ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Woow i love everything you should do more vlogging
Wombariza Frank ko afise un bon cuisinier qui fait le menage kandi qui parle francais. Nkeneye contacts, il y a une belge qui compte venir s’installer au Burundi akeneye uwomufasha kuronka un cuisinier/menager. Merci
Nanje muzontumire inzembigishe nkoresha video yumurete wamayayi cank wibiraya canke ibitunguru umurete😘😘😘😘😘🥰🥰🥰🥰
Muzoze murashirako ivyo mukoresha amahera bigurwa naho mwabiguriye merciii..ça donne l,appetit.
😆😆Mona vrt ndamukunda ukuntu yimerey,ar sincère ukuntu 😄😄 ingene rero yakubise zirya poireaux sasa umeng numwana arik arakubita 😄😄mais q mm t'es courageuse, j'admire ça vrt😘😘
Ohhh tomate râpée, nice comme ça nturinda kuyiteka hama nguyifyonde, who knew, thk u Mona 😃😃😃
Fromage râpé nibaza ko yari kuja mumagi ya carbonara, hama ça va donner un effet crémeux à la fin muma pâtes
Uzobimenya ma chérie ufise courage
Monna izo nzara c est pas catholique 😂🙈gusaaa l essentiel nukoo ubikundaa ibindii ni mu nyumaa
Slt Mona ngomb kubaz utumira abafis impano canke utumira abakora mu ma resto .murakoz
Chef 👨🍳 Frank😂😂😂izo Nzara koko
Fifi ndamuzi akunda ivyaba chinois 😂😂😂😂
Spaghetti carbonara 😣 arasubira abaze Ingn bayitegure cank andodere
By the way M’w congrats 🍾🎊 wabikoze neza
Thank youuuu🥺🥺❤️❤️
@@mowkanzieofficial990 u re wlcm😘🥰
Courage
Bgp saana
Mugikoni nizara wapi
emwe ,après avoir vécu en chine pendant 6 ans ,nirya mbere mboye iyo chinese soup 😂 😂😂
😂
Nyagasani weeeee!!!! J'espère qu'aucun italien azoraba iyi vidéo ! Ngo spaghetti sauce quoi?!?
None bakwigishiriza imbere ya caméra?? Bica biturusha mubivugiramwo n'majambo menshi
Burundian people let's support Mo'w and stop being jealous 😉
Bon ide
Tout sauf Chinese soup pour moi🤣🤣
J’ai pas pris aussi tkt😂😂😂too weird🙈
@@mowkanzieofficial990 🤣🤣😂😂😂
Hama uzo kwirinde kuza ukora mu mishatsi uriko ura teka darling
Vyizaa
🥰❤️❤️❤️❤️
Harakenew gants ariko ukokunt muvanga nintok umengo ntibisa bien
True that. Twaramenyereye nabi kubr muhira tubigira mais sur vidéo il faut kugira nko Muri restaurant…merci❤️❤️
@@mowkanzieofficial990 de rien monna wacu🥰🥰🥰🥰🥰
On est tous d'accord qu'après cette vidéo, on va tous manger☝🏿🤣🤣Conseil d'ami, regarder cette vidéo le ventre plein⚠️🚫⛔
😂😂😂😂😂yooo Manaaa… désolé 🙈🙈🥰🥰
Canke uze urifuka umutwe
Muriko mukora neza ariko m k z izory wap ntaz nofungur niz nzar kwer nonah ugiy mur wc ubigenz gute 🙄🙄🙄🙄🙄
Carbonara gushiramwo amagi?!? Ni omelette mugira muteke?!? 😭😭😭😭
Kandimuzemurambara amag yogutek
Mushak number munyishure mur comments
Ather Day,try to wear kitchen's groves for to protect yr nails
Do they work when I want to cut things?
Woow i love everything
you should do more vlogging

On est tous d'accord qu'après cette vidéo, on va tous manger☝🏿🤣🤣
Conseil d'ami, regarder cette vidéo le ventre plein⚠️🚫⛔