ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Imana niduhezagirire Evariste wacu n'uburundi bwacu.ndavuze Amen
Urakoze Mana yacu. Uteba kuraka ukagira imbabazi nyinshi, n'Ubishimirwe. Utubabarire kubibi vyose vyakozwe uhereye k'ubami batwaye igihugu cacu gushitsa kubagiye bayobora igihugu. Hasesetse amaraso menshi utubabarire. Abarundi bagiye bahunga uko ibihe vyagiye bikuranwa ubagarure, kumwe watahana abisirayeri ubakuye muri Egiputa!!! Uri Imana y'amahoro, y'urukundo n'imbabazi!!! Amen
Imana ibongere amavuta kuko yabatumye mukemera
Imana iguhumugish igukomez mumpwemu muhezagirw amena amen👏👏🙏🙌imanidufashe cane abarundi twese
Amen,amen Imana iguhezagire nawe prophète Ubuhanuzi bwiza kabisa
Mbega ko muvuga ubuhanuzi butandukanye ubwo umuntu yokwemera n'ubuhe?
Amen murakoze cane Imbabazi zi Mana zituharagereho abarundi bose
Ndakiriye igikundiro Imana atanze ku burundi
Urakoze mama yanje
Ndavyakiriye amen 🧎🧎👏👏👏🇧🇮🇦🇪
Munsengereibigeragezobyambayehokarandemumfashe umugabowanjyearigereza. ❤❤❤
@@UwishemaAlphonsine Imanaa ibirema ikabikomeza iba hose icarimwe yumva Kandi ibona (yumve, ibone icifuzo cuyumudamu umtware wiwe arekurwe mw'Izina rya Yesu Christo Umwami wacu Amen 🙏🙏🙏
Uhoraho ni wowe ubohora imbohe bohora umutware wuyu mudamu umubiri ni mpwemu vye bibohorwe mu izina rya Yrsu.
Imana iguhimisha caaane kuriyo mesaje uduhaye🙏🙏🙏🙏
Shalom prophète.natwe tuwita umutaka nyene.
Imana igukomeze kandi iguhumugisha
Amen Amen nukuri Imana ihabw'icubahiro kuba atamaraso azongera kumeneka
Imana idushireho ikimenyetso
Imana ishimwe kukuntu ituburiye
Ubuhanuzi kugihugu c 🇷🇼 ndabona hagiye kwiyongera imvunja kuzari zihasanzwe ,vuba cane knd munyizere
Imana ishimwe
Amen turavyakiriye abarundi
Mwaramutse IMANA ibarinde
Kobita Mana utabarira ibifuza kwongere gusesa amaraso .prophète ❤❤ mpwemu yera akomeze kugukoresha ibidasazwe
Amen Amen turawakiriye mwizina rya yesu imana ntirya ibesha iyivuze ntiyivuguruza,
Imana irakoze kudutabarira imbabazi zayo
Mbega aho ituma umunyarwanda muburundi ntabasenga barimwo izi canke ntibazwi
Jew simpakana ubuhanuzi imana ikoresha uwishatse Mbega nowa ntibamutunye itarushishi bivugeko itarushishi ntabaribariyo imana yarigukoresha bamwitonda imana ikoresha uwishatse 😢
Amen ibikari nibiganza
Ameeeeeeen ,Haleluyaa Haleluyaa,Haleluyaa,Haleluyaa,Haleluyaa,Haleluyaa,Haleluyaaaaaaa,Imana Numva noyihekaaaa ,
Imana. Ibazigame. Amen
Mukirundi bawita umwumvuri 🙏🙏
😂😂😂umwumvuri nigiswahili mukirundi numutaka
Urakoze prophète.kurama ni kuramba
Shimwa Mana Amena
Ego turumva ikinyagwanda turi iburundi
Urimo neza pee
Numutaka numwumvuri nukur imana itabarir kugih mana warakoz kuk aho tunaniriw niwew uca wikorera yesu urimwiz ibihevyos
Ewe muntu iyo mana ikuvugisha ni sekibi gusa uraraba usabe bagusengere ubohoke kuko iyo ni sekibi si Imana iriko irondera abo icikana nawundi azana ivyo vyirwano atari sekibi none yive inyuma rondera abagusenhera ubohoke
Amiiinaaaaa
Turakiriye
Umwami yes adufashe
Alelluya Alelluya Amen.
Mubikariri nimurungo mwo imbere
Alelluya Alelluya Amen Amen
Amen amen Ndiho aguhumugisha 'kndi ndakwemera nivyinshi uhanura k'UBurundi bigasohora
Natwe tuwita umutaka canke umumvuri!
Umutaka= umutaka, igikari =ubwihisho, Kurama=kurama, umweyo =umukubuzo, kumesa =kumesa, imyenda=impuzu
Nivyo numutaka
Mukirundi numutakanyene
Umwumvuri
Sha wewe uwomarayika nuwumwiza uvuga warumaze kabiri utavuvura kuburundi
Kurama nikuramba
ubuhanuzi bwatanguye gushika
Numutaka
mumashengero amwe n'a mwe,nintambara,
Ndaqusaba..qoseqere
Erekasha abavugishwa turazi ivyomuvuga nturavugishwa kurwanda naho?
Kurama(kuramba)
Kurama mu kirundi ni ukuramba
Mbis nirenganir ntac mfis cokuvug
Amen
Bivuge uwumva yumve