Andy nako yaragomba atugukure mumaso ariko iman irakinga kandi nawe akaba yitahuye kukosa yakoze akaba savye ikigogwe turamubabariye Koyakwitahuye ariko nundimusi nazofatwe na jaruzi yokutwicira Andy wacu dukunda cane kuko iyo wari kuva mumu biri twari kumosta nkinyama yingurube ok turakubabariye kis niwiyumve amahoro Andy nawe mubabarire pap urazi kurumunu utagiri nzigo ok murakoz😭😭🙏🙏🙏🙏
😂😂😂😂😂Ewe Andy ng wumvis pahorina yar kuyakunwesh knd nuk wagiy witwaj ab bahungu so muharir hama umwegerw Kure 🤗harih abasab imbabaz zuburyary wew rr ub hangwe nuy Chris apan kumwizer 💯%hary I Mana yarakwerets kwarumwans
Non Chris nkub iy Andy apfa warigusab nde ikigongwe knd wumv uyo mukobwa Ata rukundo mwar bwinjiremw Ata na 1000 frb yawe arakury urinkoz yikib vrt Andy aba yarapfuy nImana yonyene yamurokoy kimwe aguh imbabaz arik ubwo bugenz usab wapi bugarukir ngaho ✍️
Andy reka tumubabarire ko yitahuye akabona ko yakoze ikose. Kuk ijambo ry lmana riratubwira guharir abatugiriy Nabi kuk ikiboshwe mwisi no mwijuru Kiba kibosh kubwanj mbona twomugirir ikigongw kubwanj ndamubabariy kwr
Andy rekura ndabe nirir sho nkiyishaka abashaka sho nganj tumenyan ngah 🤣🤣🤣🤣💃💃💃🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Komera Andy wari wagipanze neza .love from south Africa 🇿🇦❤
Andy mubabarire kuko uwutababariye nawe ntababarigwa Kandi kuba yagutumyeko ashaka kugusaba ikigogwe
Mumubabarire nawu dakisa 🇰🇼🇰🇼🇰🇼🇰🇼
Niyi ni show mamayangu👌🔥🔥
Ego ni show nawewe koreshumwanya bazokuronderere bodigadi sha turacari tugukunda
Andy bamurunyarukiriza apana kudutevya😂😂👌👌👌❤❤🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Andy apana tanga imbabazi natwebwe twama twagize amakosa imber yi Mana ikanduh imbabazi naww zitange
Arakwiyee.ikigogwe👏👏👏👏👏👏👏👏
Andy nako yaragomba atugukure mumaso ariko iman irakinga kandi nawe akaba yitahuye kukosa yakoze akaba savye ikigogwe turamubabariye
Koyakwitahuye ariko nundimusi nazofatwe na jaruzi yokutwicira Andy wacu dukunda cane kuko iyo wari kuva mumu biri twari kumosta nkinyama yingurube ok turakubabariye kis niwiyumve amahoro Andy nawe mubabarire pap urazi kurumunu utagiri nzigo ok murakoz😭😭🙏🙏🙏🙏
Daaaaah umetisha sana 🤣🤣🤣
Muharire ANDY muharire kuber usaga yarihanuye kimwe uzoban nawe waramumenye ukunt mwobon nawe🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Andy.mubarir.kuko.iyumuntu.akozikos.akitahur.ntabarimubi.ikindi.na Yesu.abamubavy.yarababariy naw.rr.mubabar.ko.ninjambo.ryiman.rirabitwigish.uwugukorey.ikosa.niyitor.akaza.kugusab.imbabazi.umuharir.Andy.murakoz.can
Turabakund🇧🇮🇸🇦😍😍
Andy mubabarire kk naw uri umuntu 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 niyo vyagenze kurya Iman yarakinze kand turagukunda🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Nimusabanimbabazi kugirabihere wew Dari uritonda wew kbsx harira mweneso
Tumubabarire kwisi twese turakosa 🤗🤗🤗
Naribi sha mwana abagabo ntukwo 🙏
💓💓💓💓🌹🌹🌹 gusaba ikigongwe nivyiza sawa twakubabariye 🥰😭
Chris turaguhariye nukur 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Mr solution , l respect you . inomusi uranyemeje peeee kabis . Chris .Gusa asabe imbabazi ntibihere uko kuber warumwishe rega umurabir kweli .🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏🇧🇮
Mubabarir sha Andy wacu❤🙏🙏🙏🙏
Nice Mr Andy
Courag ANDY muharire kuber arikwisi nawe azobon 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦💒💒💒🏩🏩
Big up brother Andy wangize neza kumubabarir
Sha andy uyomugabo numugome gus mubabarire kuko umutima wumuhemu upfa utuntuye muharire turakwikundira nkuko dukunda umurimo wawe
Twamubabariy 🙏🙏nukur wamunsi twarise 😭😭😭can ariko byavuyem twashukuru mungu 🙏🙏🙏 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Andy harya ubawarafuye lmana niyo yahabaye iracagukunda
Mubabarir turimwis
😂😂😂😂😂Ewe Andy ng wumvis pahorina yar kuyakunwesh knd nuk wagiy witwaj ab bahungu so muharir hama umwegerw Kure 🤗harih abasab imbabaz zuburyary wew rr ub hangwe nuy Chris apan kumwizer 💯%hary I Mana yarakwerets kwarumwans
Yooh.andy.uratinyira.ungaruke.ukomeye.pok
👍👍👍👍👍👌👌👌that’s good boy kuber yitahuy
Gusa iconokubwira imaniragukunda caaaaaane kandiracagufisekumugambi
Turangukund can Andy wew ntaco uba iman irikuruhand rwaw
Andy.twamubabariy.naw.
Mubabarire.bibaho.kris
Humura.gushavura.bibaho❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ntikizere umwana wunutu wizere imana 🇧🇮🇧🇮🇸🇦
Andy duhesho twirabire muradutevya💃💃💃🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Andy girimbabaz ntawudakos GS nubwo muzob abajam uzogirubweng kuk clis arakund clémentine cn kuk uryamus nkabafanabaw twarababay so iman yakurokoy yarakoz GS turakeney nikiganiro ca clémentine
💪💪 nimekipenda san hiki kipindi kwasababu amejitambuwa kama amekoseya nivizuri san ila sasa asirudi tenakukoseya hata mimi nime msame
Nukuri wavyitwayemo nabi Chris
Andy ndagushimye wewe uratomoye ufise ivyiyumviro vyiza umeze neza uzobandanye ugira umutima wukurekurira uwakugiriye nabi big up my friend.
Muharire musore wacu Andy gusa amenye ko urukundo uzi ko utarakundana numukobwa sivyiza kwitara kurya kand nah mwoba mukundanye nivyiza kwitwara neza kirazira gukunda umukobwa nubwenge bwose ugahereza ko niyasubira nikuzomushira mu mpimba nukuri ihangane Mr émotions wacu turakunda cane from zambia
Niyomvamahoroo twamubabariye kuko twese nti turi marayikaa turakoshaa🤗🤗🤗🇧🇮👍👌
Andi koyisubiyeko mubabarire yatahuye yuko gukora ikibi Atari vyiza mubabqrire🙏🙏🙏🙏
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🙏
Andy mubabarire kk nawe nih uzobabarirw n,Imana ntawudakosa
Mbabarir bibah
Andry yirekure twirire show
Mubabarire Andy kuko twese turikwisi turakosha kandi uraziko twamaducumura imana ikatubabarira nawe muhimbabazi
Andy mubabarire kuko nawene ndazaricuza icoyabikoreye gusa ivyanyu mukwiye kurondera Clementine akagiricabivuzeko kuko vyaribibabaje ivyakubayeko
Mpaka sangapi komudutevya?
Nkuko yitahuyee Agasab pardon ntampamvu yokutamubabarira kuk twese dukosha kugutandukany vrt imbabazi arazikwiy 🙌kndi Andy ndagushimiye ingene wavyitwayemwo vrt
Muharire uzobaho kubwimana kandivyobavyiza wizeyimana kurutavyose
Chris Imana ikubabarire kuko warahatswe kumwica nukuri,Andy muharire mais ntiwijajare uzogendane ubwenge nk'inzoka ugire amakenga nk'inuma.
Yoooooo,nabivuge nukuri yaratwiciye umuhungu wacu????
Kwel
Uyu mujama ndakunze ingene avyitwayemwo ...Andy mubabarire vrt he is a good guy
Nukuri numumpereze meny´ukuri murantebejeeeeee nyaruuutsaaa
Mubabarire
Mubabarir kwel
Andry turashobora kumubabara ariko turakeneye umuco wa nyawo kuko nimba yabikoze kubera urikumwe na Clementine mbega mugihe atomukunda nkuko avyipfuza agakundana nawe mbega icocuka cogumaho canke yakwiyakira hama Chris urukundo ntibaruhata
Mubabarire ugukosha vyamaho
Urababariw ko wasavye imbabazi
Turaguhariye kko witahuye
Msame tuko duniani blood
Andy muharire ariko umuce kure Iman yarakweretse umwasi
Non Chris nkub iy Andy apfa warigusab nde ikigongwe knd wumv uyo mukobwa Ata rukundo mwar bwinjiremw Ata na 1000 frb yawe arakury urinkoz yikib vrt Andy aba yarapfuy nImana yonyene yamurokoy kimwe aguh imbabaz arik ubwo bugenz usab wapi bugarukir ngaho ✍️
Muharire kweri kuko nima yama yaduhariye
Andry kwaciy bugufi tura mumbabariye
Bunduki nk,umuntu agomba kumukota umusi wose yomuha angahe??wallah numugabo akomeye ndipfuza KO yomperekeza ahantu
Abemera KO bunduki ari ijambo like Apa😂😂😂
Andy nabambwe 💪💪💪
Oya yitahuye ikosa ryiwe namuharire
Uyo numwicany a d'y ntumwizer
Twakubabariye Andy mubabarire
Imana ishimwe koyitahuy RER mugire imbabazi kuk hagirigwa ikigongwe uwacumuy ariko umwereko harico umusuvya umuhe nimpanur zikwiy
Andy turamubabariye ariko azazaramenya ukoyitwara mugushavura kuko ntwmuntu adashavura ariko umenyukowitwar
Andy mubabarire kk ikosa rimwe sikosa ikosa kabiri niryokosa ndibazako atazosubira kabisa
Koyitahuy'ikosa numuharire kuko twese turakosha lmana ikaduharira nawe numuharire
Twarababaye chane kabisa..
Andy turamukeneye Clementine atubwire ukuri anabatandukanye
Ego 🙏🙏🙏🙏🙏💪
Nukuri Andy umuharire bivuye kumutima kuko we yitahuye
Andy mumuhane kuko yarakwishe bro
Gusaa ntazasubiree mbona ariyo ngesoo Afite yoguta abantuu mumazii arabe abihebe abihevye.kuko sivyizaa amazii yicaa nabiii gusaa twamubabariye cane🇧🇮🇴🇲🤝🙏💕
Andy kwer uyo muhungu yaratubabaj kuko twari tuzi ko ufuye uyo muhungu kwer nimba yari yasaze kwer urabe ukunu yaragomba ko dufakara akirikar nya mushenzi 😭😭🙏🙏
Umubabarire koyemeye gusaba umubonano kugira mubisuniremwo
Andy urumwana mwiza cane kadi uyumuhugu ntarosubire kadi nkuko tugukunda turamubabariye cane kuko yari yaratubabaje
Muharir iyi nisi👏👏
Ego uwemeye gusaba imbabazi araharirwa
Vyiza gusaba imbabazi
Bamurek kuduteberez show kk tub tuyitez cn
Andy mubabarire ko agusavyimbabazi mubabarire
Urakoze kumubabarira ko yagusavye ikigongwe
Andy mubabarire ko yihanuye tanga imbabazi ,Hama courage Andy wacu
Uyomu kris yisubireko
nubabarire azohura nabadi ?
Wabishoboye kwitwaza abo bahungu
Andy muhimbabazi ko yitahuye ngira ntazo subira kkuko lmana yarakinze🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
Msamehe
Andy reka tumubabarire ko yitahuye akabona ko yakoze ikose. Kuk ijambo ry lmana riratubwira guharir abatugiriy Nabi kuk ikiboshwe mwisi no mwijuru Kiba kibosh kubwanj mbona twomugirir ikigongw kubwanj ndamubabariy kwr
Andy wacu turagukunda cane Hama .Andy koyitahuye agasabimbabazi rekatumuharire nkabafana nawe muharire mugabo amenye nuwutari wew ntazasubire gukorikibi nkakirya
Turakubabariye cane gusa ntuzohore utwarwa n'ishavu kuko ishavu ni ribi
Twamubabariye
Azozanane. Na. Clémentine. Babisigureneza. Ingenebagirebakwice.
Uvuze neza cane
Oke imbabaz zihabwa uwazisavye turazimuhahe cane
Andy ndamubabariye ariko ntazongere gukora ivyishavu rimubwiye
Nabanze atubwire ico yaguhoye kaka yetu yaj yabiteguy kuko vyaraboneka
Chris agizeneza kusaba ikigongwe nibake bakoruko
Utu du série turatesa yabateguriye courage haaaaa
Compera andy urashigikiwe
Andy wagize neza ariko kw,imana yakurinze urupfu muraryamazi mubabarire
Nabanze atubwire ico yaguhoye komubinyegeza mbe clémentine arihe mubisigure arihari kugira tumenye iyo vyazananye kugira bakugire kurya
Koyasavyembabanzinzimuhe
Usavyembabanzisimubi
Mubabarir ntawudakosa kuk yazigusavy ntuzimuhe icaha cob camuvuyeko