ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Merci bcp nukri turiz turameny
Thank you so much sister Jeanine ❤
Merci maman turashak nibindi kugira abagab bacu baryoherw. Iyaba vyakund naza tukabisangora.
Vyiza cane merci
Thank you very much
same too u❤
Ndakunda kuntu,uvuga nukuntu,uteka infungurwa ziwacu,Yambiiiiii cane ,Imana ikongere imigishaaaaa.
.Merciiii mamaaa uhorah akumper umugishaaa
Merci bcp muvyeyi mwiza
Urakoze muvyeyi, ivyuvuze ni nyakuri vraiment Waouh , komera komera😊😊😅😂😂
❤ nakwikundiye mukunzi mwiza ese woje ukambira umukunzi wanje ukaza urantekeza gukojewe nzohora ndagusumira icarico cose nawe untekera umusosi I love you my sweetheart 😘❤❤🎉🎉🎉🎉❤
Urakoze cyane mubyeyi
Thank you nari naratanzwe❤❤
Thx mom
Merci beaucoup muzotwereke uko twoteka umukeke
Sawa✍️
Maman Imana iguhezagire ndabonyega ivyo nahor nipfuza kumenya ubundi bung bwogutekintore murakoze can
murakoze namwe gushima ❤
Thann you vert much❤❤❤❤❤
Nkunze ukuntu ukoresheje utuvuta Duke biraryoshye pe
Bien sûr que oui
Urakoze
Grand merciii
❤️
Merci ❤❤
Jewe ndimushasha ❤❤❤ndiburundi🎉🎉🎉🎉 kamenge
Murakoze caaaaaane muzemuratwigisha nibibdi
Murakozee cane kutwigisha 🎉🎉🎉
murakoze cane
Thanks
Buriya mama nkwemerakunyigisho zawe nziz uba waduteguriye
murakoze cane ❤️
Mercie muvyeyi
Muteka neza cyane yabiiiii
Ubikor neza CNE gose Iman irushirize kukugirira nezaaaaa ma tantine
amen amen❤
Inyigisho zaw bisab kuzirab wafunguy cnk Ur kurya😃😃 ataruko wogum umira amate
Merci mama utubwiy vyiza komeza
merciii
Merci beaucoup ndimushash mwoshobor kunshir mur group
✍️❤
You did great but next time indagara uzikarangana umunyu
Mubwire uko wateka umureti uryoshye
Ivyo vyokurya biraryoshe caane
Ubugari bumanuka bwiruka 😂😂😂😂😂
Merci
Urakoze caneeee
Ndagukunda mundom nkur❤❤❤❤ unyigish vyish
merci bcp❤
Mer6
Bnjr! Ndashaka kumenya ivyatumye iyo mishatsi yawe ikira buba kd yoroshe.wombwira nimba ata produit irimwo kk nshaka imishatsi itarimwo produit
Ikokore diisii
❤
Uhezagigwe ♥️♥️♥️💋💋💋
❤❤️❤️❤️🙏
Sari sose igura angahe😊
Ahongo nuguhonja 😂😂😂
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Urampimbar
Soya sosi urasondetse 😂😂😂
Nkukunda cyane ukunda ubugali nanjye nuko 😂😂😂❤
waouh nibwo numvako mfinguye neza
😊
Merci ntibayijana guhaha😮😮
inki?
❤❤❤ndagukunda cane kunyigisho zawe
Je nkeney akarato kinyange ya joune
Merci beaucoup
de rien wanje❤️🙏
Nukur naw Allah akworoherez turabashimir cn ukunt mutwitah
Uzotwereke uko bateka viande à la sauce brune
Murakoze caneeee muvyeyi
Murakoze gushima
nzayiteka ejo pe❤
courage
murakoze cane muvyeyi
Ndagukunda
❤️❤️❤️❤️
Ubikora neza kandi turabitahura murakoze
Jewe nashaka mubwire.ukuntubateka umuceri nibirungo biwuteka
umuceri bawuteka kwinshi
❤❤❤vyiz can murakoz can
namwe❤
Intore ziranywa amavuta menshi
Yatunguru Sumu watwerek ntiwayishizemwo
nayishizemwo
❤❤❤❤❤❤Ndi oman mvuka iburundi
Mrc bku kd courage bisa neza bitegerezwa kuryoha
Thx my mother
❤️❤️❤️🙏
Nisaw
👍❤️
Murakoze muvyeyi birasana neza cane 🎉
Murakoze cane❤️
Mr6
Murakoze cane
amen ❤️
Uwutoshima yobande?jeho nshima na vidéo ntaranaheza♥️
❤️❤️❤️
Murakoze,Noé uwutoronka soyisosi ntakindi yogura coyisubirira? Mbega ifasha iki KO mukunda kuyikoresha?
sauce onga
Jewe ndazikeney vidéo zany ziranezerej
WUbahwe utwigisha vyishi vyishi
merciiii
Nasomye intore ngirango ni umubyinnyi cg umuntu watojwe twe🇷🇼 tuzita intoryi 😂😂
❤❤❤
Urumubo pe ntanagasosi wihaye jewe atasosi ntibwomanuka
Soy sosi irazimvye
15000 mille uyikoresha umwaka
urabe garantie gusa
Ico soya sauce kiva hehe? wew ukoresh.ingredient zigoy kuronk na pilipili Manga waras kuvug iyigurirwa
Sauy sauce n'a pili pili manga vyose Biba mubiringo
Sinarinzi ko vinaigre bayiteka
Komerezaho kbs
amen❤️
Turabakunda
Waouh❤️🙏
Nawe imana i banenawe ndagikunda
P😊
Nshira muri groupe
Sii the sosi😂😂
Keshi bazidandaza mu ma alimentation
egome ziriho hose❤
Ahubwo keza ntamutima agira jewe nemera mama cicott
🎉🎉🎉🎉
Bimoteyeneza nisi biraryoshe
Nn uwutagira soya sosi naw bica bigenda gt
Ntangorane ucushiramwo onja sauce❤
Muvyey mwubahw kwel lmana iguh kumeny nibind
Amen amen🙏❤️
Nagir ndakubaz waratwigishij ukodukoresh vazerin ubikoz bimariminsingah bimw bizan amatay hoh vazerin irabonek muburund
Murakoz
Bucucu vyokunda ariko nkizi zari zimaze gucako akazuba
Wibagiwe ifu y'ivyema
ntayo ndashimye gushiramwo nashatse sauce rouge
Mutwigisha vyish muhezagigwe
amen✍️❤️
🎉❤
Intorey urazitonora cnk utekuko sinabibony neza
intore urazironga neza gusa ukuyeko igishishwa uba ukuyemwo vitamine
Murakoz can
amen
Merci bcp nukri turiz turameny
Thank you so much sister Jeanine ❤
Merci maman turashak nibindi kugira abagab bacu baryoherw. Iyaba vyakund naza tukabisangora.
Vyiza cane merci
Thank you very much
same too u❤
Ndakunda kuntu,uvuga nukuntu,uteka infungurwa ziwacu,
Yambiiiiii cane ,Imana ikongere imigishaaaaa.
.
Merciiii mamaaa uhorah akumper umugishaaa
Merci bcp muvyeyi mwiza
Urakoze muvyeyi, ivyuvuze ni nyakuri vraiment
Waouh , komera komera😊😊😅😂😂