NKURIKIJE IKI KIGANIRO NCIYE NUMVA UBWOBA BUHEZE JE NDENGANYE AHANTU BARI KWITAMO CA NGIRA UBWOBA NKIBUKA IMPANURO MWIJWI RIVUGA CANE BAMBWIRA KO UMUNYWARUMOGI ARI IGITANDERO TUTARI BAMWE ABA ARI IGICIBWA MURAKOZE KUMPINDURIRA IVYIYUMVIRO
L'invité dit que c'est plus facile d'arrêter de fumer le noix plus que le tabac mais ça dépend des personnes car j'ai un ami qui essaie d'arrêter le chanvre depuis 6 ans mais en vain. Il peut arrêter une semaine ou un mois mais après il fume encore. Tout simplement le tabac, l'alcool, le chanvre ou toute sorte de drogues sont des mauvaises choses pour la santé, si possible il faut laisser tomber et arrêter carrément . Merci
Sesa ubufu,merci kuriyo sujet ,murasheshe ubufu basi mais nashaka kubasaba mureke kuvuga ngo au burundi seulement mugerageze ku généealisa,muvuge Afrique et Europe basi kubra biri hose ivyo mwavuze,hama umu invité ntitumubona iyo ataba afise dreud nziza asha ntaboneka pee et aussi aho hantu muri hari sombre ntitubabona neza,raba mugikorereko,le reste muratesa courage mutanga msg nziza cane.
Vane bavuze Uburundi kubera ari abarundi kandi kubera la titre y'ikiganiro bayigize mu kirundi kandi abacumviriza benshi n'abarundi. Je pense que ariyo mpamvu batavuze l'Afrique malgré que drogue ifatwa au monde entier kuko vyogaruka hahandi nyene.
Question culture ça changera avec notre génération sinon avec nos parents ou les “anciens” c’est mort hein! Ils ont déjà des idées reçues tellement encrées que c’est irréversible.
Merci encore pour l’invit’ l’équipe 🥳🤟🏾
Ayo ma centre ya rehab arahari
Nukumufasha agahindura system mumutw buhor buho kuo c'est du cortisol ab yaribeshe atavyo uzi a cause de la repetition et l'influence...
NKURIKIJE IKI KIGANIRO NCIYE NUMVA UBWOBA BUHEZE JE NDENGANYE AHANTU BARI KWITAMO CA NGIRA UBWOBA NKIBUKA IMPANURO MWIJWI RIVUGA CANE BAMBWIRA KO UMUNYWARUMOGI ARI IGITANDERO TUTARI BAMWE ABA ARI IGICIBWA MURAKOZE KUMPINDURIRA IVYIYUMVIRO
L'invité dit que c'est plus facile d'arrêter de fumer le noix plus que le tabac mais ça dépend des personnes car j'ai un ami qui essaie d'arrêter le chanvre depuis 6 ans mais en vain.
Il peut arrêter une semaine ou un mois mais après il fume encore.
Tout simplement le tabac, l'alcool, le chanvre ou toute sorte de drogues sont des mauvaises choses pour la santé, si possible il faut laisser tomber et arrêter carrément .
Merci
Mubiyayuramutwe muvuga aussi harimwo n'izi nzoga société yacu yama ishira hejuru ngo "SINOHEBA UMWERERA WAREZE MUTAMA ARIWE YANDEZE , AKIRA USOME WARAKUNDUNYE"
Ikiganiro en soi nisawa mais ntimuha umwanya ukwiye umu invité wanyu ngo avuge,,,
Merci pour le thème abordé ❤️💯✨✨‼️
Et faite beaucoup plus de vidéo sur les sujets sensibles dans la vie des Burundais
Sesa ubufu,merci kuriyo sujet ,murasheshe ubufu basi mais nashaka kubasaba mureke kuvuga ngo au burundi seulement mugerageze ku généealisa,muvuge Afrique et Europe basi kubra biri hose ivyo mwavuze,hama umu invité ntitumubona iyo ataba afise dreud nziza asha ntaboneka pee et aussi aho hantu muri hari sombre ntitubabona neza,raba mugikorereko,le reste muratesa courage mutanga msg nziza cane.
Vane bavuze Uburundi kubera ari abarundi kandi kubera la titre y'ikiganiro bayigize mu kirundi kandi abacumviriza benshi n'abarundi.
Je pense que ariyo mpamvu batavuze l'Afrique malgré que drogue ifatwa au monde entier kuko vyogaruka hahandi nyene.
Merci pour vos partagez biratesa murigisha bien
Mwakoze neza cane mais muze mugerageze gukorera ahantu hari lumière ikwiye.
Bravo tous kuri iyo sujet mwakoze.
Murakoze cane kurico kiganiro
😂😂😂 ❤
Not Keston about kwisesera ubufu 🤣🤣🤣 fou rire💀
Question culture ça changera avec notre génération sinon avec nos parents ou les “anciens” c’est mort hein! Ils ont déjà des idées reçues tellement encrées que c’est irréversible.
IBIHUGU VYOHANZE BAMWE VYARATUMENYE AMASO ABANDI VYATWUGURUYE AMASO JE NDASHAKA KUBONA UBURUNDI BWAHINDUTSE CANADA 😂😂😂😂😂UMUCO UZOGIRA AGACIRO TUTAWUBAMWO TWESE AHUBWO DUKWIYE KUREKA NIYINDI MICO IZE DUKORANE DUHINDURE ISI
IBIYAYURAMUTWE VYARI VYIZA 😂😂😂😂😂😂ARIKO NUKO BICA BITUYAYURA 😂😂😂😂😂😂😂JE NDABIKUNDA KUBURYO HAMWE NOBIFATA NOCA NIPFIRA 😂😂😂😂