Ishengero rirafise nyene ryo !!Yaba Pasteur canke rév. Pasteur nta numwe bajanye na Yesu Kristo mw'itongo igetsemane rya joro canke i igorogota rya zuba yotera kumusaraba ntawe barikumwe rero Kristo arazi igise caryo ingene camubabaje !!! Nta bwoba rero reka bisobanuke nabitwa aba Kristo bisobanuke
Wewe ujegute? Raba ivyiwanyu PENTECOST BURUNDI yiveko koma shetani kwajina ra Yesu Christo amen Amen Turakuvumye mwizina rya Yesu Christo shetani ashindwe
Uwu ibi ariko araviga ni ibiki? Ndumva ari kuvuga ivyo atazi. Btatahura Ishengero ico ari co. Vuga ivyo mu Rwanda ivyo mu Burundi ubireke. Ah'ubwo nosaba Abakristo b'Ishengero ry'Uburundi musenge Imana kuko Ishengero si iryo umuntu ni irya Kristo kuko ni we wenyene yaripfiriye!
Shalom Shalom ndabaramukije mwese ibintu nivyiza ntakibi Jewe mbibonamwo abatowe kuzorongora abandi sabavuye hanze nabo muribo nyene muri Pentecoste kandi bayoborwa na mpwemu w’IMANA rero wampwemu yabakoresha niwe azobandanya kubakoresha ibintu bigende neza ahubwo tubasengere kugira baze batubere abarongozi beza AMINA
Ishengero rirafise nyene ryo !!Yaba Pasteur canke rév. Pasteur nta numwe bajanye na Yesu Kristo mw'itongo igetsemane rya joro canke i igorogota rya zuba yotera kumusaraba ntawe barikumwe rero Kristo arazi igise caryo ingene camubabaje !!! Nta bwoba rero reka bisobanuke nabitwa aba Kristo bisobanuke
Ishenger rifise nyeneryo muzihurir naw.
Wewe ujegute?
Raba ivyiwanyu PENTECOST BURUNDI yiveko koma shetani kwajina ra Yesu Christo amen Amen
Turakuvumye mwizina rya Yesu Christo shetani ashindwe
Jewe ndababazwa numuntu atukumuntu atamanje kumenya icarikwaravuga uyu munyagwandwa avuze ukuri kumuntu yiyunvira kwishengero dy'Imana
Barimwo uwitwa Super Ovzsiya
Raba ibikuraba,
Nkawew wosang urumunyarwand mwinjir mugihug kitariciwany iwany murwand kobariko.barazisambur kwatarivyuvuga uvug ivyomiburund
Uzoze witoze nawe
Mugenzi.mwene.Data.turagushimiye.ku.mpanuro.uhaye.abungere.b.ishengero.rya.pantecote.y.iburundi.ariko.twagomba.tukumenyeshe.ko.harho.abata.pfukamiye.bayari.iyo.migabo.Imana.yarayigaburuje.ubu.programe.y.uburongozi.nikurya.warubizi.Mpwemu.yarashanjaje.irya.migabo.mibi
Urahaze ntacorimena abanyagwanda jewe murantwenza mudaciye amahera mubindi mukarek kubesh ntimwoba abantu yesu aguhe gukizwa ivyo ubikura heh
Beshera hiyo burundi nibutoya ntavyo ndumva nahamwe Aho urasamika ivyobinwa ngo nibindi Aho lmana yoyinyuranya woza kudusaba ikigogwe urira
Ntampinduka zihari urabeshuza iyonkuru washikirije ntabihari yibeshuze uwubesha wese nicokimwwe nuwuroga nicokimwwe numusambanyi nimureke kuroga abantu namajambo yamahimbano ayomategeko yemeza kwambara ipantaro yerekane nimureke kubesha
Munyamakuru muze murashikiriza inkuru mufitiye icemezo mureke kubesha abantu ivyuvuze vyose kuri pantekote muburundi ntabihari barababeshe Ivyahishuriwe yohana 22:15
Pasteur Martin twigishe gusenga mukuri niw mwigisha dufise
Reka nyene aba satani bagaragare... Ntivyavuzwe none? ABAHUMANA NI BASHISHIKARE GUHUMANA!!!
Iyi nkuru siyo nukuri.
Ivyobintu vyanyu nububeshi reka kuba muhimba amakuru atariyo
None
Ibivurwa.kurivyutibe.vyose.uwovyemerayoba.arwaye.mumutwe😂😂😂patekote
Muyiveko.kondiwe.katavyonz
Ivyo avuga ni ukuri
Non n'Imana yagutumye ngutagaze ko pentegote yasenyutse? Kura ubw bubeshi bwawe ngaho urek guhiga vues kur Pentecôte irahagaze nez kd shetani ntabubash afis kw'ishengero ryayo. Umva rero tugutanganirze. Izo mpinduka uvuga ntazihari😊
Ibara riraguye bene Burundi babona atacamira muri Pentecôte
Gukunda amahera
Emwe ivy'iki gihe biragoy bisaba Gusenga tugakovya
Justine Burundi muntu wimana imana niyo yogutabara bwoko bwayo ibyo imana yirirwa ibihishura ntago ari mwuka wera ahubwo nayomafaranga nyene
Urugi ruva Ku muryango imbeho ikinjiraa
Kazibe wa mpwemu mbi WE!ntasoni,iyo ubuze ivyo uvuga pfunga kinwa
Nta coup d'état iba kuri Mpwemu Yera, kiriya n'ikimenyetso kigaragaza ko nta Mpwemu Yera yar'abibabamwo!!!
Beshera iyo sivyo
Alphonsine uyu muntu ututse, nuko upfuye kuvuga ivyutazi, uyu muntu avuze ukuri kuzuye, igihe ishengero rya pentecôte rimmaze kwinjira mu migambwe, bagapfa amahera ntakindi kiba gisifaye, uyomu escron wo mu kayogoro navurunge kuko afise ico yishimirije
Imana itabare
Nukuritwebw abumwuk ivyo ninkurunziza can kuko yes yariyarabivuze ko urwafu ruzobanza kuvamw hagasigar ubur ivyamaheravy nayobahorabaronk ntayobazongera kuronk tuzatiyafashisha impfuvyinqbapfakaz
Babwire twese,twumiwe pe!
Mana yanje ! Ubu Pentecôte abayobozi bayo batorwa n'ijuru? None Morano yavahe? None karashize ingani ngo isesengura n'iryo mu Rwanda ? Reka guca imanza wa mugabo WE!
None gushika ubu ntumaramazwa n'ayo makuru yawe? Ayo mahera urya y'ama vues azoguhagama, uzorondera kuyacira bitagishoboka. Icokubera ciza n'uko wokwihana. Shishikara wiyamamura, wisuke mu bitakuraba, uzomenya neza ivy'urimwo.
Uwu ibi ariko araviga ni ibiki? Ndumva ari kuvuga ivyo atazi. Btatahura Ishengero ico ari co. Vuga ivyo mu Rwanda ivyo mu Burundi ubireke. Ah'ubwo nosaba Abakristo b'Ishengero ry'Uburundi musenge Imana kuko Ishengero si iryo umuntu ni irya Kristo kuko ni we wenyene yaripfiriye!
Mureke avuge uko avyiyumvira.Erega ishengero ntawe rikumira
Muzomenya ukuri kandi niko kuzobakura mubuja
Reka kubahenda mugusubiriza yuda ntihakozwe ubupfindo kuberako Bari babiri bashaka umwe mbe hoho Abo batize bamariki abakiristro
I'mana ibabehafi nukuri
Ntibyoroshye kabisa
Kwenda huko
Niwitonde.imana.irazi.ibikwiye.igikwiye.nuko.tuba.muri.kristo.conyene.soma.indirimbo.yI.. 198.mukirund
Satani yabahaye mission yo gutyoza ishengero ?