Iyi film maze kuyiraba kuva muntango mpaka Aho igeze ariko sinari bwagire commentaries Kandi je sinkora comments kubakinyi ahubwo kuri equipes technique ikiboneka co nuko montage yayo imeze neza ariko filmages ntakigenda.Vyumvikana ko uwabifashe nuwakoze montages batandukanye

Uri umuntu azi analyse cane!
Merci bcp mukunzi wacu
Kobitorosheeee kwa Adelin.
Ababyey nka adelin mukwiy kwisubirako
Mpol Mama Chloé
Ubugenzii bugira buhagarare kur Adelin na Claude Nicole araba...
mmmanjanja on the top
nukuri mbwirire adelin ampe utuyoba nkee.....
🤣😂😁
🔥🔥 war'ubizi imbere cane 🥰🤍
Iyobotike uzosigarana ibikarato gusa sha uzohomba wishinze uburay
Adelle uramukubise kuntoke Claude mwese azoteba afungugwe Sha uyumutip igtansa ciwe Sha uragaramako
Uwutazi akamaro kumufash amwit igito abakobwa na se nabo iyubuzivyo so arimw ntiwomukumbuy😀😀😀😀🙈
Claude emera urakenye Wang ibiyoba niryo ryambo
Hahahag wakoze umuti hakirikare
Claude iga kwigendana baragutwaye umuhabara
Courge bez film iratesa🔥🔥🔥🥰 warubizi amamara🙏🥰
Film iraryoshe Can irimwo inyigisho nyinshi nziza. Ico mwohindur ni Caméra ifata amasanamu kuko nta qualité ya bien irimwo
Safi kbs
Adelin koma emera kukeny
Nicole atagumutse
MANJANJA 🔥🔥🔥
Harihumusi izihenda nyakwihenda
💢💢💢💢