Nice song. It's a song of gratitude to what Jesus has done to her in life. Most of us are ungrateful to Jesus' deeds upon our lives and that's a bad habit. We should always to to be thankful to God's grace.
The first congratulations kuba waragize intambuko yugu ririmba gospel Hama point de vue yanje uzoze uragerageza kugabanya udusoni umengo uratinya ukuntu. Uri timide.... Umengo uratinya camera. Ariko bizoza Ikindi uzokwige kwandika ibijanye nigihe tugezemwo akarorero kurya kwa Israël yandika , Dorcas & vestine.... Même na Alvella ubu niko aririmba. Barandika indirimbo zikaba ndende muga zitarambirana.
Nice song! Keep up the good work! 👌
Courage🙌🙌🙌🎉🎉🎉🎉💫💫💫
Love from Mr Madiba Pro❤
Courage fifi 🎉🎉🎉
Vyiza caneeee umuntu ahura navyishi ❤❤❤❤
Courage la fille de ryansoro🎉🎉🎉
Hejuru cane Frise,go ahead,ntucike intege urashoboye
❤❤❤❤ song imeze kuko iraruhura imana igukomeze
Nice song. It's a song of gratitude to what Jesus has done to her in life. Most of us are ungrateful to Jesus' deeds upon our lives and that's a bad habit. We should always to to be thankful to God's grace.
Noe kuzanyivyakazi ko muri saudia😂🤦🤦❤️❤️👌courage
Nivyiz yesu yarakoz uzumwumirek nuburacagiraneza ntuzewibagire ivyoyakoz azohoraguhanzamas kandi kand uzokwam uhur nintambar uzushikam umwemangir
Neza caaaaane Fifi
Nivyiza cane courage lmana ikujimbere
Courage m chr fifi by carichou
Turahezagiwe cane ❤
Komerezaho sha🇧🇮🇰🇪👍👍
Indirimbo ndayimenye kubera kubera Isaac
Bn chance fifi munya gitega wacu
Big up sana fifi
Courage my sister tukwipfurije kugera kure ❤❤ mvuye kwa Isaac tv
Imana ikujimbere urashoboy
Indirimbo nziza komerezaho mwana womuhira
Komera komeza cane Imana niyo nkuru uzashika kuco Imana yaguteguriye
Amenaaaa
Courage mugenzi❤
Courage igikorwa niciza
Courage fifi iyi vidéo wayiteguy neza cn bandanya uzoshike kure.
Courage ma belle sœur chérie
Keep going step by step
Yooooo ninziza sha
Neza vrt courage ❤❤❤❤❤
Courage cane 💪💪💪
With prayers all things are easy never give up
Courage fifi ❤
Merc ss
Courage FIFI
Isaac TV➡️Chimamanda➡️FIFI
Uku ni ko namenye FIFI ku ncuro yambere
Courage❤
Courage
Courage urashoboye
Wangiriye neza Yesu courage mu mama mwiza
Merc muvyeyi
Neza caaane fifi et courage
❤❤nice song
Crg kwr urashoboy❤
Courage courage kabisa
Nice song Fifi courage
Urabay umu ambassadeur mukarer kbx
Amen amen amen 🙏🏻 🙌 👏
Au sio ubarikiwe sana sister 🔥🔥kazi Nzuri
Mwarahezagiwe Na Yesu
Vrmt ndaguteye intege
Nace song ❤❤❤❤❤
Okay ikiganiro ndakibonye kwa Isaac nca nsimbira kuri TH-cam ndaguteye intege mwigeme Yesu akugirire neza ntuze wumvire abaguca intege ahubwo uze usabe inkomezi kugirango ico Imana yakuvuzeko kize kikugereho
Murakoze cane. Mudufashe :Partage, na S'abonne. Muzobamukoze
Imana ikugeze Kure heza, you're talented
Ndaryohewe👏
@@FififriseOfficial ❤️
Imananyenamahoro igukomeze
Urashoboye kabisa
Shishikare ❤
Indirimbo yawe irankomeje gose kuko ncanumvako kwiganyira bidakenewe mubuzima.
Keza cane uririnvye wambaye nkaba Pentecotte ariko kwa Isac wambaye Nabi peeee ariko indirimbo Ninziza caneeeee
Courage cane
Good song good voice
Amen Amen 🙏
Salut. Fifi jewe numva uririmba neza komereza ahonyene
Nice song
courage 🎉video isa neza cya'e ❤
Ibintu ni wané
Vyiza caane
Ikindinaco gukizwanez numugish gukizwanab biterumwak munyambaro uzukizwenez mukwipodor nuk mubiganir nuk ugendeshw nampwemu murakoze
🎉🎉
Kabisa impano urayifise!ariko mukuririmba ba wirekura no gutamba navyo ni vyiza.erega niba pentekote urimwo itemera gutamba wovayo.jewe ndabikubwiye nk'umuvugishwa wewe ntuzoguma muri pentekote!nkibona iyo ndirimbo neretswe utazagumayo.....
Uuuuh Ngubimbwire neza😢
@@FififriseOfficial oya pe ntuzaguma muri pentekoti !ni wagumayo nzoba ntari umuvugishwa n'lmana pe!ivyo ndabikubwiye....... kandi ikindi gihe uzabibona
Good job
Komeza imbere niheza
Nice song ❤
Wow nice song
Hapo Saf
Arashoboy hubwo ubandany kuk ndabona nutacika intag imber nihez
The first congratulations kuba waragize intambuko yugu ririmba gospel
Hama point de vue yanje uzoze uragerageza kugabanya udusoni umengo uratinya ukuntu.
Uri timide.... Umengo uratinya camera. Ariko bizoza
Ikindi uzokwige kwandika ibijanye nigihe tugezemwo akarorero kurya kwa Israël yandika , Dorcas & vestine....
Même na Alvella ubu niko aririmba. Barandika indirimbo zikaba ndende muga zitarambirana.
👍👍
Courage et bonne chance
Courage di mugenzi
Bien sana
Hejuru cane
Ameeeen Ameeen
Amen
🎉🎉🎉
Nice
IMaNA ikugeze kundumdoroo
Courange et bone chance
Nukur twabonye Inez yiwe 🧎🧎🧎🧎🧎🧎
Cane ma Cher❤
❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Bandanya
❤
Terimbere cane mumyaka Iza bizoba bimeze neza
Kuraje cuti
Courage🙏❤️
Courage et bonne chance
Courage dada
Good job
Courage
Nice song
Nice song ❤❤❤❤
Amen