ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Mbega nirihe tandukaniro hagati y’Abatutsi babanyaruguru n’Abahima . Hariho abavugako imbere 1966 , Abahima batitwa abatutsi. Mwotubwira amamuko y’abamwe bamwe ? Mbega bamwe boba ari les Nilotiques ou les Hamites ( Hima) ? Kubera iki m’Urwanda abami batwara bitwa Abatutsi ariko m’Uburundi bavuga ngo abami b’i Burundi boba ari Abahutu bahanza ? Abandi nabo bakavuga ko Abami b’i Burundi nabo Urwanda bavukana ? Ukuri ni Ukuhe?