Ibirwanisho bitatu bikomeye vyo gukoresha mu rugamba rwo muri uyu mwaka.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024
  • Burundi: Umunyamabanga Mukuru w'Umugambwe CNDD-FDD yarifadikanije n'abenegihugu bo muri komine Bugendana y'intara ya Gitega mu bikorwa vyo kwubaka ishure ry'ubuhinga ku mutumba wa Makaba.
    Inyuma y'ivyo bikorwa, Nyakwubahwa Evariste Ndayishimiye yasavye abarundi gukwirikiza ikingi zitatu c'icivugo c'Uburundi: Ubumwe - Ibikorwa - Amajambere.

ความคิดเห็น • 51

  • @kabandothomas3393
    @kabandothomas3393 7 ปีที่แล้ว +3

    Nyakubahwa Evariste, ubwo butumwa ni bwiza cane. Bishobotse mugire ibishoboka kugira bugere kubarundi bose mwongere mubafashe kubushira mungiro. Imana ibazigame.

  • @family4love1234
    @family4love1234 4 ปีที่แล้ว

    Uburundi bwaratomboye kuronka incabwenge nkamwe muzi kahise mugaca mumenya gute gira kazoza kandi mukavyigisha abanyagihugu
    Imana ibongere ubundi bwenge murushirize aho🙏

  • @eriezertuyishime4957
    @eriezertuyishime4957 4 ปีที่แล้ว

    Ndabakunda abarundi cyane bashiki bacu

  • @ntirampebaodila5237
    @ntirampebaodila5237 4 ปีที่แล้ว

    Kurabanebwe mugihugu mutama duterimbere utarima ntamira😍🙌

  • @alainmapigo5143
    @alainmapigo5143 7 ปีที่แล้ว

    Uburundi bukeneye abantu nkamwebwe honorable!!viva Burundi!

  • @bwiza1nyakabiga168
    @bwiza1nyakabiga168 7 ปีที่แล้ว

    Murakoze nyakwubahwa. Imana ibahezagire.

  • @kabandothomas3393
    @kabandothomas3393 7 ปีที่แล้ว +3

    uvuze neza cane pe. hasigaye kobija mungiro, ntibibe kukarimi gusa. urakoze cane

    • @costasiahakizimana7382
      @costasiahakizimana7382 4 ปีที่แล้ว

      Turashima kumpanuro nziza Nibikowga nivyiza garukira Iterambere ryabavunja AmadoraNamarundi murakoze

  • @evaristesindayizeruka4121
    @evaristesindayizeruka4121 4 ปีที่แล้ว

    Imana ibandanye ibaja imbere .

  • @fulgencenimpagaritse7471
    @fulgencenimpagaritse7471 4 ปีที่แล้ว

    Ivyo iyo bibwirwa abanyamwaro bakanyurwa,tuzihiyeko imwaro havukayo incabwenge nabateye imbere muga atakintu kiboneka barakora iwabo aho bavuka,mwaro oyeeeee Umuvyeyi wacu Évariste Ndayishimiye aratanze ijambo ryiza cane,ese ryobakorako,cane cane abanyamwaro

  • @eriagabriel7283
    @eriagabriel7283 4 ปีที่แล้ว

    Imana ihezagire imigambi myiza mufise

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 7 ปีที่แล้ว +2

    Uyumuntu ndamukunze arazi ubwenge. Ayo na majambo mazima!

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 7 ปีที่แล้ว +1

    Urakoze mwana wa Mama:Evariste Ndayishimiye

    • @elienitu1136
      @elienitu1136 4 ปีที่แล้ว

      Ugize neza gutanga impanuro zo kwiteza imbere ku Barundi bose na cane cane mukugira ibikorwa vy uburinyi n ubworozi bitobito kuri buri muhana wose

  • @kamarizamaria9415
    @kamarizamaria9415 7 ปีที่แล้ว

    Grand patriote! ni ukuri ndagukomeye amashi! iterambere rya mbere ni ku gatumba! ico ciyumviro cawe kimaze imisi kivugwa! ngo mbega ko twabatoye bagaca bigira i bujumbura!? ugasanga ngo senateur, ariko kugatumba nta n inzu y inkoko yahasize, kandi i buraya ahunitse za milionni. abo bantu bamariye iki igihugu? Bandanya mutukeburire URUKUNDO RW IGIHUGU CACU!!!

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 5 ปีที่แล้ว

    Mperuk iwacu October 1993. Niho ncumva abubaka Ubwanyaburunga nkuko bikenewe. aBadashika iBwami duhendwa vyinshi kweli.Ramba, Komera.

  • @fahad604
    @fahad604 4 ปีที่แล้ว

    sindumurundi ariko nkurikiranye iyo discour irubaka mpise mukunda terimbere imvugo ibe ingiro ntabe ari amareshamugeni atariyo amutunga

  • @francinensavyimana5601
    @francinensavyimana5601 4 ปีที่แล้ว

    Cndd fdd igumanye abantu nkaba turikumwe birashoboka CNDD FDD NAGASHIMWE IMANA YATANZE KU BARUNDI BATWARIRA UBWOKO BWOSE

  • @Ntambwe4040
    @Ntambwe4040 7 ปีที่แล้ว

    komera mon chef, tuje kukivi

  • @gahutuesdraspeacemaker8173
    @gahutuesdraspeacemaker8173 7 ปีที่แล้ว

    iyo system niyo urwanda rwafashe kabisa ndagukunze cane iyaba abantu babyumvaga nkawe isiyaba amahoro pe

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 4 ปีที่แล้ว

    Ibi bintu uyu munyakubahwa ahaye arahanura munyumviri igihe cabahima bari kubutegetsi baravuga ibintu nkibi?

  • @munyemanavianney9454
    @munyemanavianney9454 4 ปีที่แล้ว

    Impanuro utanze mutama hamwe twozigendera uburundi bwosigara arigihugu camber kwisi yose .ufitiye imigambi myiza igihugu komera imana ikuje imbere natwe abarundi bose turi inyuma yaw mutama

  • @niyofili2572
    @niyofili2572 4 ปีที่แล้ว

    Gucura kubaza kubumba kujisha impuzu.....iyo basogokuru babibandanya ubu tuba twaravumbuy ukodukora vyiza ariko abazungu baraduwamajekwer.

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara3682 7 ปีที่แล้ว

    Bene mugabo umwe,komera.amajambo nkayo niyo dukeneye,yokwubaka.Komera mutama

  • @nsabymartin6565
    @nsabymartin6565 4 ปีที่แล้ว

    Twarabahinyuye komutabikoze mumyaka15

  • @niyongereange3513
    @niyongereange3513 4 ปีที่แล้ว

    Komera

  • @ndagijimanadenis4167
    @ndagijimanadenis4167 7 ปีที่แล้ว

    Jew numvise cours ya entrepreunariat ayihejeje kandi pratique apana theorique kandi ubwobutumwa bobwumva bakabushira mungiro bobona igihindutse ciza

  • @alesnema9596
    @alesnema9596 4 ปีที่แล้ว

    Nkurunziza arazi ubwenge kabisa bwabundi nkurunziza yarazi umwana wiwe mukuru Ari kwishuri none raba yayamaze yose umbiriza kabisa izimpanuro zikomeye zumunyeshuri wa nkurunziza bg up batama

  • @emmanuelntamwana2742
    @emmanuelntamwana2742 4 ปีที่แล้ว

    Komeranyakubahwa l

  • @somokichefuchefu200
    @somokichefuchefu200 4 ปีที่แล้ว

    Twarabahinyuye 🤔🤔🤔🤔

  • @eriagabriel7283
    @eriagabriel7283 4 ปีที่แล้ว

    Imvugo ibe ingiro

  • @emmanuelntamwana2742
    @emmanuelntamwana2742 4 ปีที่แล้ว

    Abanya giteg oyeeeeeeeeeeeee tumutore mpaka

  • @jeanmariemukamarakiza9744
    @jeanmariemukamarakiza9744 4 ปีที่แล้ว

    Nyakubahwa uravuga pe!jewe ndabona uburundi imbere niheza !ubwo butumwa mutanga biravura pe!gusa mudufashe imvugo izojane n'ingiro ahasigaye intsinzi ntigabanije!komera kuri vora abagabo b'ijunja nka pierre nkurunziza turacabafise ntabwoba dufise ibintu bizogenda neza!

  • @areejalghamdi3316
    @areejalghamdi3316 4 ปีที่แล้ว

    Papa orowine wirambire

    • @joelndereyimana5052
      @joelndereyimana5052 4 ปีที่แล้ว

      ahubwo nyakubahwa muragarukana yamirima yishure kuko niho abana bacubigira kurima kuko niho babona inyungu yisuka bigatuma bifuza kuronka icibare

  • @sergesmakuraza8268
    @sergesmakuraza8268 4 ปีที่แล้ว

    Â

  • @anyirinkwaya
    @anyirinkwaya 7 ปีที่แล้ว

    uyu arahenda abanyagihugu

    • @nkeshimanaemmanuel5031
      @nkeshimanaemmanuel5031 7 ปีที่แล้ว

      Ababeshe iki?Wa kigoryi we? Abarundi babuze umuntu abagira inama gutyo.

    • @anyirinkwaya
      @anyirinkwaya 7 ปีที่แล้ว +1

      Weho bizuru simba mu bucafu

    • @nkeshimanaemmanuel5031
      @nkeshimanaemmanuel5031 7 ปีที่แล้ว

      Hahaha

    • @deonahimana9323
      @deonahimana9323 7 ปีที่แล้ว

      nyakubahwa ,baduze baze batezimbere Bujumbura yo mu misozi ariko hariho ivyo badashoboye mwebwe mudufashe guca amabarabara yo muri Buja-Rural

    • @deonahimana9323
      @deonahimana9323 7 ปีที่แล้ว

      nyakubahwa ,baduze baze batezimbere Bujumbura yo mu misozi ariko hariho ivyo badashoboye mwebwe mudufashe guca amabarabara yo muri Buja-Rural

  • @areejalghamdi3316
    @areejalghamdi3316 4 ปีที่แล้ว

    Komera