ความคิดเห็น •

  • @Ester-xv5tm
    @Ester-xv5tm 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +18

    Turashimiye abantu badutegurira iyi seri bubahwe ababakunda nkanjye mump like

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +29

    Mbaye uwa 1muri commentaires guys abakunzi b' ingaruka séries mumpe izo like tuhatwike 💃💃hahire rimwe 🔥🔥 today nizereko dukwiza 300k🎉❤❤❤

    • @EjdghEjfhj
      @EjdghEjfhj 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Vette ariyirobeka kandi agateranya❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +10

    Abakunzi ba film ndundi mbisabire mufashe kugira s'abonner muciye kuriyi foto yanje muri gwarukundo nyene ❤❤❤🎉

  • @salvatorniyokindi6485
    @salvatorniyokindi6485 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +7

    Mbaye uwa mbere mukureb m'y favorite film ingaruka 🎉❤❤ like ngah mwese 😅❤😂😂

  • @OdetteNITUNGA-qy3vk
    @OdetteNITUNGA-qy3vk 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +13

    Waoooo abakunda comedienne Yvette nkanj like kwli
    Yvette:perajia ndamwanditse mugitabu cubugingo mana umubone ryiza
    Senge: ngowoho waranditswe?
    Nanj:😂😂😂😂 vous êtes drôles vraiment

    • @AngeDoucyDushime
      @AngeDoucyDushime ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

      Jew Yvette ntamubony sinryoherw

  • @ChantalMarieKwizera
    @ChantalMarieKwizera 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +9

    Pwaaaa kumunota wa12 nkaba ndahageze mutore amashure yanyu bakinyi beza🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 abaza nyuma vyukuri ntimubishiremwo inzigo tumenyane muri murukundo Nino série

  • @alriyami9446
    @alriyami9446 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +6

    Mbay uwahafi uyumusi abaz inyumayanj mushirirek like 5gusa ❤❤

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +8

    Yvette 😂😂😂😂😂wewe procureur 😂😂😂 général 😂😂😂😂😂😂

  • @ladjanismaelirankunda9500
    @ladjanismaelirankunda9500 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +6

    Nyaruka reo ndab uwahantanz❤😂😂😂😂❤❤❤☝️🙏🙏🙏🤛🤜😂😂🤣🤣

  • @Francus1609
    @Francus1609 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +5

    Murakaza neza cane abo kwa Sabbas murashoboye peeeee, bakunzi ba série INGARUKA muze hano tumenyane.

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +10

    Waooooo muri 7minut nkaba ndahigereye ❤❤❤❤❤❤❤❤
    Abaza nyuma mwese mbisabire murirwarukundo munkandire kuriyo foto mundemere pls❤❤❤❤❤❤

  • @phionahoffical5288
    @phionahoffical5288 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +12

    Noneho mbaye uwambere mumpe like❤

  • @gnfilms8582
    @gnfilms8582 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +50

    Ubundi nimwe bantu banje❤ bakunzi b Ingaruka raba ukuntu ije nkaho itanguye.❤❤❤❤

    • @mpawenimanaflavia1158
      @mpawenimanaflavia1158 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Nawe uruwacu mutumishi❤

    • @NiniAnnickKubwimana
      @NiniAnnickKubwimana 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

      Ndabakunda cane courage 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

    • @MugeniLydienne
      @MugeniLydienne 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Courage sabbas impanuro ziri mungaruka ziratwigish cnee

    • @MANARIYOChanella
      @MANARIYOChanella 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Turagukunda cn ,niwagaruk gtg uzorye akara abafana tugusange kungoma duserebure

    • @MANARIYOChanella
      @MANARIYOChanella 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Yvette nawe ng ""muraba mutari bwatirishe""

  • @OliveTUYIZERE-fn7ry
    @OliveTUYIZERE-fn7ry 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +6

    Like ya Yvette ndaykeneye❤

  • @EricNzitonda-q
    @EricNzitonda-q 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +5

    Ubu nanje ndahashitse hakiri kare❤❤

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +4

    Ewe Yvette wanje,niwe usigaye wandikisha abantu mu gutabo c'ubugingo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @Cheillangabirano
    @Cheillangabirano 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +5

    Musigaye mudutevya 😢😢ngr niyompamvu isigaye iryosheee🎉🎉🎉🎉🎉❤❤

  • @ZaituniMbonyimana-e2e
    @ZaituniMbonyimana-e2e 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +4

    Waooooh teraa imbere gihuguu cizaaa 🇧🇮

  • @KklKkl-hj5rw
    @KklKkl-hj5rw 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +4

    Nkaba,ndahishikiye muri 3 min nimundabire nanj numve uko bimenze knd tugume turyoherwa cane❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @adamoman4966
    @adamoman4966 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Ndahishikiye reka nteragatebe❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹

  • @DusingizimanaTamari-p4c
    @DusingizimanaTamari-p4c 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +5

    Mageze ndi uwambere reka ndebe ibindi ndabivuga maze kureba Love❤ from🇷🇼

  • @MANARIYOChanella
    @MANARIYOChanella 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Wahouuuuuu ndahashits p,,,mukomere mukomezw n'Imana mumazi

  • @blankoblanko1550
    @blankoblanko1550 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +4

    Uyumus ndazinduts kwer❤❤❤😂😂😂😂😂😂 senge gut ivett wew nukur

  • @BellaNiyinzigama-lo3to
    @BellaNiyinzigama-lo3to 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +7

    Yvette araryohera Akina neza ❤❤❤🎉🎉🎉😂😂😂😂

  • @bagabolaurent5655
    @bagabolaurent5655 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +7

    Welcome ❤❤❤❤

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +5

    Yvette arandyohera ukuntu ari ntahompagaze😂😂😂😂😂

  • @Burundistartv
    @Burundistartv 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +4

    Congratulations 🎉❤from BURUNDI STAR TV

  • @Konsa-h4k
    @Konsa-h4k ชั่วโมงที่ผ่านมา

    😮😮😂😂😮😢😢😅😮😮😅😅azongaruka tati Cha ❤❤❤🎉🎉🎉pore sana❤🎉🎉❤🎉❤

  • @Dénise-k8h
    @Dénise-k8h 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +6

    Abari bakumbuye Yvette nkanje tumenyane

  • @IradukundaFidelite-nw3dj
    @IradukundaFidelite-nw3dj 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +5

    Yvette 😅😅babe batari bwa triché 😂😂😂😂😂😂

  • @IrakozeYvette-bf2gb
    @IrakozeYvette-bf2gb 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Ingaruka nukuri imana iyirimwo cane cane uko muduha agace nikwo irushiriza kuryoha nukuri muriko mubikora neza cane imana ibongerereze impano sabbas felicitation kwl❤❤❤

  • @VENANTNTAKARUTIMANA-jt3cx
    @VENANTNTAKARUTIMANA-jt3cx 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +5

    Uyumusi ivete aranezere Can niryambere akinye yoroshe atamanya arimwo

  • @MANARIYOChanella
    @MANARIYOChanella 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +4

    Yvette urantwengeje kubintu ubwiye sengeeee vyose ew pelagie arakwambitse izera

  • @blankoblanko1550
    @blankoblanko1550 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Emwe king uraronons uyutumy utumy ivett kwer nukur jew uranyic pe😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Iyi Series igumana uburyohe nukuriii❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉 ntita akanovera peee😊

  • @Joellakezimana613
    @Joellakezimana613 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    ❤❤❤❤❤iy series izonanyica

  • @IrakozeMugishaAime
    @IrakozeMugishaAime 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Murakoze ariko muri gutinda pe

  • @VestineDusabe-u1i
    @VestineDusabe-u1i 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Emw ek ningaruka gs ❤❤❤ nay pee

  • @HonneteIRANKUNDA
    @HonneteIRANKUNDA 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Yvette Nawe aranjegenyuye ngo murabe mutatrishije 😂😂😂😂😂😂

  • @EmelyneNshimirimana-p7m
    @EmelyneNshimirimana-p7m 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    😢 Waaaaooooh 💓🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮✔️✔️✔️✔️✔️✊✊✊🔥🔥🔥🔥🔥

  • @NizeyimanaChantal-ug7wc
    @NizeyimanaChantal-ug7wc ชั่วโมงที่ผ่านมา +4

    Abantu dukunda kimwe iyo film mundemere naho nacerewe

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Ndabakunda mwese ingaruka hejuru caaan 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤

  • @Nzoyikorera-o1w
    @Nzoyikorera-o1w ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Ewe yvette shaa uranyeguyep aturamwandikishije mugitabo cubugingo pelagie 😂😂😂

  • @SandrineDupfiki
    @SandrineDupfiki 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Erega nari natanguye kwidoga komutayiduha😊 Abari murukundo niyi série Tumenyane ❤❤❤

  • @EmeryNIYOYANDEMYE
    @EmeryNIYOYANDEMYE 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Kumunota wa 22nkaba ndahashitse mumpe ama lik yanje.❤❤❤

  • @MemoryZulu-oq3ij
    @MemoryZulu-oq3ij 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Eweeeh Yvette sha😂😂😂much love from zambia 🇿🇲 🇿🇲

  • @gustaveKaziri
    @gustaveKaziri ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Yvette courage ukin neza Can jew uratwenz peee

  • @AnesieHAFASHIMANA
    @AnesieHAFASHIMANA 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Uwumunsi nanje ngiriw ubuntu bwokuzinduka, 🎉🎉🎉🎉🎉

  • @NKkg-et1ec
    @NKkg-et1ec 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Iyi filim irandijije cyane ingaruka nimbi kweri 😭😭

  • @jeannedarcnitunga4830
    @jeannedarcnitunga4830 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Waaaa❤

  • @DhhVnb
    @DhhVnb 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Waauuuh ❤❤❤

  • @ntirampebaange
    @ntirampebaange 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Number five🎉🎉🎉

  • @bizimanafrancine8244
    @bizimanafrancine8244 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Ndi mubambere muze twirabire ingaruka

  • @MukamanaAlvella
    @MukamanaAlvella 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +4

    Mumpe like ndahashitse mubambere ndabakunda cane

  • @NiyonizeyeMediatrice
    @NiyonizeyeMediatrice 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Nari ndagukumbuye Yvette wanje❤🎉🎉🎉

  • @remyniyongabo845
    @remyniyongabo845 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Yooo mundemere ehe mbaye uwambere like ya king ndayihabwe kweri kubera ni kumunota wambere nkaba ndahageze

  • @UwimbabaziIlliminee
    @UwimbabaziIlliminee ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Diva urimwiza cyane gose naking Saba's muraho tujyohera

  • @AdjaNiyokwizera
    @AdjaNiyokwizera 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Urukundo rwa taty n'a sabbas ndabona uwugiye kuruvyonga ari yvan

  • @richardmpawenayo302
    @richardmpawenayo302 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤nanj ndahez

  • @ElianneKwizera
    @ElianneKwizera 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Mrc beza turabakunda cane

  • @salah9748
    @salah9748 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Wew i❤❤❤

  • @ManirakizaPlayvanny
    @ManirakizaPlayvanny 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Twahagez ahandi mwahashits❤❤

  • @uwimanaLatifa-q4u
    @uwimanaLatifa-q4u 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Leo nimeayi jamani Niko 33kabisa alafu wachezanji nuko vizr nawapenda kabisa

  • @PeninaUwineza-tw5bs
    @PeninaUwineza-tw5bs 58 นาทีที่ผ่านมา

    Saba imana ikumpere imigisha kuko harigaruka zankozeko biciye muri iyi film ndabakunda cane💕💕💕💕💕💕💕💕uwutarabona ingaruka nindemere akantu

  • @ManishimweVicent-t9h
    @ManishimweVicent-t9h ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Sha iraryosh nuko irigiteb mukomez imana ibajimbere ndabakund diva naking

  • @ErnestoNiyomugabo-j7e
    @ErnestoNiyomugabo-j7e 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    ❤❤Mimi&king courage murumonge turi kumwe5/5

  • @chanceuwineza3752
    @chanceuwineza3752 34 นาทีที่ผ่านมา

    Hahahahahahahaahahahahaj Senge Muri Coma😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @MpawenimanaEsperance
    @MpawenimanaEsperance 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    nimero 1

  • @ClovisNiyongabo-uu4ye
    @ClovisNiyongabo-uu4ye 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Abahageze nkanje mushireko ayo mashurwe

  • @nyandwiestella8178
    @nyandwiestella8178 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Courage🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @chanelleGIRINEZA
    @chanelleGIRINEZA ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ingaruka séries hejuru cane king pole sana disiiii

  • @EstherNiyonzima-iq4pp
    @EstherNiyonzima-iq4pp 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Yvette ga Mana😂😂ngo babe batatrishije!😂😂yve❤

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Mundemere like mbaye uwambere 😂😂😂

  • @EloivivianBurihabwa-it5zw
    @EloivivianBurihabwa-it5zw 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Yvette ntaheruka kuzanira senge inkuru idahagarara😂😂😂

  • @kampiredamarce6695
    @kampiredamarce6695 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Yvette we uranezeza nukuru

  • @NiyonizeyeMediatrice
    @NiyonizeyeMediatrice 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    😅😅😅😅 Yvette mwabike izera😅😅😂🎉🎉

  • @Kfkdkdlxkdk
    @Kfkdkdlxkdk ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    We love you king And mimi ❤❤❤ nukuri murabikora neza cane ❤

  • @axcelleirakoze5222
    @axcelleirakoze5222 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    😂😂😂Yvette ngo habe hatabaye tricherie🤭

  • @BéatriceBayishemeze
    @BéatriceBayishemeze ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Pelagia mweranda dusanire.😂😂😂😂 Yvette arandyohera kweli amushize muberanda akigendagenda

  • @nishimweaudacienne-ju2dv
    @nishimweaudacienne-ju2dv ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ivetekweri aranyica nubwambere ashikanye ubutumwa neza kwasenge atirengerejeko ayiwe iveee uyumusi ndagukunze❤❤❤❤

  • @FlorenceNiragira
    @FlorenceNiragira ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Yooooo 😮 mumbwire mbe kuwagatanu hazogera ryari ga mana abarindiriye ibizokurikira nanje munyiherudutima muri bwabumwe bwabarundi

  • @ElissazomiraIrakoze-hf9hm
    @ElissazomiraIrakoze-hf9hm 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +3

    Nabaye uwamber munyarukirize ama like menshi❤❤

  • @UwamahoroJannete-y4x
    @UwamahoroJannete-y4x 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    ❤❤❤❤❤❤

  • @UwinezaEduije
    @UwinezaEduije 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Murabamutageze kure😂

  • @AlineNiyonzima-e6c
    @AlineNiyonzima-e6c 32 นาทีที่ผ่านมา

    Hhhhha ababonyeko Yvette yarahagaze inyuma yurupango arindiriye ko bamubwira yinjire mumpe utu❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @VictoireBucumi
    @VictoireBucumi 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    I love u

  • @elianeniyonizeye5725
    @elianeniyonizeye5725 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Yvette jew RER undeke subira uhuhe turabe

  • @musanaberanyiratungane7119
    @musanaberanyiratungane7119 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Yvette undemeye umusi yoooo urabona ngurahabuka wariwahoze udodagura amajambo nkimashine idoda imnyambaro ndabakunda chane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @MakurataNiyonkuru
    @MakurataNiyonkuru 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Iratanguye bushasha ❤❤❤❤❤❤❤

  • @Gachbuntu
    @Gachbuntu 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Yvette❤❤❤❤❤

  • @MrMr-z1p
    @MrMr-z1p ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Iyi film izohere king sabbass anezerewe

  • @nishimwealice7001
    @nishimwealice7001 4 นาทีที่ผ่านมา

    Ivette umukomedi wo mukayanza 😂😂😂 wirambire uryoherezumusi😊😊

  • @MichelineNiyonzima-ko2km
    @MichelineNiyonzima-ko2km 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    💕💕💕💕💕❤

  • @ClodineNindorera
    @ClodineNindorera 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    Numusi mbaye uwambere mundemer muriryakundo

  • @Cycy129
    @Cycy129 34 นาทีที่ผ่านมา

    Abakunzi b'ingaruka ndabasuhuje mwese 🎉🙌💫❤️

  • @rukundoanitha5022
    @rukundoanitha5022 58 นาทีที่ผ่านมา

    Wawooo 🥰

  • @ReponseMessi-f6p
    @ReponseMessi-f6p 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

    nzopfum ndab statue ziw kk arashoboye

  • @HabonimanaInnocent
    @HabonimanaInnocent 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Ndahabaye nukuri

  • @VanessaNivyayo
    @VanessaNivyayo 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Ndabakunda bantu banj❤❤❤❤

  • @meryorndi630
    @meryorndi630 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Nagumandaba.koingarukayanje.itarashika❤❤