ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Bravo kubavukanyi, Burundi day si bibi, gusa umutekano hari agahaze, gushora itizeye ko wunguka ntibikunda kweli!
Basigaje nokutwigana visit Burundi 🤣🤣🤣🤣🤣
Niyompamva numva nanka abanyarwanda non nkaho mwege nimwe mwakikiz komuguma musuzugura abarundi nkaho mufis vyishi mubarusha jew muca mushisha non koko muburundi ntaciza nakimwe kihori nimwitonde harigih mutaronka ivyo mutuvugako
Kwigana biba byiza iyo bikoranywe ubwenge ariko 🇧🇮 babikora ubuswa
Murabashotoranyi cane banyagwanda. Kuberiki mushotorana cane
Vuga ibibaraba
Abarundi nabo bakoze Burundi-day ! Ariko abarundi ko bakunda gukopera abanyarwanda kucyi bahora biyenza k'Urwanda barushakaho ibibazo ?! Kucyi abarundi badakopera "ubumwe" ahubwo bagakunda amacakubiri no gukenesha abarundi ?!
Mukunda gutanganza I vyabandi ivyanyu nikuki mutabatangaza?
Rwanda Day ya mbere yitabiriwe n'abanyarwanda bose?Uyu Mwaka 2024 Rwanda Day yitabiriwe n'abanyarwanda bose baba hanze?Vuga ibibaraba ivy'abarundi ubireke.Wigeze wumva abameshamakuru babarundi binjirira Rwanda Day? Ironderere ama views
Rwanda Day yam mbere yitabiriwe n'abanyarwanda bose?Vuga ibibaraba. Ironderere ama views
salut,jw ndi umurundi akwije vyose kandi adashima ivyo cndd-fdd idukorera,so ndavy mwebw ivyo muvuga umenga iyi chaine yanyu ishinzwe gusuzugura abarundi gusa,abarundi c,est pas cdd,mbe ko turi bamwe muzosang muriko murivuga,tandukanya,neva ntasigura uburundi,kagame ntisigura rwanda,je vais vous quiter pour cette raison,agasuzuguro gusa.
Blablabla.Faut passer à l' essentiel. Vos commentaires sont orientés et vous ne semblez pas impartiaux.
Bravo kubavukanyi, Burundi day si bibi, gusa umutekano hari agahaze, gushora itizeye ko wunguka ntibikunda kweli!
Basigaje nokutwigana visit Burundi 🤣🤣🤣🤣🤣
Niyompamva numva nanka abanyarwanda non nkaho mwege nimwe mwakikiz komuguma musuzugura abarundi nkaho mufis vyishi mubarusha jew muca mushisha non koko muburundi ntaciza nakimwe kihori nimwitonde harigih mutaronka ivyo mutuvugako
Kwigana biba byiza iyo bikoranywe ubwenge ariko 🇧🇮 babikora ubuswa
Murabashotoranyi cane banyagwanda. Kuberiki mushotorana cane
Vuga ibibaraba
Abarundi nabo bakoze Burundi-day ! Ariko abarundi ko bakunda gukopera abanyarwanda kucyi bahora biyenza k'Urwanda barushakaho ibibazo ?! Kucyi abarundi badakopera "ubumwe" ahubwo bagakunda amacakubiri no gukenesha abarundi ?!
Mukunda gutanganza I vyabandi ivyanyu nikuki mutabatangaza?
Rwanda Day ya mbere yitabiriwe n'abanyarwanda bose?
Uyu Mwaka 2024 Rwanda Day yitabiriwe n'abanyarwanda bose baba hanze?
Vuga ibibaraba ivy'abarundi ubireke.
Wigeze wumva abameshamakuru babarundi binjirira Rwanda Day? Ironderere ama views