N'igiki cogutandukanya n'urukundo rw'Imana? // Ev. Isaac NTAHIRAJA
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
- Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu
Amen amen,umpe kuramiriza Mana.
Murakoze cane Kur ubutumwa bwiza, muduha.
Nashaka no, kubasaba mumpe ubutumwa uwo mukozi w' Imana yavuze, yavuga ngo: REKA KURANDURA! REKA, URWAMFU N' UBURO BIKURANE. Murakoze cane❤
Amen Amen Amen
Amen
🙏🙏❤😊
hallelluya