like kuri comments kugira tubone ko usoma message zacu
Nibyo pe, ngiye kubishiramo ingufu! Urakoze cyane 🤗
Wumvee wumvee 💐🔥
Wahorahhh
Hano tu
Now arafise iyindi ndirimbo nshansha yitwa ndadirigiza by stylozoffe.his second song
Maze kuyireba nayo ni 🔥🔥🔥 th-cam.com/video/nL16gcdy2HA/w-d-xo.htmlsi=sOCGbXgo2W7H03te
Coiffure niyo yakoze pour honorer son grand père!
I thing it's real life for him . He is crazy boy kbx❤❤❤
Flowers 🌻🌻 for you Sister!
The guy Stylozoff yakoze aka video ariko ararimba that song ivuga how he was living a hard life but still having hope that tomorrow might be better, akagera no kubindi vyinshi, haca habaho abagakunze baca baramu supportinga bamurihira studio arayisohora.
Ivyo ninde abikubajije😮
Good reaction from Hoza
Utumye ndayikunda gushasha
Scriii Paaah !!!!
Energy by teddy Smith yidusangize🇧🇮🇷🇼
Uyumujama aranyica kbs ngo ibenye ayipimisha irate ndake azonavica warahi
Hahahahhah arakaze 😂😂😂
Aratweza cane kbx kweri
Much love from Burundi🇧🇮, but I love the way you laughing ❤❤
🇧🇮🇧🇮🇧🇮stylozoff, big up
Hejuru hejuru
Uzonsobanurire we can't be friend by Ariana grande
Akira 💝
Urakoze
Talent shsh ya rap burundi 😂scriipaa
Namwe muraryohera caaann😂😂 Bana from Kenya ndabakunda caane please likes ❤❤
Iyo nindirimbo yiwe yambere stylozzof ❤❤
stylozof is 23 years old 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Wow! He is sooo young!
Why not iriko irakoma imihanda yosee hejura cyanee mumufashee ababishoboyee😢😢
NICE KABISA HOZA
Chris Hoza wacu we love u uzaze Buja walahi tukwakire neza natwe tukwereke urukundo walahi
You're Amazing❤😂😂
I breezy -hallelluyah ft we love muzik
Ndamufana uyu mupeti
Mumuterereho umutahe akore
Imana iduhezagire🇧🇮🇷🇼❤❤❤
ndagusavye wumvirize song nshasha yiwe yitwa @Dirigiza by Stylozof
Nayo irarenzeeeee 🔥🔥🔥 th-cam.com/video/nL16gcdy2HA/w-d-xo.htmlsi=MIPK2jJSn34LnDbV
❤❤❤
Dushaka reaction ya bwe bwe bwe by Bruce the 1st
rab ukor indirimbo y Ibreez yitw hallelluah
Turagukund cn ah 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤Stylozzof arakaze numu upcoming
Burundi hejuru caaaane kbx
Muhoza wubahwe
18 ans
Ehhh ni mutooo
Im sure this is gonna be good
Kora babampere remix🙏🙏🙏🙏🙏 ni showww
Stylo nanj ndamukunda cane aririmba neza cane kandi ibintu bitahuritse
🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Hejuru hejuru🔥🔥🔥
Next reaction uduhurez iy song ikorosho by master key
Gira Dirigiza
Nayikoze 🔥 th-cam.com/video/nL16gcdy2HA/w-d-xo.htmlsi=sOCGbXgo2W7H03te
Next reaction: Nibabampere by Young spit ft Dj philbyte & Double Jay & Kirikou & Dj Lewis & Treyzzo & Rappy Boy & Mow Kanzie
Icukoze uraryosha ibintu kabisa nice❤
Uyumusi yasohoye iyitwa ivyo bito uzuyituzanire
Umugabo nihera❤
Yasohoye niyindi yitwa DIRIGIZA
Yego nayibonye 🔥🔥🔥 th-cam.com/video/nL16gcdy2HA/w-d-xo.htmlsi=MIPK2jJSn34LnDbV
we love the way you support Burundian music, kandi stylozof arafise song nshasha yitwa @Dirigiza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndabashimira ku rukundo namwe munyereka. Dirigiza nariyebye, nayo ni 🔥🔥🔥 th-cam.com/video/nL16gcdy2HA/w-d-xo.htmlsi=MIPK2jJSn34LnDbV
@Chris hoza sorry kub Nar naratinze kugir S'abonner 👍Uratwik peee 🔥🔥 I'm 🇧🇮 l'm your Big fan👍
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🎶🌍🚀
🔥🙏
Araharawe
😂😂😂 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇱🇷🇱🇷🇱🇷💪💪💪💪
Hoza dukorer tuzogumana by El pro
Mbabarira urenz iyindi nshya yiwe Yitwa Dirigiza irenze iyo ngiyo
Stylozoff - DIRIGIZA (Lyrics Video) Reaction Video | Chris Hoza
th-cam.com/video/nL16gcdy2HA/w-d-xo.html
Uzuturonderere indirimbo yitwa polepole yumuririmvyi wumurundi yitw arnovic
Vyukur ubwo buzim yarabubayemw
Neuza hozz
WOW ❤️
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Uyomu Petit Ararenze Sana
Nimushasha ariko arashoboye afita songs 3
Ivyo bito......
Hahahha
Coiffure yayikoze kubera Papy wiwe..pour lui rendre hommage
Big fizzo
Rap comedie
Umwo mwana arakaze cane. Ager kure
#stylozoff💥🔥🔥🔥😂
Yubaw
Cyanee
Umusingo w,ikirara by Ciri bright
😂😂😂uko yambay niko aba poils bambara😂😂 Akenshi
Why not ntokwitwa hero?why not bitohinduka ?
Why not???
❤❤❤❤❤
Turashaka kuduga (nibabampere) pls
Paaaaah
Song 257block burundi
Sister shaka indi yitwa dirigiza urahita umukunda kurushaho
Maze kuyireba, nayikunze!! th-cam.com/video/nL16gcdy2HA/w-d-xo.htmlsi=MIPK2jJSn34LnDbV
Born in 2001
Dodo by wiz design,sirimuka by treyzo&rappy boy please ziduhe turagusabye
Why not mutoraba ino video?
I think next song it will be tak Tak by Bado bado
😂😂😂🔥🔥
😂😂😂
😮😂😂😂😂😂
Wumvee wumveee wumve scriiiiii paaa😂
Coiffure nayo yahaye icyubahiro grandpa wiw
Chris hoza i m your fan ese urubatse? MPa mobile number yawe nimba uri single
Rek reka iy ntambara wamuhungu we ntibagukubite ntakantu ubona kuntoke yambaye
Sᴄʀɪɪɪɪɪ ᴘᴀᴀᴀᴀᴀ
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Thank you for watching 🤗
Dᴜᴛᴇᴍᴡᴏ ɪɴᴅɪʀɪᴍʙᴏ ʏɪᴡᴇ ʏɪᴛᴡᴀ ᴡᴜᴍᴠᴇ ʙʏ sᴛʏʟᴏᴢᴏғғ
Wadusobanuriye iyi ngiyi Burundi we love you
th-cam.com/video/1Mfsx_209XM/w-d-xo.htmlsi=K8KORIULCvWBKSrc
@stylozoff
Uʙᴜ ᴘᴏɪʟᴇᴇ sᴜʙᴜᴋᴇɴ ʏᴀᴠᴜᴢ ᴜɴɪᴠᴇʀsɪᴛᴇᴇ
Uyumusi yasohoye iyitwa ivyo bito uzuyituzanire
Nimushasha ariko arashoboye afita songs 3
Uyumusi yasohoye iyitwa ivyo bito uzuyituzanire
Nimushasha ariko arashoboye afita songs 3