ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Murasubiriye kuturiza,Philemon wacu tuzosubira kubonana,mon frere ruhuka amahoro,ibikorwa vyawe birabandanya kwubaka benshi,ndashimiye aba artistes ba gospel bose bo mu Burundi,kwiteka mwateye umuvukanyi wacu ndetse n'umuryango wacu,Imana ibahe umugisha kugikorwa mwakoze c'iteka mugasohora indirimbo,Imana izibampere iherezo ryiza nico kintu numva gikomeye nobipfuriza.
Amen
Ndashimiye bivuye k’umutima abantu mwakoze iyi ndirimbo. Ndayiravye none amarira aruzuye amaso. Ntanikindi novuga Ariko Imana ibahezagire pour votre reconnaissance envers nyakwigendera. 😭😭😭😭😭. Murandirije nanje kabisa si vyiza mweee
Mwarahezagiwe bakozi b Imana🙏
Tukumbuke:...Wakati umetimia, na ufalme wa Mungu umekaribia; tubuni, na kuiamini. Injili.~Marko 1:15Tutembeye sawa sawa na mapenzi Ya Mungu na tuombe Mungu atupe Mwisho mwema🙏🙏🙏 Rest easy Brother Philemon 😭😭😭😭😭
Murasubiriye kuturiza,Philemon wacu tuzosubira kubonana,mon frere ruhuka amahoro,ibikorwa vyawe birabandanya kwubaka benshi,ndashimiye aba artistes ba gospel bose bo mu Burundi,kwiteka mwateye umuvukanyi wacu ndetse n'umuryango wacu,Imana ibahe umugisha kugikorwa mwakoze c'iteka mugasohora indirimbo,Imana izibampere iherezo ryiza nico kintu numva gikomeye nobipfuriza.
Amen
Ndashimiye bivuye k’umutima abantu mwakoze iyi ndirimbo. Ndayiravye none amarira aruzuye amaso. Ntanikindi novuga Ariko Imana ibahezagire pour votre reconnaissance envers nyakwigendera. 😭😭😭😭😭. Murandirije nanje kabisa si vyiza mweee
Amen
Mwarahezagiwe bakozi b Imana🙏
Amen
Tukumbuke:
...Wakati umetimia, na ufalme wa Mungu umekaribia; tubuni, na kuiamini. Injili.~Marko 1:15
Tutembeye sawa sawa na mapenzi Ya Mungu na tuombe Mungu atupe Mwisho mwema🙏🙏🙏 Rest easy Brother Philemon 😭😭😭😭😭
Amen