Vous êtes tous les deux tellement profonds qu'il faudrait continuer l'interview qui est loin d'être finie, turindiranye igishika la suite, je suis béni!!!
Ndibuka micro yambere mpagaz imbere kur eglise Bon Berger ni dudu yayimpay j’avais exactement 9ans hari mur camp des vacances ❤ aranantwar aho yakorera inyum aho yarafise studio inyum Vyarampezagiy gushik ubu nimb nkiririmba nuko yamy anyigish mur vyinsh nubu asubiy kunyigisha Le seigneur me bénit à travers toi Grand Frère 🙌🏼
Vous êtes tous les deux tellement profonds qu'il faudrait continuer l'interview qui est loin d'être finie, turindiranye igishika la suite, je suis béni!!!
Ndibuka micro yambere mpagaz imbere kur eglise Bon Berger ni dudu yayimpay j’avais exactement 9ans hari mur camp des vacances ❤ aranantwar aho yakorera inyum aho yarafise studio inyum
Vyarampezagiy gushik ubu nimb nkiririmba nuko yamy anyigish mur vyinsh nubu asubiy kunyigisha
Le seigneur me bénit à travers toi Grand Frère 🙌🏼
Bro courage kwa kazi zako
❤️❤️ Dudu T niyukuri umwe rukumbi
Ooooh gloire à Dieu
Uyo mutama aranshika kunyota sana
Jew nibuka dudu kera abakobwa bomuri bon Berger baramukunda cane
❤❤❤❤
Dudu impa indirimbo nanje nigwarize peeee
Wompa number ya Whatsapp ya Dudu? Buy the way Thank you for this meeting 🙏