ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Muryoherwe
❤❤🎉🎉❤❤❤❤ urakoze cane muzoze murayinyarukana abakunzi b' ingaruka turi benshi
Murakoze cane ariko muhaye mutwicisha umwumwa murateba kuyiduha.
@@gnfilms8582 courage
Muradutebanira ariko diva na king nimukomere Yvette nawe haaa uri barashukana kwr.mukama Imana Irihangana
Ego mudukorerumuti muzemuyiduh kumusi kumusi muzoba mukoze tur❤❤❤❤❤❤
Niyi épisode Irabica bigacika abemera muduze intoke!!!!😂😂😂😂😂
Abaraba film bongera basoma comentaires tumenyane
Mwubahwe cne mukina neza cne gose
Gusa Yvette naho ari umwiyorobetsi mubi,izimpanuro abahaye bazogenderako botsinda umwansi!!ababibona nkanje mundemere utu❤❤❤❤❤❤
Ntangura akazi mpejej kureba Ingaruka abayikund nkanj mundemerere❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤bzuuu king n diva mwicunge ivyovyose ni Ivette abikor p
Abantu mwese mwaryohewe na s8episodes 17 mukande hano❤❤❤
Uyumunsi nazindutse abakomeje gukunda ingaruka nkanje mumpe like
Congratulations mista king mubikora neza cane❤❤❤❤
Ingaruka nahishikiye courage 🎉🎉🎉🎉🎉
Iyi film iraryoshee peee😂😂❤❤🎉🎉je vous aime bcp❤❤
Ntabonye mariage ya diva n'a sabas sinzoreka kurorera ingaruka
Big up sana bro king sabbas
Nanjye ndahigereye nubwo nacerew mundemere bavukanyi bange ❤❤❤❤❤ndipfuza Kuzaza burundiii kk ngha murwanda turabakunda kunyigisho mutanga🙏🙏🙏🙏
Ewe Yvette sha urincabwenge😂Yve narimazimisi ndakwanka kuberukuntu warumazimisi umeze uteranya none ubu ndagukunze kabisa nihonkibona kurincabwenge pe Yve wirambire Diva nawe ngira curiyincuro arabibonye kwabantu bateranya😂❤
Abavuye kuraba fanny Lavine uk yaraye aryohew bagaca bacangaha nimump like❤
Gus iyi film irimwubweng kl diva wanj disi❤❤❤
Yvette gaterany uramboner ukunt yigiz marayika arik yabikoz!!! Marezo nawe ng king bamukubis kuntok!! Ingaruk hejuru yvette i love you❤❤❤
Mubambere ndashitse🎉🎉 abaza nyuma ntimushiremw inzigo nukr tumnyan
😂😂😂😂cakoze Constance na marezo ndabona unomusi batavyirosha pee 😂😂😂 Love so much ingaruka❤❤❤🎉🎉🎉
Unomusi nanyarutse kweli 11❤❤❤❤❤❤tugiye kurangiza umwaka wa2024twijire2025 mwenyezi Mungu kila mtu ampe hitaji la moyo wenu wangojwa awaponye wenye matatizo awatatulie matatizo yenu kama una amini sema amena❤❤❤❤
Uwutosiga comment nowoba atashimye kabisa. Courage muratwika komereze ng,aho🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Waaaaaooh🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Very and very ingaruka episod
Abantu mubonako yvette yabaho muriyi flm aribwo avuze ikintu kizima mumpe like
Ivyasabasi murukundo rwe biraducanga ntitubona iyo bizoherera
Inyigisho ndayibona kweri ntaco
Inyigish araboneka tu
❤🎉😅❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉😂😮😊
Utabibona vyo birakubona
Yvette uyumunsi ndamukunze nigapanzi akemuza ikibazo ikindi kandi bikarangira neza yararavye asanga ntayindi nzira yoguhuza diva n'a sabass Atari guhiga umuhungu ahuza n'a diva kabisa ndamwemeye
Nivyo kabisaa nigapanzi ndanamukunda peee
Marezo Na Constance😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂muranyishe
,🤣🤣🤣🤣
Yvan pole sana kabisa Yvette ndakwite gt😅😅😅 marezo na constance nimwebwe banje🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 king na diva Imana ibirimwo bizogenda neza🎉🎉🎉
Dans 15min ngo baaaaaa Ingaruka hejuru cane 💕
❤❤❤❤ndabakunda bakinyi ba film ingaruka n'a bafana bose❤
Nacerew ariko sinogenda ntavuze❤❤❤❤
Nkabanje nzindutse nukurikose ingaruka hejuru caaane
Marezo reo❤😂
Kuturyohera niwo mwitwarariko wanyuMwubahwe muduha ibintu bitesa gusa❤❤❤❤
Uyumusi ndazindutse.kabix.twari.tubakumbuye.turabakunda❤❤❤❤
Nzobambona ivyingaruka iyobizoherera gusa shakingi numutahure Diva kuko yabigize jewe naramwiboneye Namaso yanj abiri Afatanije Na Yvette Aguma abihishamwo nkindamumpuzu Nanyina wa Diva Imana irakubona umu sabikwerekesheje zantokizibiri ikwereka kivyurimwi ibibo ozorindupfa udasubiye gukora ikibi mwirambire turabakunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤Mubiriko neza Tati nawe Imana Nigukureko ugworugwara nukuri🤦🤦🤦🤦🤦🤦
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉 murakoze cane kubona muyinyarukije
Yvette ivyo wagiriy Diva sha Imana izobikubaza
Geeeeeeeeeee😂😂😂😂😂 ewe yvin sha muranyishe yvette aranyica
Hama yvette kwiyincuro ndagukunze cane kweli❤❤ hama king na diva nimusenge impanuro yvette abahaye nimwazigenderako muzotsinda ntakabuzaa nda❤❤❤❤❤❤❤❤
Uburyarya bwa Yvette ndipfuza caaaneee ko muzokina mutwereka ko yakozwe n'isoni
King mutahure diva aragukunda.hm Yvette courage ubikora ubikora neza ndagukund❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
ivyovyose ningaruka burya iyi firme ntituzeturaba kugiraturyoherwe ahubwodukuramwo icirwa
Mbabajwe na yva yaraje gutora taty none birangiye atamutwaye.king nawe reka turindire ivyiwe ukuntu bizokurikirana
Ewe Yvette sha urinkimbeba mukuryumuntu ibanza kumuhuha ukongera ukaba nk'yunda yagurishije yesu atitayeho ubucuti baribafitaniye reronawe ntiwitaho Kwari imiryango gusa wewe na'Senge mwongeramwo agapiripiri munryohereza umusi❤❤❤❤❤❤❤❤
Thanks Mr Sabas🎉🎉🎉🎉🎉
Mbaye uwamber 🥰🥰🔥🔥🔥🔥🔥💯
Mbaye uwambere kuva ngitangura kuyiraba, ibindi ndavuga ndayimaze
Usigay udutvya ariko
Diva na Sabas,ntabonye mariage film ingaruk ntizohere❤❤ abantu munzi ako karirimb bavugirije tati na ivan mumbwire ingene bakita😂😂karanyuzuza pe😂😂❤❤❤❤
Yvette rôle yiw ayikina neza❤❤❤
🤣 🤣 🤣 Ngo constance yisigiye gusiba ako ka jambo kankozeho😂😂😂 any way congratulation 🎉🎉🎉 🎉 🎉 🎉 🎉 🎉 🎉
Mbakundakubi rero Imana ikomeze ibarinde mwese mbifurije gutangura umwaka musha mwese uzubabere uwumugisha muzokomeze muronka vyishi bitunezereza😂😂😂😂😂 muribwabumwe
Ingaruka hejuuuru caaaaane yvett ntazina agira kweri mareoo ande constac😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Narinikumburiy yvette
Mubisanzwe film itarimw Yvette ntiyoryoha 😂😂❤❤❤
Nacyererewe ariko ndahabaye❤❤❤❤❤❤
Nukuri nazindutse kumunota wa 35 nkab ndahigerey mundemere❤❤❤❤ banj
Courage cane turabakunda cane kur cane nihombipfurij gushik 🙏💝💝
Uyumusi nukuri ndazindutse nimiburiburi ndimubamberer abaza nyuma munsigire twatu lik bashaa
Yvette urarenze nawe kbxa! Uraryosha film wewe pe. Be blessed King wacu ku film nziza
Ubwenge bwa yvett kamana ntawoshobora kubutahura nukuri😂😂😂😂😂😂😂😂😂 arabacanga ngongwinu rore😂😂😂😂😂nawene arimubateguye akogatwiko ariko murabe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣💞💞💕💞💞💕💕💥💥
Nakasamutweeee😂😂😂😂
Ingaruka kure cane🎉 ariko mugerageze mureke kutwicisha amatsiko...,...... Basi part2 zotuma zishikira rimwe😂
Je ndabona ep 18 azoba Ari 🔥🔥🔥🔥 king urabe ntimutum tunyoterw
Ingaruka😢😢😢❤❤❤❤❤ yva and Taty muragitinze bien vrt❤❤❤ I seen yva ukunda Taty true love
Yvette ni bera ku menyo ,umunsi bazomugundura azoba ari 🔥🔥🔥🔥,Tati nawe 😢😢😢,courage ❤❤❤
Yvette woshak woreka kuvyica iconzi King arasenga vyose bizomenyekana kandi muzomaramara kwelo
🎉❤❤❤ couragee bezaaaa
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉Yvette wew ukoz umuti wamengo nuguteranya!😂😂😂😂
Burya rwa Yvette ndarukunda ukuntu, ruragurira abari hasi n'abari Hejuru😂😂😂😂Reka tuzorabe Mutima wayaze
Iyi Film ingaruka iraryohera cane ,Yvette urashoboye cane role y'uburyarya cane ukomere . ariko ntuze ndakwifurije kuzorangiza wihanye .
Mbaye uwambere pe!
Ibaze ko mbaye uwa kabiri
Number one amashurw kur jw 🎉🎉🎉🎉🎉 mazin wanj is nez inyuma yaw nih tur
Yvan il te faut d'assumer ce que tu as semmer😂umugeni nuwawe pfa gutwara kuk urazi inzira wamuronsemwo😂😢😊
Mudufashe Sabbas azavumbure yvette ko ariwe wamugambaniye, bizace mukuba Braise ariwe uzabwira sabbas abamutumye.
Yvette vrt amenyekane nukuri 😂😂😂😂😂😂🇧🇮❤🇧🇮❤️🥰❤️
Jew ndakumbuye Rémy na égide mwabahebey mugasho kl😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Muratwivy abavyemer mump aka love
👍🏻👍🏻👍🏻👍🏻❤️❤️❤️❤️
yooo!!! tati mariage yiwe ihavan ihomb 😂😂😂yvette aranyica pe🎉🎉🎉🎉 ndamukund cne diva naw sayo kuvug❤❤
Uno musi ndi mubambere kbx,mumpe utwo tu like ingaruka irampimbara nukuri,abiyirimw ndab❤❤❤❤
King babarira Diva wawe kuko nagatego bamushyizemo verema mubabarire kuko aragukund❤
Yvette niwe ashaka kubisambura muga mbona ari kuvyubaka yvan arabay imbwa imbere yumukobwa😮😮😮
Ewe Yvette urumugome ariko ndagukunda❤️❤️
Courage 🎉🎉❤❤❤
Urukundo ❤mbakunda rek ❤mbuwambere mukubaremera like❤
Umwanditsi wiyi filme yubahwe kabisa 🎉🎉harimwinyigisho nyishi 🙏🙏murabakinyi beza cnee imana izabibahembere muritang cnee❤❤❤❤
Noé Yvette KO ari inzoga nkuku 😢😢😢
Ingaruk hejuru cane kbsaaa❤❤❤🎉🎉🎉
Courage❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Ewe king na diva muranteye ikigongwe uwo mushira hagati yanyu ngo abumvirize niwe abateranya murarab neza
😂😂😂😂 Sha marezo Imana irakubona
Hhhhhh marezo na constance ❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉
❤
Ndabakunda sibanga bantu banje❤❤
Iyi nayo irareunze nukuri 🎉🎉❤❤
Yvette arateranya akoger agahanur man yarasazep ndamukunda mug p ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Yvett kurino ncuro araryoheye
Yvette abiyorobekamwo😂😂

Kuturyohera niwo mwitwarariko wanyu
Mwubahwe muduha ibintu bitesa gusa❤❤❤❤