Umugwi CVR watanguje igikogwa co kuzura ibisigarira vy'abantu batawe mu binogo rusangi i Makamba

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 ส.ค. 2020
  • Umugwi ujejwe ukuri no kurekuriranira CVR watanguje igikogwa co gushira ahabona ibisigarira vy'abantu batawe mu binogo rusangi mu bwicanyi bwo 1972 mu bumanuko bw'igihugu mu ntara Makamba. Pierre Claver Ndayicariye arongoye CVR asigura ko ubwicanyi bwabaye i makamba bushobora kuba aribwo bwabanye intandaro y'ubwaciye buba mu zindi ntara

ความคิดเห็น • 4

  • @arcadeigiraneza1619
    @arcadeigiraneza1619 3 ปีที่แล้ว

    turashima igikorwa ciza uwo mugwi uriko urakora co kwerekana ukuri. nibatere imbere mugikorwa cabo Imana ibamurikire

  • @ghostagee5232
    @ghostagee5232 3 ปีที่แล้ว

    Makamba aho niho batanguriye, Republique de Martyazo, n'idarapo barashinga soleil levant barashinga, zina mututsi ati: " Akacu karacitse"! Barasasika!

  • @makokoinnocent4571
    @makokoinnocent4571 3 ปีที่แล้ว

    Mukama tabara igihugu cacu turagow nukuri ibintu kivyo ?nuko harabaharira
    Imana niyonzima