Ndagukunda cane mwanafunzi ntuye iburundi kandi ndafise icizere ko nzokubona face to face nitwa délice NIZERIMANA 🇧🇮🇧🇮 Uranyubaka waruziko yankuye kure you are my teacher
Mwanafunzi mubisanzwe wewe ufise ama content meza cane ariko ndagusavye ureke kuz uragarukana ibiganiro vya kera. Tubonye akamenyetso tumenye ko ar ikiganiro gishasha
Ismael mwanafunzi iyumaze igihe utaduha ibiganiro turababara kubera imana yaguhaye impano kandi niyogushimira❤❤❤
🇧🇮🙏🏼🙏🏼🙏🏼🇧🇮
Ndagukunda cane mwanafunzi ntuye iburundi kandi ndafise icizere ko nzokubona face to face nitwa délice NIZERIMANA 🇧🇮🇧🇮 Uranyubaka waruziko yankuye kure you are my teacher
Merci cyane uzadukorere kuri KIBONUMWE
Uzaduhe igice cya kabari kuri 48laws of power please 🙏🙏
Urakenuye❤
Wubahwe😅
Musaza zuraduha ibindi kubwinsh tuba tukurindiriy igihe kinini
Ase wagiye ushyira ikiganiro kuri iyi channel buri cyumweru, apana rimwe na rimwe , nukuri ntabyawe pee!!! , iyi channel iteye umujinya.